Chimamanda Moses Office
Chimamanda Moses Office
  • 343
  • 848 553

Video

🇧🇮 Mwiba Mutiba sinzobakura! Genda mwibe
zhlédnutí 4,9KPřed 4 hodinami
🇧🇮 Mwiba Mutiba sinzobakura! Genda mwibe
Uyu Mugabo wigitangaza Iburundi weee
zhlédnutí 9KPřed 9 hodinami
Uyu Mugabo wigitangaza Iburundi weee
Hako wobumusuma wokora ukicwa Nakazi’ rengereza numusi uyo Mubana if you can
zhlédnutí 595Před 14 hodinami
Hako wobumusuma wokora ukicwa Nakazi’ rengereza numusi uyo Mubana if you can
Wamugo.Uwomwana arapfuye! MPIGIRA UMUGABO WUYU MUGORE😭😭😭😭😭
zhlédnutí 654Před 16 hodinami
Wamugo.Uwomwana arapfuye! MPIGIRA UMUGABO WUYU MUGORE😭😭😭😭😭
mushakako Negura ? 😭 niko Perezida abikeka
zhlédnutí 6KPřed 21 hodinou
mushakako Negura ? 😭 niko Perezida abikeka
ndabira ubu bugome bwamoko bubarimwo
zhlédnutí 8KPřed dnem
ndabira ubu bugome bwamoko bubarimwo
😭 ndashaka Mbizire
zhlédnutí 3,7KPřed 14 dny
😭 ndashaka Mbizire
🇧🇮😭😭😭🤣🤣 Pore sana igitoro gikoze Ibara kandi mwagiriwe akagongwe ? 😭😭😭😭
zhlédnutí 1,7KPřed 14 dny
🇧🇮😭😭😭🤣🤣 Pore sana igitoro gikoze Ibara kandi mwagiriwe akagongwe ? 😭😭😭😭
🇧🇮100% Yes .gusa abarundi bamwe bamwe banka Uburundi baragutuka
zhlédnutí 9KPřed 21 dnem
🇧🇮100% Yes .gusa abarundi bamwe bamwe banka Uburundi baragutuka
ngo Murapfuye murashize 🤣🤣🤣🤣
zhlédnutí 1KPřed 21 dnem
ngo Murapfuye murashize 🤣🤣🤣🤣
Shirugwanko Hasi,Korana NABO!
zhlédnutí 2,4KPřed 21 dnem
Shirugwanko Hasi,Korana NABO!
Wamukobwa Wumuragi aravuze ngene vyagenze
zhlédnutí 860Před 28 dny
Wamukobwa Wumuragi aravuze ngene vyagenze
bamupfunze.wamugabo.thanks
zhlédnutí 7KPřed měsícem
bamupfunze.wamugabo.thanks
Zambwa Mu Rwanda Ziturije Amazu Numugore numwana barasha,
zhlédnutí 1,3KPřed měsícem
Zambwa Mu Rwanda Ziturije Amazu Numugore numwana barasha,
Uyu Mugore bayaze na Mbayahaga? Canke numwuka wera basangiye?
zhlédnutí 1KPřed měsícem
Uyu Mugore bayaze na Mbayahaga? Canke numwuka wera basangiye?
avuze ngwiki?
zhlédnutí 1,2KPřed měsícem
avuze ngwiki?
Burundi 😭😭😭 Ibisuma Bikuru Butunze. Nibi
zhlédnutí 1,7KPřed měsícem
Burundi 😭😭😭 Ibisuma Bikuru Butunze. Nibi
umuzungu Yatutse Abarundi
zhlédnutí 19KPřed měsícem
umuzungu Yatutse Abarundi
OMG. Hama ngo mushaka Iterambere?
zhlédnutí 1,5KPřed měsícem
OMG. Hama ngo mushaka Iterambere?
bagore nuku mutekereza?
zhlédnutí 1,1KPřed měsícem
bagore nuku mutekereza?
Ewe Burundi ehe Uhu Ntahatandukanye Nabe 2015 ,ngo ?
zhlédnutí 3,2KPřed měsícem
Ewe Burundi ehe Uhu Ntahatandukanye Nabe 2015 ,ngo ?
ibi Bitegwa na H Kagame? baraje bakubwire kwariwe yiba aya mahera akabuza nigitoro
zhlédnutí 2,7KPřed měsícem
ibi Bitegwa na H Kagame? baraje bakubwire kwariwe yiba aya mahera akabuza nigitoro
Koko Mageregere N Mpimba Muburundi sibimwe? Nta RIB Yotangaza ibi
zhlédnutí 5KPřed měsícem
Koko Mageregere N Mpimba Muburundi sibimwe? Nta RIB Yotangaza ibi
Perezida Neva Baramuteye Kudeta adasambuye LETA
zhlédnutí 8KPřed měsícem
Perezida Neva Baramuteye Kudeta adasambuye LETA
ndakunda my Perezident sana 🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣
zhlédnutí 7KPřed měsícem
ndakunda my Perezident sana 🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣
Prophet Bankuwiha ng 🇧🇮 Uburundi Buriko umuvumo
zhlédnutí 865Před měsícem
Prophet Bankuwiha ng 🇧🇮 Uburundi Buriko umuvumo
Wamukongo Man arangiye yemeye
zhlédnutí 13KPřed měsícem
Wamukongo Man arangiye yemeye
wamuroberi
zhlédnutí 1,6KPřed měsícem
wamuroberi
MAMAWEEEEEEE Karabaye
zhlédnutí 7KPřed měsícem
MAMAWEEEEEEE Karabaye

Komentáře

  • @kalisainnocent3
    @kalisainnocent3 Před 10 minutami

    Neva ubuyobozi subwe pe ntashoboye niba ubwira president ikibazo aho kugishakira igisubizo nawe ubwe agasubiza ngo none nabikoraho iki😂😂😂 president kweli

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 Před 35 minutami

    Nihatari ivyomuburundi ntivyoroshe jewe ndabiraba nkumva umengo ivyaho vyarayangaye erega Imana ifasha uwifashije abobagabo bagiye kubutegetsi fite imyaka itatu none bakwije imyaka 20ntacobaramarira abanyagihugu none abobantu hariciza baronderera uburundi?ingoma iryoshe kwiba ariko ahokuyivugiriza hakagorana jewe mbere sinkishaka nokumva ivya ndayishimiye kuko numva ijwiryiwe rirya mumatwi yanje kwel

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 Před 51 minutou

    ivyo muburundi urabireka ni amabandi yo gusahura😂😂😂

  • @dworld250
    @dworld250 Před 54 minutami

    Burundi ni buku buke 😂😂😂

  • @NibiziVarentin-cz1wu
    @NibiziVarentin-cz1wu Před 56 minutami

    Reka fate agatebe

  • @AbrahamNduwimana-tx8mq
    @AbrahamNduwimana-tx8mq Před 58 minutami

    Nice

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 6 hodinami

    💪💪💪💪💪 ndamweye uwo niwe mugabo abona ahuburundi buriko buratembagarira 😢😢😢 cimanda wewe urumugabo muburundi ntabarongozi bahari

  • @esperancemukabarangamukand6671

    Mu Rwanda twamuha amata agahaga, ubwonko bugakora neza.

  • @user-md1sp5js8h
    @user-md1sp5js8h Před 9 hodinami

    🙌👂

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 Před 9 hodinami

    Numva ayomajambo yagashinyaguro abwirwa abarundi nabarundikazi ko ari ibigeragezo arambihiye kabisa.

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 Před 9 hodinami

    Abamenyesha makuru barabirutse babapfunga abandi barangara amakuru yovurwa nande ubu rero hari imvugo ngo nugucafuza igihugu nahandi nabona cuzuye umwanda .

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 Před 9 hodinami

    Oya abarundi bafise inzigo nyishi gutera imbere ni Imana kk ubwambere baha akazi abatabizi igiturire carenze ibintu vyakajagari umwe wese afata ingingo yishakiye aho bavuga 2015 nibo babikoze nibo bagira bikubite coup d'Etat kk abavurwa bari mu mugambwe wabo ntibahana inkozi zikibi mwijambo rimwe umengo ntabatware bahari.

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 Před 9 hodinami

    Jew narumiwe .

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd Před 10 hodinami

    Iyo ubujuju bwitiranijwe nugukunda igihugu ,abanyabwenge bahinduka ikibazo,umuntu aguma avuga Imana cane nuko aba afise ikibazo civyiyumviro,abo baministre badekemura ibibazo nimubakure, please,mwoye guta umwnaya musenga Imana ngwibakemurire mufise ubwenge nihe vyakemuwe Nimana atari ingingo zafashwe?

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana Před 10 hodinami

    Abagwiza tunga Moses barigiriye ntanumwe asigaye hano wapi kabisa aha wohakorera ufise amahera yawe kweli natange imihoho president neva pe ntashoboye nagato!!

