avuze ngwiki?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 19. 05. 2024

Komentáře • 9

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 Před měsícem +2

    😂😂😂😂😂😂😂warasaze mozesi😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Hama nkuko umuntu ashobora gukora icaha abikoreshejwe nuwundi muntu niko kuko umuntu ashobora kuba impamvu yuwundi guheba icaha kuko Imana ica mubantu🙌 na satani araca mubantu

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 Před měsícem +1

    Inzonday zuburundi nicogituma tudatera imbere

  • @nahishakiyesaid51
    @nahishakiyesaid51 Před měsícem

    Eeeeeh!! Bwabundi kwakira Yesu bisigura kuba umu poroti ???

  • @user-jz1bb4ti6j
    @user-jz1bb4ti6j Před měsícem

    Ikindi naco chimamanda nabafana bawe bose gutukana no kutubaha abo mutumva, mutabona kumwe ibintu sivyiza kuko bigaragaza namwe ko ataho mutaniye nabo munegura; niyo yaba umwansi wawe utamukunda mwubahe

  • @francoisxaviernsengimana8021

    Abenshi bibwira ko bakiriye agakiza,ariko igihe cyose utarafata umwanzuro wo kuzinukwa ikibi cg gutuma abandi bakizinukwa,Yezu ntawe uba uzi.Gukizwa kandi ni urugendo

  • @Kwantare257
    @Kwantare257 Před měsícem +2

    Chimamanda bureka kuzana bino birofa vyirirwa bisambanira mur Oman nasaudia urekan navyo izi sinzi

  • @GervaisNintunze-gl5fv
    @GervaisNintunze-gl5fv Před měsícem

    Barakuroze

  • @user-jz1bb4ti6j
    @user-jz1bb4ti6j Před měsícem

    Ariko uyu Alice aravuga ukuri kuko umuntu ntiyitwa umunyavyaha kuko yakoze ivyaha ahubwo akora ivyaha kuko ari umunyavyaha, ubundi gusambana nibindi vyose vyitwa Bibi ni imbuto zicaha kuko kamere yamuntu nicaha mwavyanka mwavyemera.