Abanyamahanga babiri badandaza ibiyayuramutwe bafashwe n’igiporisi c’Uburundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 27. 03. 2019
  • Visit our web site: mashariki.tv
    Subscribe to our CZcams Channel : czcams.com/channels/LXw.html...
    Like our Facebook Page: / mashariki6
    Follow us on twitter : / mashariki6

Komentáře • 30

  • @alantonio855
    @alantonio855 Před 5 lety +2

    J'habite à côté du bureau de l'interpol à Lyon, je rends hommage votre travail qui mérite énormément de valeurs,
    Burundi is my Country

  • @thediamondsisterssquad2023

    Ndakeje igipolisi cacu kugikorwa kidasanzwe bakoze👍🏿👍🏿👍🏿👍🏿👍🏿👍🏿👍🏿

  • @antoinemiburi4590
    @antoinemiburi4590 Před 5 lety

    Igipolisi c'uburundi turabakengurukiye cane gutuza izo ingozi zikibi.ibirofa .kuva kera umurundi ahora asenga gusa imana imufashe kwitezi imbere mukurima,kworora,kwiga,kudandaza nibindi vyiza .Ubu aburundi bariko bigishwa bibi vyinsi ibiyayura umutwe n'abazungu n'abarabu. Hariho babesha abakobwa kuja gukora kubarabu nabonyebe barajanwa gasambana bakazana indwara z'ubwoko bwinshi bufatiye mugitsina bagakora akazi gusumba agateka kazina muntu! Nimubafashe mubatuze n'ingoga .Murakoze caane !

  • @manmahuna1160
    @manmahuna1160 Před 5 lety

    Well done job guys

  • @simbizidieudonne2014
    @simbizidieudonne2014 Před 5 lety

    Kazi nzuli asante

  • @isabelleniyomutabazi8933
    @isabelleniyomutabazi8933 Před 5 lety +1

    nimukore bantu b'lmana Yesu abahe gukora ivyomujejwe

  • @bitwivyawe9141
    @bitwivyawe9141 Před 9 dny

    Nirwo bapfuye bagomba kutwononera igihugu nabantu

  • @youngtravis6998
    @youngtravis6998 Před 5 lety +3

    Good jobs my people Nd they need to get 24yrs in prison like how they do us here in America

  • @allbujahits5896
    @allbujahits5896 Před 5 lety

    Courage

  • @user-ci1vz1cv3w
    @user-ci1vz1cv3w Před 2 měsíci

    Abobazung bazobazanir.uburoz buzomaruburund

  • @fredericniyibigira1399

    Nanka cane abazungu
    Abo barundi mubahane gose
    Kuko Bari babizi

  • @Jirhley
    @Jirhley Před 5 lety +1

    wanyongwe

  • @burundishallsmile1day109

    Muragaba! Mubereke ko uBurundi ari buto yamara butari Gito. N, abo barundi bahemuka bafashanya n, abanyamahanga Gusambura. Manque ya patriotisme.

  • @theophilendimurirwo919

    Nibio

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 Před 3 lety

    None vyafashwe mwabishize he none?

  • @ndikumanadesire6244
    @ndikumanadesire6244 Před 5 lety

    Komera Komera mutama.

  • @kadhafigahuna5011
    @kadhafigahuna5011 Před 5 lety +1

    turashaka video muriko murabiturira 😂😂😂😂

  • @nkundaburundi1597
    @nkundaburundi1597 Před 3 lety

    Hashe hashe iyonihimbi yabichanyi bariko bica uburundi bwejo hashe kabisa

  • @lamanene8848
    @lamanene8848 Před 5 lety

    Turabashimiye kwicyo gikogwa Brazil nigihugu gifise igikombe cisi mukugurisha imogi abobantu nihatari.....turashize ahubwo bageziyoo ....igihugucabo niyontambata bafise barwana na reta burimusi ngo babahe uburenganzira reta yaranse birakomeye lmana idutabare

  • @faustinntamatungiro5145
    @faustinntamatungiro5145 Před 5 lety +1

    Nn nkubu ivyo biyayura mutwe bica bija hehe??

  • @naftalnshimirimana5817

    Nimukore banabu Burundi mukingire abarundi ubwoburozi bwakozungu kukobabonye kwamatora yegereje bashaka kumijira iryoshano ryuburuzi bwakizungu mubarundi kugira mugihecamatora abarundi bazobe ubwenge bwagiye mazentibazotinye guturira benewabo kubera ubwenge bubabwatwawe nivyobirozi mpuzamagungu.

  • @vincentmutaganda4246
    @vincentmutaganda4246 Před 5 lety

    Kobatuvogera canee muta? Murashonje batama .

  • @alexbutudi4943
    @alexbutudi4943 Před 5 lety

    Eka ntamuzungu ntamwirabure kumafaranga ubuzima ntibugira ubwoko

  • @malizukuabdulaziz143
    @malizukuabdulaziz143 Před 5 lety

    Visit Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