#INTAHE

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 27. 05. 2024
  • #INTAHE ITANGAJE CANE// BADUTWAYE MURI HOTEL TWISANGA KUMPANDA MU KABURI// DIMANCHE SINSIBA GUSENGA

Komentáře • 41

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Před 2 měsíci +10

    Courage danny

  • @user-uv7ji6ch8w
    @user-uv7ji6ch8w Před 2 měsíci +9

    Bantu b'Imana ndasetse ndahwerey uyumudenu nihatar arasetsa

  • @Toutici6369
    @Toutici6369 Před 2 měsíci +10

  • @AncienSucces-vc1gk
    @AncienSucces-vc1gk Před 2 měsíci +9

    Finish, iyincuro Akamo Tv muranyeguye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ngo bagiye kubendera kumpana mumva😳😳😳🥳 ivyunguka bizokora ibara ndabarahiye

  • @WinnerKEZA
    @WinnerKEZA Před 2 měsíci +7

    Indaya yiyemera pe!!! big up sister. nohabwa lumicash yawe sinobura na 10k nguha p

  • @kakajwi12
    @kakajwi12 Před 2 měsíci +10

    ctumuhenyina

  • @user-yz2jm1nl6i
    @user-yz2jm1nl6i Před 2 měsíci +9

    Dukomeza kumirwa...

  • @RogersMisago
    @RogersMisago Před 2 měsíci +10

    Terrible😂

  • @ReineGogoIrumva
    @ReineGogoIrumva Před měsícem +2

    Iyisadunda yi ninja
    Imana iyindinde kwr
    Ntituzohure

  • @user-kr1ct7pf2s
    @user-kr1ct7pf2s Před 29 dny +2

    Indaya muraho nanje money ndaho😂😂

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Před 2 měsíci +2

    Iyi influance dufise izicigihugu vrmt 😢😢 birababaje kbx yooo murababaje ngo mutoya wawe kndi wavuze ngo ntawe muvukana

  • @user-uo4gu1kk2z
    @user-uo4gu1kk2z Před 2 měsíci +5

    😂😂😂Ntwengejwe nukuntu ajinyika

  • @user-tr5tg3bx6d
    @user-tr5tg3bx6d Před měsícem +2

    ,😂😂😂 NG yaragize imana umwana baramutwara hewe ndumiwe

  • @BrotherMUVUKANYI
    @BrotherMUVUKANYI Před 2 měsíci +5

    Allah Akbar😰😰😰😰😰 uyu ni ikivume😡 yaje gukora marketing?

  • @kimana8818
    @kimana8818 Před 2 měsíci +4

    Uratey ikigongwe nukur 😂

  • @user-ur9ep9sj8y
    @user-ur9ep9sj8y Před 2 měsíci +8

    Waravumwe urakaranduka wagipfuwe, urikimenabanga ntaco uzovamwo

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel Před 2 měsíci +4

      ni wewe wamuvumye? iyaba umunywarwandakazi canke uwundi wavuga uko nyene? singombwako duhuza ivyiyumviro. iyi eden wewe uyibona gute?

    • @user-ur9ep9sj8y
      @user-ur9ep9sj8y Před 2 měsíci +3

      @@JuxArtimel Cika mushenzi, niho ibintu mugihugu bitakiboneka raba n'ibitoro vyarabuze, atavuzweko nibifungurwa, musigaye mushigikira amafuti. aho urabonako uwo ari umuco ndundi? canke uhora uja kumushorera nawe? nimwebwe muzana ivumwe ku gihugu

    • @JuxArtimel
      @JuxArtimel Před 2 měsíci +2

      @@user-ur9ep9sj8y Aryiwanyu? ahubwo nsanze wewe uri n'umuhimbiri! adandaza rwawe canke rwiwe? bura gukura amaboko mumpuzu mukore ngo igihugu, nimwebwe mudashaka gukora mutuma igihugu kidatera imbere! nihehe hataba indaya ko nawe uwogukorako amatohoza yosanga uriyo?

    • @Dan4real-le2ey
      @Dan4real-le2ey Před 2 měsíci +3

      Wabirabiye iki

    • @kimana8818
      @kimana8818 Před 2 měsíci +1

      Oya sha ntukamutuke ahubw musengere. Ariko kuel ubon Uy muntu adatey ikigongwe 🤔🤔 akwiy amasengesho

  • @ArleneItangakubuntu
    @ArleneItangakubuntu Před 2 měsíci +2

    ❤❤❤ 19:13

  • @IgiranezaEve
    @IgiranezaEve Před měsícem +1

    Harihibintu bisetsa pe! Nagagaye bitaribikwiye ikindi naco aba nibo yesu ashaka

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana8121 Před 2 měsíci +2

    Kumbe Birimwo commission kumbe😅😅

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před měsícem +1

    Uranyeguy gusawin urimeneyifu

  • @armelkaze
    @armelkaze Před 2 měsíci +2

    Ico mbonye co umubajj icumwana ww aciye ababara

  • @GicocoroJM
    @GicocoroJM Před 2 měsíci +1

    Mamamamaman, eh baga ko bitagiye kworoha?😂😂😂😂😂

  • @Burundistartv
    @Burundistartv Před 2 měsíci +1

    ❤❤❤❤

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker Před 2 měsíci

    Sha abantu kaba nibo dushak muma interviews nkakurya wabanyarwanda❤😅😂😅✌️✌️✌️

  • @user-ht7uf6zv4w
    @user-ht7uf6zv4w Před 2 měsíci +4

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ibint bikomez gukomer 😂😂😂😂😂 imbav zanj

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana8121 Před 2 měsíci +1

    Ndashoboy gutwenga nukuri😢uwu muntuu yarayinze nukumuronderera umu psychologue amufashe kbsaa Harya muri Aluma barakora kuko yarabaye traumatize😅

  • @PierreNDAYIZEYE-vc8dt
    @PierreNDAYIZEYE-vc8dt Před měsícem

    Winy gusa umusi wahuye nuwaeiye kalungu azoguhongora

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Před 2 měsíci

    Danny usigayuhamagara imborerwa😂😂

  • @bigarmel5355
    @bigarmel5355 Před měsícem

    umu demu nazane lumicash ndamuh rimwe🤣🤣🤣🤣

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana8121 Před 2 měsíci

    Bazokwica walahiii

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana8121 Před 2 měsíci

    Ahubwo urihana nukuri ko batabishe iyo nimana mwagize

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před měsícem +1

    Arikokamana uyomutip araronderidem zitwicirimbavu

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Před měsícem

      Atindabumubono ewebasha

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Před měsícem

      Haa uyomudem uzohorumuzanakubiganiro

  • @IrabonaNzofredany
    @IrabonaNzofredany Před měsícem