INGARUKA SERIES S6 EP5 DIVA NA KING BASEZERANYE MUGAHINDA , YVETTE ARAHUMYE,CONSTANCE MUYABIRA.
Vložit
- čas přidán 8. 09. 2024
- Kaze mungaruka bakunzi nizereko mubandanya kuronka inyigisho.
#gnfilms
#sabbas
#ingaruka
#shoptherealdeal
#rwandaupdate
@sabbasburundi2404
@tvrtnb
@KAMIKAZISandrine
@BMTBuja
@ZABURINSHYA
Muryoherwe cane bakunzi mumpere nabandi
Eg kabisa 🎉🎉🎉❤❤❤
Niciw nukunwa akay narikubuwamber❤❤❤
Turabikora ncuti yacuuu🎉❤🎉❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Ntak mutabikor kl so mwubahwe batama
Kingi kuba utarabonana n'a ejide nukuri muriko muduhemukira pe abavyumva nkanje mumpe Linke gusa mbakunda kanini❤❤❤❤❤
Abafana bakunda chr wa Constance mumpe like❤❤❤❤❤
Ati urimugashamba kandi wigaramiye munzu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Naracerewe kweri gusa munyihanganire❤❤❤❤❤❤ yvitt ngwarota indege ibatuy muri aderayid😂😂😂😂😂😂 ivyurimwo bizojahabona😊
Abari bayirindiranye igishika nkanje abari murukundo ningaruka séries abaza nyuma musige like muri gwarukundo ❤🎉🎉abaza bashikira muri commentaires ntimunyirengagize musige utwotuntu ndabasavye 🎉🎉🎉😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uwumusi ngiye nazinduka p🎉🎉kuba 74nukuri munyibuke mumpe link basi nahozoba10 noshima❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Constance umunyarwanda wabandi aramugaritse sinkubesha😂😂😂😂😂
Ababon ko Conco aryosh film mump utu like vrt ndakund ino film❤❤
Abantu mwese dufatanyije gukunda ingaruka murihe byumwihariko Saba's diva Chris Yvette Taty musige Like 👍
Constance wagakina urakinye ivyubwenge atakuyayataaaa❤❤❤❤❤😂😂😂😂
Mbaye uwambere mump like numv uk ziryoha😂😂
Oyaa nijew wob wanntanz?
Mbeeegaaaaa konsoooo wamusheriiii wikigari urahevyeeee😅😅😅😅😅😅😅 ngo suko baturyaaaa😅😅😅😅😅😅😅😅
Constance inyishu warazivukanye pe😂😂😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Consta courage diva na king munyarutse mumenyek mutavukana ibintu bikomez kuryoha musubire muri rwarukundo ukomeze umuririmbire mpore diva wanj.
Constanc rwose akinaneza na chr wiwe imbavu zange mukomereze aho ndabakunda cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Oueen abikoz neza kbx yashizemw ubwenge hm courage mwakinye neza😘🙏🎉🎉🎉
Hemw bemuryamira kuj kurubug misiyose muntanga oyaa gs mur bwabumw abaz nyuma 🎉🎉🎉
Mamawee yvette numunyamitwe kabisaa
Abarundi sugupfa kurirko ndakurahiy turihagaciro ntitwiynda courage Shaa conso
😂😂😂😂😂😂constance Yvette 😂😂😂😂😂😂😂😂yewe yeweeeeee gaaaaaaayeeeeeee kwihangan birananiye 😂😂😂😂😂😂ndabaknda banje gus mumpe like 👍 abaknda ingaruka nkajewe
Ego sha constance,abarundikazi hejuru caane ntibabarisha mélange yimyumbati😅😅❤❤! Yvette, ukuri kose ibiburabwenge n'imana irabita siww uzobitora😅😅!king &Diva,ingaruka kumengo izoguma ibazunguruka kumutwe😢😢?nimwamara kwiyakira,muzoca mumenya KO zandoto arimpamo diva mutavukana atari umukobwa wa Thadée 😢😢
King sabbas courage
Vrmt costance na chr wiwe mwari kubongera utundi tunota tukaraba aho biherera😂😂😂
Mbe basha Yvette mubuzima busanzw sindyadya? Hama constance bravo kbs abakobw nukwifata ntakwiyandagaz Egide naw amanyanga yaw azohinyuk ark naw fara ugomb wisamburirek wishing abo batekamitw.
Murakaza neza abo kwa Sabbas, bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série INGARUKA nimuze hano tumenyane.
Constance love you so much usuka ibiryamye nawe nti natanzwe😂😂😂
Mbakund kub arik jw nashak k sabas yagum akundan n Diva ❤❤
Umva constanc umubwije ukuripe wakinnye neza 👌👌💯💯
Amashi kuri Yvette na Costante muranezera sana kand courage nabandi mwese mubikora neza
In 🇷🇼 we Love you more.
