IBIRORI VYO GUSENGERA ABUNGERE B'ISHENGERO RYA PENTECOTE RY'I BUJUMBURA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024
  • MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Komentáře • 90

  • @emeryiramubona2142
    @emeryiramubona2142 Před 3 lety +3

    Imana yomw'ijuru ihezagire abarongozi iduhaye kandi izibane nabo nkuko yabana na Mose.

  • @boeinarsson5918
    @boeinarsson5918 Před 3 lety +2

    Merci de m'avoir permis de voir ce service. Merci au Pasteur Ndikonkiko qui a si bien parlé. Félicitations au Pasteur Samuel et au Pasteur Onisphore qui poursuivent maintenant leur travail en tant que responsables de l'Eglise pentecôtiste de Bujumbura. Que Dieu vous bénisse tous.

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Que Dieu vous bénisse aussi🙏💓
      Une petite correction: c'est plutôt Pasteur Daniel au lieu de Samuel!

  • @sevumbasolange6552
    @sevumbasolange6552 Před 3 lety +2

    Turashimiye Imana Data wa twese,ku gikorwa c,Inkomezi gikozwe mw,ishengero rya tuvyaye!Kandi abungere bacu tuzobasengera!Umwungere dukunda,watubereye umuvyeyi mwiza,Yesu agukomeze,kandi aguhe amagara meza,turagusengera,turacagukunda!Amen!!

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 Před 2 lety +1

    Imana ikomeze Abungere yatoranije kuragira intama zayo Itanguriro ryo kubakako riracakomeye muri mwebwe mukomere ntimunyiganyige mu Mwami Yesu Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @d.vtechniquechnel5136
    @d.vtechniquechnel5136 Před 3 lety +2

    Yesu aguhe umugisha cane kand mwakoze kubinyarutsa twari dufise igishika

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Yesu abahezagire namwe!🙏

  • @ndayirukiyeemile4015
    @ndayirukiyeemile4015 Před 3 lety +1

    Imana Nyenamahoro ikomeze kubana n' Ishengero ryayo n 'Abakozi bayo ;kukaba nkako yasezeranye ko "Imana aho izoba iri ,ariho umukozi wayo azoba kandi ko uwuzoyikorera izomuha umugisha" Yohana 12:26.Glory to the Lord !!!

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Remain blessed 🙏💞

  • @joyeusemukumburwa7599
    @joyeusemukumburwa7599 Před 3 lety +2

    Imana ishimwe cane Bakozi b'Imana. Ndi mu Rwanda ariko nkunda ukuntu mukizwa neza

  • @blaiseiradukunda8888
    @blaiseiradukunda8888 Před 3 lety +3

    Turabakunda cn from Lusaka zambia kd turanezerew cn kubon mudushikirij uko vyagenz ! Hm kristo ashishikar agirira neza abo bavyeyi bacu

  • @blaiseiradukunda8888
    @blaiseiradukunda8888 Před 3 lety +1

    Imana ishishikar ihezagir abunger bacu ncie nkumbura ibuvyeyi kwl ndabakunda cn from Lusaka zambia

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Yesu Kristo abahezagire !🙏💓

  • @yamuremyeferdinand3752
    @yamuremyeferdinand3752 Před 3 lety +2

    Imana ihimbazwe. Na mwe turabashimiye MEIRRA TV

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Murakoze cane🙏💓

  • @claverninganza5624
    @claverninganza5624 Před 3 lety +1

    Merci bcp #Meirra_TV d'avoir été aussi rapide de nous mettre au courant....Yesu abahezagire nukuri!!!

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Namwe Yesu Kristo abahezagire 🙏💓

  • @assoumptaigiraneza1234
    @assoumptaigiraneza1234 Před 3 lety +1

    Turashimiy Imana kubw ibikogwa ikorey ishengero ryacu. 👏👏👏

  • @givanildaserafim5880
    @givanildaserafim5880 Před 3 lety +2

    Q benção meu Deus q o senhor Jesus venha ajuda seus servos

  • @annonciatendayihimbaze1159

    amen, Imana Ishimwe cane, Meirra Tv Imana Ibakomereze amaboko

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Murakoze cane🙏💓

  • @rubenndihokubwayo3187
    @rubenndihokubwayo3187 Před 3 lety +1

    Murakoze kudushikiriza ingene ibintu vyagenze. Yesu abahezagire.

  • @A.I.G.1
    @A.I.G.1 Před 5 měsíci +2

  • @cecilebukuru2298
    @cecilebukuru2298 Před 3 lety +1

    Ndakumbuye i wacu muhira.
    Ndabakeje Reverand pastor Onesphore na pasto wa kabiri.
    Dusengeranire tuze twongere kubonana amaso ku yandi.
    Muhezagirwe!

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Murakoze cane namwe muhezagirwe!🙏

    • @liberatensengiyumva6854
      @liberatensengiyumva6854 Před 3 lety

      Yesu Ashimwe kandi Azokorane namwe nkuko Yagendanye n'uwo musubiriye,vyukuri Yakoranye na We.
      Mukomere, hamwe na Mpwemu Yera no kubasengera bizogenda neza!

