Intahe ya Christian NSAVYE //Urukundo akunda umugore wiwe//indero y'abana
Vložit
- čas přidán 29. 05. 2024
- Intahe ya Christian NSAVYE //Urukundo akunda umugore wiwe//indero y'abana
Casoar tv
Casoar Company
Nos services:
- Imprimerie
- Location des appareils
- Couverture médiatiques
-Salon de maquillage
-Production des documentaires
-Vidéographie et photographie ( mariage et autres évents
Dukorera Central building aho benshi bita kwa Kabwa bureau numéro 306F muri étage ya kabiri
Mufise ico mubaza hamagara kuri:
+46 73 614 70 72
+257 72 36 73 50
Murakoze
Famille inspirante.
Naho mfise abana bakuze, nanje ndahigiye murakoze!
Yooo nsavye namuheruka keeera wirambire.
Yambiiiii Famille NSAVYE murampimbayeeeeee caneeeeee , Ndabigiyeko vyinshi
Imana Ishishikare Ibakomereze Urukundo murumugisha kumahanga
Mrci frérot, famille géniale.
IMANA ihezagire iyi famille yatoje abana ingeso nziza tubarabireko.
Christian Nsavye,mungagara ndakwibuka cane!
abana vyaranezereje cane kandi nabavyeyi babo bubahwe nukuri iyi couple iraryoshe cane gose sinarinzi yuko. iburundi hariho abantu bangikundana uko pe🙏🏾🙏🏾❤️❤️
Komera @Mugisha Arlette 🙌🏾🙌🏾🙌🏾,nakunze ikiganiro ca @Christian Nsavye n’umuryango wiwe vraiment biratesa 🥰😍😍☺️☺️,c’est très mignon,Love from Sweden 🇸🇪
Tack så jättemycket 🙏
Imana ikomeze ihezagire famille Nsavye. Vous êtes un modèle à suivre ❤❤🎉🎉
Yooo ututwana turambereye sana🎉🎉🎉
Un parcours et témoignage constructif
Wooooww kel belle famille vrm😍😍 abavyey barakwiye kwigira kuraba peee
Waaoiuuuu famille nziza canee
Wonderful!!!!
Inspiration , nice family
Wooooowwww chapeau 👌
Waoh nice Fam💗👌
Nice family ❣️❣️❣️💯
Kwizera Sonia mon délégué de classe 3 ème économique au lycée du lac Tanganyika
Nadege ca va❤
Ndanezerewe cane nico kiganiro
Nezerejwe cane na Sonia kuko avuze ukuri kuri nyokuru wiwe ndamwigisha niho nabiboneye
Ikiganiro ciza
❤
❤❤
Murahagije birahimbaye mwese yaba wewe na Nsavye nu muryango wiwe
1rst one....drop your likes❤❤❤
Christian ndamuzi Ocaf Q1 ou Q5 ntimba ntibeshe...
Noe koko uyumutama ababana niho akivyara
Igikuru ningene areze abo bana.... Nukuri twige gushima ivyiza kubera umuntu wese afise parcours yiwe.
❤