Tuzanyurwa kurushaho nimukorana collaboration na MUGISHA nk'Abarundi twemera kuko abanyaRwanda twemera muri kubahuza . Asante
Ndabikundira
Ub mbay mubamber mump ut like twinshii❤❤❤❤❤❤
Yvette WE Na conso ngira barasaze neza neza! Gusa Diva Imana imufashe ntazovukane Na King
ndakunze scene ya constance na chr we Mana yanje we ngo nsuka ibiryamy naw ugasuk ibiryamye ,😁😁 ark nkunzukunt chr wa constance ingen ar umu emotionel yariz akorora amosozi disii we❤️❤️❤️
Courage ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage mubikora nezaaa cane
Kkkkk yumv ikinyarwanda ntakirundi yumva😂😂😂
Ngwaho aba chr bara maranye😂😂😂😂 mura shoboye 🎉🎉🎉🎉
Yvette ga Mana ngwamazimins arikwarota indenge imutuy muri Aderaidi😂😂😂😂😂😂😂 egide na Francine kurecyane Team sabbas kurecyane pe🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
INGARUKA abumva INGARUKA umutima ugahindura ikibanza kugeza bayibonye munyihere utu❤😂❤😅
Barimu beza mu duhe ibice bikurikira niba diva arakora ubukwe kumwe na king cangwa niba biraba gute munteye amacyikoooopeee bonne soirée à tous
Courage Courageeeee bcq mubikoraa nezaa l Love you ❤❤❤
Hhhhhhhh ew constance shn ngomugashamba hhhhhhhhh abafana biw murihh ?????
Narinzi ngo ndazindute nonebantanze mwakire ayany🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ndaba❤❤❤❤❤❤can
Fara ubutumwa nagutumye kwa Yvette warabutanze 😂😂 ubuho arakunweshamazi
Courage nyinshiiii cane 💪💪 ndabakunda ❤️🥰👌
Constance arahumy kur chr wiwe ngo siko batury ikinyoma kigiy ahabon king and diva Akira n'ayant🎉🎉🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Twaritubakumbuye courage mubandanye mutwigisha ❤️❤️❤️
Waooo.byiza.cyan.❤❤❤🎉🎉🎉.from
Courage king sabbas
Naheruka kuba wahafi kera😅😅😅abakunzi bingaruka murihe🎉🎉🎉🎉🎉 courage❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uyumusi ndabaye uwambere basi❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Abavuzi mwubahwe ukuntu muvura kandi atabinini Mutanga Arik ijambo rigakora kumitima haaaa iveti nindara komeza kuvura
Mbega ko mutatwereka umugabo wa Yvette kanyana nawe😂😂😂uwa fara turamubonye😅😅
yo oo mbaye uwanyuma
Mwebwe ndabemera kbx kandi courage
Big up💪💪💪💪
Yo mbay uw 43?abantanz mwangiriy nabiii.ash ubuh ij itwic p mwirabir abakunz bingaruk Big up san
❤
Jewe ndafite ivyizigiro ko diva na King badasangiye père vrm knd bizorangira tubanywereye 😂🎉❤❤
Mubikoraneza king mwe Na mimi ndabankundacan❤❤❤❤❤❤❤
Iman ibaj imber❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Sabbas❤ ukina neza mazeu bzu
Waoooo❤
Uwumunsi nanje ndazindutse munyibuke❤❤❤❤🎉🎉🎉
Ewe Yvette mugitabo cera ceranda 😅😅😅 umanyuyeee turabakunda❤❤❤❤ can mumpe like🎉🎉🎉
Mukomeree canee ndabalovinga
❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage
Abazindutse nkanje muzehano muri bwarukundo mump link tuhatwik hashe❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹
Kosoo uyumus ndakwemey uraduheshej icubahir😘😘😘😘🎉🎉
Courage diva bakingi
Nbayuwanbere nanb on uwuza nyuma ampe twatuntu tumenyane ndabakunda ❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Naho nacerewe ndabakunda cane❤❤❤❤
Courage nda❤❤❤❤
Team INGARUKA❤❤Love from fanny Fafa official 🇧🇮🇸🇦ndipfuza kuzobona Egide ahura n King sabass😂😂
Hmmm umuntu abura uwobakina akina n'a yvet sha aragusamburiy urugo vuba fara
GN kubakinyi baryoshibintu mwubahwe🎉🎉🎉
Courage abachouu🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰🥰
Narinzi ndazindutse none nacerewe cn gusa abashikiy kuyumwany mump amashurwe 🎉🎉
Turabakunda tubakurikirana kumusi kumusi ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Yvette wew walai uzatuvuni mbavu 😂😂🎉🎉❤❤
Mbega ngo ndacererwa❤❤❤❤❤
😂😂😂😂Yvette muzozemuramuha umwanyamunini wokuvuga kuko arantwenza cane nukuri❤😂
Courage cane
Yvette urazi gukina vraiment wubahwe 👍
Mbakunda kubiii ❤❤❤
😂😂😂😂😂nicererew 😢😢😢nimump nanje nisekere😊😊😊😊
❤❤❤Muterimbere Cane
🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉❤❤🎉🎉
Yvette ❤❤❤,courage
Agafilm keza cane
Kagufuri urazi gukina neza pe!constance nawe aratwenza ngo Asuka ibiryamye nawe agasuka ibihagaze ngo namba azokwubaka inzu yo kumutwe😂😂😂😂😂😂😂
Ingaruka ko twayibuze
Episode yari bien but kuba ntumvise amajwi ya yvette ahaye aharura izikwakwara wapi nukuri
Courag
Constance Sha uratwemeje kwiyi ncuro. Diva mpole vyose ni ingaruka
Ngongwik niyumv yumvikinyangwand ciwabo 😅😅😅 gendurab akokant baguteguriy
Constance disiiiiii😁😁😁😁😁😁😁😁
Courage mes amis❤❤❤❤
king urakwiye laik❤❤❤❤❤❤❤
Waoooo
🎉🎉🎉
Courage 🥰