    • @liberatensengiyumva6854
      @liberatensengiyumva6854 Před 3 lety

      Umwami Yesu mukorera Abaje imbere Abashigikire.Mbarikiwe sana!

    • @kellyihimbazwe7848
      @kellyihimbazwe7848 Před 3 lety

      @@liberatensengiyumva6854 uwasubirye yarapfuye none?cank yagiye ahandi?

    • @ninahajayandi2905
      @ninahajayandi2905 Před 3 lety

      Yesu akomeze abahezagire caaaneee

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242 Před 3 lety +2

    Imana ishimwe ubikorwa vyiza nkibi. Uhoraho azazigame abungere b, ishengero. Binkumbuje kwongera kuba aha hantu.

  • @YvesKubwimana-o6h
    @YvesKubwimana-o6h Před měsícem

    Iman ibahezagir

  • @paulpichou5308
    @paulpichou5308 Před 2 lety +1

    Be blessed, ndabakunda . Ntuye mombasa.

    • @meirratv
      @meirratv  Před 2 lety

      Amen. Be blessed too🙏💓🇧🇮

  • @elyseendayiragije4877
    @elyseendayiragije4877 Před 3 lety +1

    Murakoze kutumvisha MEIRRA TV Yesu abaduhezagirr cne

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Namwe Kristo Yesu abahezagire cane 🙏❤️

  • @mariusniyukuri8924
    @mariusniyukuri8924 Před 3 lety +2

    Imana ihabwe icubahiro

  • @pierreclaverirakoze2103
    @pierreclaverirakoze2103 Před 3 lety +4

    Glory to God

  • @assoumptaigiraneza1234
    @assoumptaigiraneza1234 Před 3 lety +1

    Bungere bacu Iman izobashoboze kuragir intama neza

  • @nibitangaflorien3353
    @nibitangaflorien3353 Před 3 lety +2

    Imana Ibajimbere batama

  • @irakozelamech5274
    @irakozelamech5274 Před 3 lety +2

    Uhoraho ahimbazwe k'umurimo mwiza akoze mw'ishengero ryiwe ahezagire na MEIRRA TV idusangij'ibi vyiza, namwe Uhoraho abakomereze m'umurimo wiwe

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      Amen! Murakoze cane namwe Kristo Yesu abahezagire 🙏💓

    • @ernestmutsiri785
      @ernestmutsiri785 Před 3 lety

      Amen glory be to God

  • @thacienmpawenimana8051
    @thacienmpawenimana8051 Před 3 lety +2

    Ubarikiwe sana

  • @bukurudomithile9640
    @bukurudomithile9640 Před 3 lety +1

    Abungere IMANA ibaje imbere mu kuragira intama zayo.

  • @alphonsinetv1276
    @alphonsinetv1276 Před 3 lety +2

    Amen hallelujah

  • @gusengaeveryday500
    @gusengaeveryday500 Před 3 lety +1

    Imana ibajimbere

  • @ninahajayandi2905
    @ninahajayandi2905 Před 3 lety +2

    Imana ibahezagire caaaneee

  • @niyonzimageorges8532
    @niyonzimageorges8532 Před 3 lety +1

    Yesu abahezagire cane.

  • @niyonzimageorges8532
    @niyonzimageorges8532 Před 3 lety +1

    Murakoze cane

  • @nshimirimanajohnsgod2816
    @nshimirimanajohnsgod2816 Před 3 lety +1

    Mugize neza caaaane

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety

      🙏🙏❤️❤️

    • @uwizeyimanajeanclaude5104
      @uwizeyimanajeanclaude5104 Před 3 lety

      IMBARAGA Z'IMANA ISUMBA BYOSE ZIZABANE NAMWE IMINSI YOSE BAKOZI B'IMANA
      DUKORERE IMANA NKABAZABANA NAYO
      DUKORERE ISI NK'ABAZAYIVAMO
      DUKORERE IJURU NKABAZARIBAMO
      AMEN AMEN AMEN

  • @robertbushayija8083
    @robertbushayija8083 Před 3 lety +1

    Ndabakumbuye

    • @meirratv
      @meirratv  Před 3 lety +1

      Yesu azogucira inzira uze kuturaba😍

  • @aloesvitorino4052
    @aloesvitorino4052 Před 3 lety +1

    Qual é a localização de BUJUMBURA?

  • @OnesimeNiyo-w1g
    @OnesimeNiyo-w1g Před rokem

    Pentecôte ntibakoma amashi 😢 ntiharagerako tuyakoma!

  • @nibitangaflorien3353
    @nibitangaflorien3353 Před 3 lety +1

    Imana Ibajimbere batama

  • @jablesonlineTV
    @jablesonlineTV Před 3 lety +1

    Imana ihabwe icubahiro

  • @A.I.G.1
    @A.I.G.1 Před 5 měsíci +1