Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
We mavumba nar nkumbuy story zawe war watekerej nice interview ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
uyu mujama ndamukunda sana simbizi ❤❤
Simbizi hejuru cane gusa harumu pt yitwa demana ntimukimuvuga Kandi yashikany umuziki ndundi kure
Natacha hejuru
LA boss azohashumika hashe🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Simbizi uvuzukuri kbs
❤❤❤
Natacha yubahwe agomba gukora show irenze sana nasimbizi anakubali
Agira adutemw pe
Natacha azokwama ari hejuru
Mavumba komera
😂😂 wubahwe kbxaa uranyishe baguhora ubusa simbizi
Hahaha I love this guy
Uranguye gusega Natasha😂😂😂
Natacha agiye kubemeza pee muri Laboss Concert
Astoria ntirenza ama Euros 8😅😅😅😅
Semavumba urabeshe igihe intamba twakira Gabon urabyibuka? Hari umuziki wokwuzuza kurya
😅😅😅 simbizi uruwambere
Ngo gabanya umunoho😅😅😅😅
Simbizi birangiye yemeye Natacha 😂😂😂
Narindagukumbuye KBS umunyoni😂😂😂 urantesa kwl😂😂😂
Simbizi bazokwica
A bateremera Natacha narinzi se🤌🤌
Kuri iyisi hari imyuga myinshi nukuri! Nne nka Simbizi akora iki kumenga ajejw gutukana gusa? Kora ivyawe bro! Juge not!
Diwan ntarachikamumuj neza nakurubwoba Diwan arikurihit ikomey
Akakantu uhanuye Natacha niko bakubiye Live kabisa
Natasha yagikozeneza Vrema ndamuchigikiye
Duheruka yihakana Natasha ngo ntawe azi! None muri iki kiganiro avuze izina rya Natasha nkincuro 50! Ntagire ubwoba Azomuterera kuri mariage. 😂 😂
😂😂 bemez
Ewesimbizisaha non nibib bagonvy kurara baratera Bragi non bakozenab ewesimbiz
Natacha LaBoss Yubahwe Sana ❤❤❤❤❤
Ararenze pe
Ntamenyerwa pe
❤❤❤❤
Natacha ntanzigo nta Biff agira kbs
Abasani barasarish vrmnt baba bashaka kurara heza atamaher bafise bakemer kurarana kugitnda kimwe🤣🤣🤣😂😂😂
Simbizi arabeshe kwivyo vyigitega ntanakimwe arico kuko yariyaborewe yaguma atuka abantu yongera arahira nyina wiwe rero ntanakimwe muvyabaye igitega yavuze arico
Iyo cpn uguma uvyimbako igura ama euro 17 ntugume uhenda abantu
Noe wibabaza Euro 17 nangahe en FBU
Ikibazo Nico kumenya KO ahubwo ariwe yayiguriye!
uraza uyigure uringaha Buja ureka urwamo urimumahanga , Umuntu ari Buja akanwa inzoga nkiyo yubahwe ni Boss
Simbizi nawe yemeye aho nabandi bagiye kwemera Peee
Ategerezwa kwemera
Simbizi afise amajambo abiri yicongereza kandi akayakoresha bidakenew thats why and write now😂😂😂
Chasimbiz urapondanawew indafis gato nterinkuru nindagafisd
Noe uko baraye wewe niwe warishe
😂😂😂😂
Alvin smith bwabundi nimbwa 😅