  • @jeanaimable4735
    @jeanaimable4735 Před 13 hodinami

    Twabonye amaza yabo igenda ryabo ngira rizoza twarapfuye

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 14 hodinami

    Ukonukuri hakujimber twateyetujinyuma nukuri birababajesana

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Před 14 hodinami

      Uyomugabo nashimamanda ndabahayamashi ivyomuvuze nukuri birateyagahinda muburundi

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 14 hodinami

    Ntibibaho kbx kuvuga ng abariko batwicisha inzara ngo ntibakomwakomwa shaaa tuzokwamana inzara peeee!!!

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 14 hodinami

    Non uwomuntu atwicisha inzara amuzi namutuzanire tumwice

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 14 hodinami

    Niheza gt knd ibibaz arivyos

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 14 hodinami

    Mubisanzwe uburundi dufise politics irihas kbx Nubwo banka kagame arabarusha ubwenge vrt kk igihugu ciwe yaragiteje imbere biboneka ntanuwo bihariri Icogarukana Bagaza vrt niw wamber nubah cn

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs Před 15 hodinami

    Mn nahora ndakwanka kbx ark unomus uranyemeje pee

  • @user-bu9ww4ds1w
    @user-bu9ww4ds1w Před 16 hodinami

    Iyo nuguruye video yawe ntwara fone muri wese nkayisigayo nkaza kuyikurayo iyo numvishe ko ya hagaze kuko ivyuvuga namabyi gusa nabo bagushigikire imitwe yabo namabyi murabansi bigihugu turabansi

  • @user-bu9ww4ds1w
    @user-bu9ww4ds1w Před 16 hodinami

    Uri muri babandi batwononera igihugu turakuzi wagipfuwe uzopfa nabi ndakurahiye kandi turingaha ntuzi Imana yabarundi iyariyo

    • @fabricensenzincuti2136
      @fabricensenzincuti2136 Před 15 hodinami

      Ntakindi kikuvugishije ibyo uretse ubugoryi bwindengakamere bukurimo Nubuhumyi bwokutabona ibiri mugihugu😂😂

  • @umaertbissman4482
    @umaertbissman4482 Před 17 hodinami

    Ibibwabwa gusa😅😅😅😅

  • @JustinNzayisenga
    @JustinNzayisenga Před 18 hodinami

    Gafaranga urakoze cyane, ufite ubusesenguzi kbs , ibyobintu ningenzi muri community

  • @fabricembonihankuye5236
    @fabricembonihankuye5236 Před 19 hodinami

    Moses acana naye uwo ubujiji afise ntabwozi,niwe yazanye isuka?bro nigitungwa ko cugaranywe Sha nikigoryi nka Ruto wakenya Bose 1,man ngimisiba n,insazi 😂😂nibanye kuva kukirimba iwe uwo Nani nukuturiza bro

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Před 20 hodinami

    Ngo nuwohaja nukonyen vyiza bojana bosee umugabo ntatinya ingwe atinya iyamwiniranye !😢😢😢😢😢?

  • @buzinduandre7791
    @buzinduandre7791 Před 23 hodinami

    Ark Neva yahawe General yarigeze akora imyitozo ya gisoda? Sha nta General uvuga nkudafite icyizere na moral ubaho

  • @user-hv9tq5rn6d
    @user-hv9tq5rn6d Před dnem

    ndayishimiye yiyamye urwanda none abarundi bishoboye ubonye urwagwa cg impeke aba ari umugabo😅😅😅😂

    • @user-vf6cb5ey8s
      @user-vf6cb5ey8s Před 14 hodinami

      ese buriya iyo mwitegereje neza mubona ibibazo igihugu cyubrundi gifite biterwa nurwanda cg nurwitwazo?mugabo ntumputaze ndimo ndaganira

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 Před dnem

    Vrai umurundi wumugima umushinga ntahe wukuei 💕💕💕

  • @martinhabimana
    @martinhabimana Před dnem

    Sha president Neva n’ikigoryi kibereye aho kabisa. Jyewe ntangazwa n’abarundi b’abanyabwenge bareba ibi bagaceceka. Naherukaga kumva president w’ikigoryi kuri Idi Amini.

  • @masabobarahira204
    @masabobarahira204 Před dnem

    Erega NEVA atinya abayobozi bakuru bo muri CNDD /FDD,ariko babiziranyeho,basa naho bose bagabanye imirimo,buriwese arya kukazi ke. Nute umuntu abuza Essance kwinjira mugihugu President ntaba abizi se? nawe rero nuko arya muzindi nzira nabandi bakarya muzindi nzira. Erega harundi mwumvikane nurwanda mwige uko bayoboye byabafasha. Mwarimwumva murwanda abayobozi baharira na President Kagame? NEVA wafashe abobayobozi utinya ko ubazi neza,seiko abarundi bagatuza mumahoro? CNDD/FDD niyo yishe igihugu. mushake abize muve murabo basaziye mwishyamva,bo baje gusahura igihugu ariko ntiwanabarenganya,ntabubasha mufite bwokuyobora igihugu pe. ntawutabibona rwose. Demissioner hajyeho ushoboye.

  • @NgiriyombaFred
    @NgiriyombaFred Před dnem

    Faustin nkikumana president de republica de burundi next mandatory ❤❤❤❤❤

  • @NgiriyombaFred
    @NgiriyombaFred Před dnem

    Nibyo kbs!! Turarondera umurongozi uzi ibigezweho biyugurure imipaka ntakintu dufite mugabo

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w Před dnem

    Guhera uyumusi president wiburundi mwise izina yitwa: WWW

  • @user-mo4nm6kl1w
    @user-mo4nm6kl1w Před dnem

    Moses komerezaho urumusesenguzi mwiza , ese abandi Bose nikimwe? Ntabashobora guteza igihugu Cabo imbere bahari? President kbx!

  • @butoyiedmond3752
    @butoyiedmond3752 Před dnem

    Uyomugabo ndayishimiye ntashoboye gutwara ntarukundo akunda igihugu ni fec kbs

  • @YvanWinner
    @YvanWinner Před dnem

    😢😢😢😂😂😂

  • @dieudonnendabaneze3761

    Ikibambaza ni abantu batemwe guhera kuri Rwagasore bifuza intwaro nkiyi non babona ko bihenz. Muzokumbura Uprona ndakurahiye! Mwarimakaj amabingira kubutegetsi rindira azobarya!

  • @desiremanirambona8135

    Turikumwe I Maputo

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w Před dnem

    General autoproclame😂😂😂😂/numuzalendo 😂😂,nta General winjiji ndabona kwisi nkuyu pe!!!! Avuga nkukuturage utarigeze ugera mugisirikare

  • @jinamajody
    @jinamajody Před dnem

    Reka Moses erega mu Burundi ntihatwarumuntu hatwara Système. Ivyo président avuze nivyo ati tuzogira rimwe kuko nivyo bakora babikora bari kumweeee. Nta Mwaro nta Muramvya ahubwo jew ikintu kigumije Bunyoni mu Gasho ndacakibaza🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️ Système DD yaje ngo kwivuna invune yaronkeye mwishambaaaa tekana rero baaaaaaaarye barye bahage gusa sinzi ko barohaga kuko umengo ntibahoma inda zabo🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️ Moses reka kumenekumutweeeeee DD uko yabikoze kurazwi bahereye kwica NYANDWI Simon kuko yari incabwenge bafise. 2015 bahinda ba Rufyikiri nabandi none wagomba bakore iki? Nukuziguguna zooooooooose zose mpakaaaa niziri mumagiiii ico civugo ga mwege ntimucumva🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️ Aba DD ni Regime HEKENYA

  • @elieniyoyitungira8331

    Moïse wewe urumugabo pe

  • @elieniyoyitungira8331

    Uwu mushinganta wa parceme aze yitoze araciye ubwenge cane

  • @jjtvshow5878
    @jjtvshow5878 Před dnem

    kugeza ubu u Burundi nta prezida bufise azibere pastor

  • @flashlightstudio5399

    Nta Mana, ntamugambwe, ntagihugu nta numuntu avuye hanze y'igihugu azotabara uburundi. Ntanahamwe muri kahise har'igihugu nakimwe cigeze kigobotorwa nabari hanze y'igihugu. Abarundi bonyene bari muburundi nibo bazokemura ivyo bibazo binaraje ishinga. Nejo bundi igihe cose reta itwaye nabi uko abanyagihugu badashaka abanyagihugu bonyene nibo bagira ihinduka nyaryo. Raba ibiriko biraba muri kenya 🇰🇪, raba ivyabaye muri Mali, nahandi hose. Nuko abanyagihugu bageze aho bavuga ko barambiwe barahaguruka bariyamiriza ibiriko biraba. Ubwo rero igihe cose abanyagihugu baicicaye nuko bikigendeka nibagera aho vyanka burundu bazohaguruka baje mumabarabara

  • @user-sk6jr3vg1i
    @user-sk6jr3vg1i Před dnem

    Ndagukunda❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @BigBrother-lm7xo
    @BigBrother-lm7xo Před dnem

    Oye reka ntawera arimwo babizinanyemwo ntawukunda uburundi arimwo😂😂😂

  • @Irakyves
    @Irakyves Před dnem

    Nryohew nakogapira wambaye kariko ikibwa😅