Woba warasinzikajwe n'ingwara ya estomac? Ng'uyu umuti wayo nuko ukogwa.
Vložit
- čas přidán 5. 11. 2022
- Uwushaka kumenyekanisha umuziki wawe canke izindi mpano kaze muri One by one Tv
/ @onebyonetv6596
G-mail : Bakariissa995@gmail.com
Adresse : Buyenzi 10 Avenue Numero 7
Contact : +257 68805120, Whatspp Number 75778853
#onebyoneTv
Jewe ivyomwavuze ndabigwaye mugatuza ndageramiwe guhumura nabi mumugongo kugira isereri idahera
Kumva harya umuntavyutse mukanwa umenga haricunyunyu biva kiki
Jew nshaka umpe numéro yawe.
Murakoze cane Doctor! Jewe nanje ndakeney ubufasha kuko ndababara gose cane mu nda, mu ruhande rw'i buryo, naragirishije ecographie, ariko nta ndwara n'imwe babonye
Murakoze cane kukibazo canyu,iyo aba ari ikibazo kiri en dohors ya sujet nca ndacishurira inbox ou bien nkaca ntegura sujet kuri ico kibazo cawe.
Naduhe numéro kweri none ivyobintu ntibipfa kobimara igihe wabimiminye😊
Ukora ibimara imisi indwi,ikwiye urategura uyundi muti.
Njye iyomazekurya niho numva umuriro mwishi haraguru Gato yigifu
Hariho ibintu iyo umaze kuba wamaz kugwara estomac utegerezwa kwirinda canke ugaheba kk ninavyo bica biza kugutera uja muri crise ya estomac:
- Gufungura imfungugwa zishushe
- Kurya canke kunywa ibintu birimwo pilipili
-Kurya ibintu vyumye(ex: imitetezwa y'ibigori,kurya imiceri yama pilau,.....etc)
None muganga .nkajewe ndayimaranye igihe kitari gito.none nzowufata kangahe? Nzogumandawufata ank
@@SINZIRANEZA5415 oya urashobora kurenzako imisi bivanye nuko wasinzikaye ugakwiza meme na 30 jrs.hanyuma kugira umenye ko wakize neza ucugenda kwa muganga ugakoresha igipimo citwa ENDOSCOPIE
Urakoze njyewe ndarya bigatindamunda ngasepfura rimwenarimwe nkaremererwa mubutugu nkaribwamunda nokwitumabikangora nisereri munjyire inama mundanjyire umuti
Mushobora kuba mugwae Amibe,Constipation hamwe na Estomac
I Inama nabagira nimwipimishe kubitaro biri hafi yanyu izo ngwara 3 mbabwiye