Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Iryaa sake bayita 《 Isake y'Umukwe》Kandii Semavumba yavyitwayemwo neza ndetse akoresha nimico yikirundii🇧🇮💪🏾Irambire ndi muzehe SIMBINZI🙌
Ubundi simbizi kurya irya sake yaritegeko mumigenzo yikirundi. D’ailleurs yagomba kuyimara. Akereka ko azosumira umugore. Kandi Kera iyoayimaze bacabamukomera amashi. Bakamwita umugabo azosumira urugo. Urubanza gwagenze neza nimikenyero canke ukuntu simbizi yambaye c était impeccable. Much love from Canada .
Wew urumubo wiwacu ndakwemera uwo nelly ntavyazi ico isake ivuga yumukwe
Congratulations Simbizi n’a Ch wawe 🎉🥂👍🥂🥂🌹🌹🎉🎉🎉
WOOOOA ziduhe sha ❤❤❤❤❤❤❤🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤔🤔🤔🤔
Eweee Simbizi uranyeguye kweri irya sake nayiriye ok namazimisi ndimuri.jimu😀😀😀😀😀😀
Ariko rero nawe reka kuvangavanga alvin umuzanye mukiganiro gute ntivyaribikenewe
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣simbizi gabasha yubahwee
Ugiye gukwa umukobwa ashaje nkuko mukirundi bavugako baguha inyama y'inka yibuguma hamwe nimyungu
ISAKE Y"UMUKWE ( iribwa n'umukwe gusa knd ayimaze abayerekanye kwarukuntu adasanzwe )❤💥💪💪💪
Umunyoni hejuru cne
simbizi sinahora ndi fun y'ibintu vyaw ariko narakunz inyishu uha abakubwira ko umudame wawe "amugaye".
Nelly nat nimumureke n'umuye sosumo iwacu kandi tmntabukene muhira iwabo bafise.
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mp num za Nelly ndamwirongorer
Waramwimye😅😂😂
Simbizi guma hamwe nawe bagysesere agafu nawe wavuze abandi ubu ni wewe ushikiriwe urazi ivyo wavuze kuri fanny lavine nawe birakugarutseko😂
None mwashaka ntarye nibakureke
😁😁😁#Mahinduka
Munyoni babwire injavyi zitumva💪💪💪💪👏👏👏👏💖
Mumpe like kubabony simbizi
Ivyunguka
😂😂😂😂 Avuze ngo yamaze imisi muri gym kugira isake azoyivuture ayimare 😂😂😂😂 . Niyirambire cane yakoze ibintu bizima
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
bavuga licenciée apana locencienne
biragusha
😂😂😂😂
😂😂😂
I Cours Ya Biologie 😂😂😂
En1981?😂😂😂nicogituma atandero afise ibintu avuga nivyo ibitandero vrt.
1981 si yo ararengeje urugero. Sinzi aho yavukiye uwo mwita Nelly natt ariko mfatiy kuri bakuruwe iyo date de naissance siyo. Déjà Nadia(Nelly natt) agira 3 iwabo. Son gd fr mukuru wabose yavuts 1986. Donc, urumva komurengeje urugero
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Murekane niyo nshinzi ngo ni Nelly : uko mumuvuga uko mumuha umwanya niko mumuha impigi.
Nelly Nat mugutukana kuma réseaux sociaux cane cane kuri Twitter (X), asumvya abungere ...
Nkaba ndahageze
Iryaa sake bayita 《 Isake y'Umukwe》
Kandii Semavumba yavyitwayemwo neza ndetse akoresha nimico yikirundii🇧🇮💪🏾
Irambire ndi muzehe SIMBINZI🙌