VANIA ICE Ati YAMPAMAGAYE ARIKO ARARIRA”/Bazi ko ata ndero tugira/Nta bibazo nishakira ndatinya buzz

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • #sirenvibestv #Vaniaice

Komentáře • 71

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  Před 9 měsíci +17

    Umviriza indirimbo nshasha ya VANIA ICE yitwa C’était moi iraryoshe cane😍 👇🏽 link
    czcams.com/video/pSLZSeGFSxU/video.htmlsi=lDnzcFrQg8ESXHTH

    • @NdimuLyne-be4nf
      @NdimuLyne-be4nf Před 9 měsíci +2

      Urakoze gushirako link.nivyiza cane nokubandi uzoze urabikora.

    • @user-cc9vr1ss7m
      @user-cc9vr1ss7m Před 9 měsíci

      Yoooo Vania aga cherie.Akana nirereye mana yarakuze nubu sindatahura

    • @user-cc9vr1ss7m
      @user-cc9vr1ss7m Před 9 měsíci

      Vania felicitation ma cherie.nciye ndabakumbura Kera Mugihosha.Hosy merci kumutumira

  • @tugumadori7242
    @tugumadori7242 Před 9 měsíci +24

    Much success Vania 🧊🫶🏾. Reka mbe ndi sabira EP ya zouk/kompa/R&B. Aba bishigikiye mumpe 👍🏿 hama tumufashe ayikore 🫣

    • @mvpvania
      @mvpvania Před 9 měsíci +3

      Nibaza ko vyoba bishushe kandi😂😂😂 let's do it

    • @tugumadori7242
      @tugumadori7242 Před 9 měsíci

      @@mvpvania tangura kwandika!! Hama tuje muri studio 😊

    • @aheza257
      @aheza257 Před 9 měsíci

      @@tugumadori7242 ntawe mwoha ikiraka cokwandika?

  • @kanezalinda
    @kanezalinda Před 9 měsíci +2

    She is very talented keep it up, Harikintu gusa ndiko ndibaza,ntakiganiro ndabona hosy na Natasha, la Boss mupfiki ga hosy ? uramutumako muri my journey adusangize amateka yiwe,canke muri siren show

  • @bsninja3889
    @bsninja3889 Před 9 měsíci +9

    Ma chère Osi de nous faire découvrir les perles du Burundi.❤❤❤
    Umu mama ari muri Suisse

  • @claudinendayizeye4619
    @claudinendayizeye4619 Před 9 měsíci +5

    Dufise abakobwa beza disiwe😍😍😍Hosy ndagukunda Caane ubuh uzanye uwo mwana birarenze❣️

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze Před 9 měsíci

      Nanje ndabakunda cane 😍❤️

  • @nibituronsajandokic1465
    @nibituronsajandokic1465 Před 9 měsíci +3

    You are beautiful vania Na voice ya b1

  • @alanblessed1744
    @alanblessed1744 Před 9 měsíci +1

    Vania we ❤ u So much you so beautful better Voice keep shining up

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Před 9 měsíci +4

    I like her voice ❤❤❤

  • @innocentingabire2935
    @innocentingabire2935 Před 9 měsíci +2

    Vania ice ❄ courage uraririmba neza kuva doucement, c'était moi.. ♥️ ❤️ 🇧🇮 🇧🇮

  • @mimie58
    @mimie58 Před 9 měsíci

    Vania elle Chante tellement tellement et tellement bien😍😍😍😍merci hosy❤

  • @user-li4zv7pf6l
    @user-li4zv7pf6l Před 9 měsíci +1

    Iyo song yaratumye ndamukunda 🥰avant sinamukurikirana ariko ub vrma👌

  • @iradukundanelly8972
    @iradukundanelly8972 Před 9 měsíci

    Kabisa kirazira gusa n’ibibazo .Gd merci ma petite Vania.Très très fière de toi ma y

  • @dorineirakoze3259
    @dorineirakoze3259 Před 3 měsíci

    Hosy urambwira ta nvlle adresse nzoze nguhe i soda kabisa. Merci bcp pr cette emission avec Vania Ice, umupfasoni mwiza cane ku mubiri no ku mutima!Imana ibahezagire kdi ibazigame!

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Před 9 měsíci +1

    Vania ni keza cane vrm 🥰🥰🥰

  • @IgorFlorentHIF
    @IgorFlorentHIF Před 9 měsíci +1

    Vania you have a nice voice❤

  • @alineakimana9717
    @alineakimana9717 Před 9 měsíci

    Ndabakunda san mwese vania indirimbo yiw ndayimviriza day by day bijouuuuu

  • @user-dn6yb1es4w
    @user-dn6yb1es4w Před 9 měsíci

    Ejo niheza bizotera vyunguka❤❤❤❤❤❤

  • @gueldairakoze1866
    @gueldairakoze1866 Před 9 měsíci

    Nimwiza aratekereje aratesa shaaaa big lov hosy keep it up hejuru cane🤗🤩

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m Před 9 měsíci +1

    Waaaooo Vania ndg ❤knd courage indirimb irates peeee

  • @mvpvania
    @mvpvania Před 9 měsíci +3

    ❤❤❤❤❤

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose Před 9 měsíci +1

    Reka nryaame ikiganiro caba Besto banje nzikiraba ejo😍😍😍 umengo kiraryooshe😋😋😋
    V&H ❤️

