Ku mwanya w abakinyi bariko baravuga mu iyi ndwi ni the champion ,the mirror of the young generation,the young actress ,CR4,la belle de la belle famille qui ne soucit de ce que les autres pensent mais qui se concetrent ce qu elle fait #KagisyeCadeauRavelleArnicia 👑the number one
Ku mwanya w abakinyi bariko baravuga mu iyi ndwi ni the champion ,the mirror of the young generation,the young actress ,CR4,la belle de la belle famille qui ne soucit de ce que les autres pensent mais qui se concetrent ce qu elle fait
#KagisyeCadeauRavelleArnicia 👑the number one
Courage
yvette oyeeeee❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mukeneye ko tumenyekanisha ibintu vyanyu, mwoturondera kuri 68023566! Turabakunda ♥️
Ndi umwe muri beshi bakunda iki kiganiro special driver🎉🎉🎉🎉
Cadeaux ravele
Dico shaka Nyama niwe afise amakuru menshi gusa nahige menshi lund akubite
Yvette arashoboye😂😂😂
🔥🔥🥰
SPECIAL DRIVER 🔥🔥🥰🥰
komeza muteze imbere industry bagenzi
Kumwanya wambere hariho umukobwa yitwa asta officia😂😂😂😂😂
Nuko nacerewe ariko ni Cadeau Ravelle❤😊
😂😂😂ukuntu rero mwijinyitse 😂😂😂😂😂😂😂😂
😃😃😃😃😃😃
Oya nanje Yvette aranyica mana yanje arashoboye
Yvette arakina nezaa cane gusa' murabe muzemurashiramwo timu ya mugisha
❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Sammy mwamurenganij arikumwany naivete ubirimwonez💪💪💪💪💪
Dico ntiyitwaze ivyo ibintu biriko birakora cane😊 yamaze kuja mwibenga ry'urukundo
Si mwibenga ,ni mu mwobo w urukundo 😅😅😅 kwa Mr Samy
Yvette wewe ararenz😂😂😂❤❤❤
Dico ariko mugisha nawe arik arakora ntabikorwa vyiwe mukurikiran
NIVYIZA
Ivette hejur cne ndakwemera
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢😢😢
Nivyiza cane. Dico ndafise ikibazo Kandi uzokinyishure uzobukoze. None ko muvuga abakinyi Bose ariko mutariger muvuga Mugisha wewe ntama Film Akina??? Ndagusavye uzonyishure
Ni cadeau kmwa'y wamber
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yvette arakina nezaa cane gusa' murabe muzemurashiramwo timu ya mugisha