Mashariki vidéo zanyu ni bon ndabakurikirana ndi Mu Rutana !! Mwongereze umwana wa vidéo 7min ni mike!! Gîte 27 min ou 30 min!!! Murakoze ndi Nesta alias Camon 7
u got it imyaka 28 is 28 yrs of Burundi unity!! this was I believe celebration of that did also did mention good harvest for the well being of the people. .
Tutarenganijwe ntagihugu nakimwe gisunvya ingoma iburundi turabambere pe 2020💯
Harahandi haringoma nihehe
Turabakunda cyane hano mu rwanda. Nkunda ingoma zanyu pe .
Ndabakundaaa gwishii nukur
Waoobeguburundi ivyiza bit murivyo
Mashaallah tabarak Allah ni penda sana kabisa
Ndabakunda
Proud to be a Burundian,Bravo Abatimbo.
Abavuzi b'ingoma z'Uburundi ntaco nobagereranya, ku vy'ukuri n'ibihangange bikomeye . Mukomeze ako karanga gatuma igihugu cacu kimenyekana cane rwose. Murakoze.
Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
God bless Burundi uri igihugu ciza cane
😂😂😂😂👏👏👏👏the best Country
Mukomere Bana b'uburundi
Uwokwanka imico nakaranga vy'uburundi ntabwenge yoba afise turabakunda cane muzohore mubadushirirako
Uburundi burashoboy
Beautiful culture of my mother land I love you burundi
Turacari abambere kwisi vraiment Imana yaraduhezagiye.
Mugihugu haradroshe ndakumbuye Nina nzoguma hiyo PE heeeee
barashoboye
Komera bana Burundi💪💪💪💪❤❤❤❤
👍
Africa mashariki rahaa sana
Thank s
😇😇😇😇
BURUNDI has artists
Vyiza cane zihe umurisho burundi turabakunda cane
really nice
i love our tradional
Mashariki vidéo zanyu ni bon ndabakurikirana ndi Mu Rutana !! Mwongereze umwana wa vidéo 7min ni mike!! Gîte 27 min ou 30 min!!! Murakoze ndi Nesta alias Camon 7
The unique culture
Iwacu heza pe
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️
👏👏👏👏👍
Vivaaaa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤛🤛🤛🤛
Biradroshe Hehehehe
Murimwo basha
Warrior song or Harvest song? i can only get (Imyaka 28) in my language means 28 years) somebody from beautiful Burundi kindly help understand.
u got it imyaka 28 is 28 yrs of Burundi unity!! this was I believe celebration of that did also did mention good harvest for the well being of the people. .
Vlp🏇🏇🏇
Neza chane
Chane😃urakoze
Hahaha. Bandika "Cane" Ikirundi.
Zihe umurisho zihe umurisho bashaaaa
KWENYEZA M. Guy
Komera
Komera bacu bigitega nimwirambire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
komera gihugu canje uwukwanka akwandureko!