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 Před 9 měsíci +2

    Ubwobuki rr sasa 🌹🌹🌹

  • @chancygasabire3196
    @chancygasabire3196 Před 9 měsíci

    Ari kw’ijwi vraiment 😍😍😍😍

  • @thaddeejuniorndikumana1386
    @thaddeejuniorndikumana1386 Před 8 měsíci

    Sinshaka the best of the best ❤❤

  • @kwizerajustine3822
    @kwizerajustine3822 Před 9 měsíci

    Wawooooo muri ibi chrie❤mbega ijwi

  • @rvv231
    @rvv231 Před 9 měsíci +1

    Aririmba fleush kbs big up

  • @user-cv7pe1dk3z
    @user-cv7pe1dk3z Před 9 měsíci

    Nakubali urazi kuririmba vania

  • @gloriainashaza6596
    @gloriainashaza6596 Před 9 měsíci +1

    Uzo ririmbire Imana vyoryoha kurusha.

  • @UYEIC
    @UYEIC Před 9 měsíci +1

    Vania ni keza caneeee

  • @AmandineKazeneza-jd6nh
    @AmandineKazeneza-jd6nh Před 9 měsíci

    Vaaania umuti niwo pe Jew nakumenye kuberaa iyi ndirimbo

  • @GuyFabelUWONKUNDA
    @GuyFabelUWONKUNDA Před 9 měsíci

    What a voice

  • @costantinimpore7261
    @costantinimpore7261 Před 9 měsíci

    Love you from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @iradukundaangemireille4969
    @iradukundaangemireille4969 Před 9 měsíci

    TOP CANE VANIA.TERIMBERE MWIZA

  • @rg4631
    @rg4631 Před 9 měsíci

    ni mwiza kandi aririmba neza 💝

  • @user-nj7yl2hh9i
    @user-nj7yl2hh9i Před 8 měsíci

    Vania 🔥🔥🔥

  • @cocoirankunda1884
    @cocoirankunda1884 Před 9 měsíci +1

    Ninde yumva ko iyi ndirimbo imeze nka mukobwa ndagowe ya Christophe matata

  • @iradukundanelly8972
    @iradukundanelly8972 Před 9 měsíci

    Ma belle.

  • @saidamrani4435
    @saidamrani4435 Před 9 měsíci +3

    Vania barasa na hosy imenga baravukana

  • @JeantribertArakaza-vj3fq
    @JeantribertArakaza-vj3fq Před 9 měsíci

    Hobehobe😀

  • @Bujumburamag
    @Bujumburamag Před 9 měsíci

    HHhH nihatali pole sana vania kwahukana

  • @gracequeen3914
    @gracequeen3914 Před 9 měsíci

    Vania ice uyu muziki yinazemo atawuzi aba ablocka nabantu atazi😢oooh poor vania

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Před 9 měsíci

    🔥

  • @bechouingabire4818
    @bechouingabire4818 Před 9 měsíci +2

    Chch hosy ndagukund vrm knd namaz kuza kugura ariko malheusement siho waruri

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze Před 9 měsíci

      Merci mwiza🥹❤️karibu kandi🙏🏽

  • @badechristian206
    @badechristian206 Před 9 měsíci

    Muhakwa gusa somehow 😂

  • @yyyy6413
    @yyyy6413 Před 9 měsíci

    ❣️❣️❣️🥺

  • @FideliteNininahazwe-cg1iz
    @FideliteNininahazwe-cg1iz Před 9 měsíci +2

    ❤️❤️🔥🔥

  • @Musindi736
    @Musindi736 Před 9 měsíci +2

    Muga nubwo bigoye uragir aka E P ka audio hama ikindi nukuraba uko wo promotinga kko ikintu kijanye vieus kiracari hasi kandi biryoshe

  • @user-sj8zd2py6p
    @user-sj8zd2py6p Před 8 měsíci

    Vania ufis ijwi ryiza

  • @user-dg5gl4fk9h
    @user-dg5gl4fk9h Před 9 měsíci

    mbega hosy uwo mudame ntaco mupfana kombona umengo murasa?

  • @winnynduwimana4751
    @winnynduwimana4751 Před 9 měsíci +1

    Turamukunda

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před 9 měsíci

    Ati naremanywe ubuki?😀bumez bute Vania ?😀

  • @Musindi736
    @Musindi736 Před 9 měsíci

    Ese wimutse hewe

  • @nesly2023
    @nesly2023 Před 9 měsíci

    😑😑😑yoooooooo

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline9639 Před 9 měsíci

    Muri bezaaaa knd mushak gusa

  • @casoartv257
    @casoartv257 Před 9 měsíci

    Snygg

  • @inesineza-ro1hb
    @inesineza-ro1hb Před 6 měsíci

    Vania ufise ijwi ryiza cane

  • @muhozaemelyne7902
    @muhozaemelyne7902 Před 9 měsíci

    ❤❤❤🫂👌❤️🥰

  • @bsc4177
    @bsc4177 Před 9 měsíci

    Tuzoza kumushorera vania dusanze atariwe ariko arazidandaza tuzoca dusohoka 😂😂😂twizere kwadandaza amameshi ameze neza nkuko indirimbo ziwe zimeze neza?!

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Před 9 měsíci +1

    Ki Vania kavyi😅bush

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Před 9 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤❤