Kuku iyo unyoye imiti more than 1 year properly u become undetectable so u can not infect people and your virus become weak. Ukagera igihe virus nidiboneke mumaraso . Igatanga negative. Nimba atari ivyo Yesu ashimwe. Mais undetectable person abameze nkimuntu agwaye
Ibitangaza bya Yesu kabisa. Ubundi mugore is a bottom and umugabo ni top . Nimba arimuntu agite 95 % yokwandura numugore. Ivyo avuga nigitangaza. Mais je we nibaza ko soit yabaye indétectable résultat zabaye négative. Soit is not easy to believe this man ni cas tres rare umugore asambanye numugabo agwaye without condom ntagware. Birenze ukwemera. Jewe nzi umunyakenya yanyoye imiti nawe yagenda kupima bakamubwira ngo nigative. Akabatwenga kukoyarazi ko ari undetectable. Laboratory so muri africa nazo zipimabyose. Mais base de données irabihamya. This man he will find out after 2yrs after stop taking medications.
WAMWIBARIZA NEZA KURI 0785402539
Inzira z'Imana zirenze igihumbi, nanjye nizereye murasoyo maraso ya Yesu🙏
Nukuri barakira cane gose. Mukomeze kwumviriza kanguka. Hari intahe nyishi zabariko bakira SIDA, cancer n izindi.
Jewe nibaza ko wa baye indétectable kubera anywa imiti neza. Azomenya ko yakize niyamara nkimyaka umwe canke ibiri atanywa imiti. Kuko iyo unywa imiti neza virus barazibura mumaraso. Nomuri laboratory ntayobabona . Mais bababafite history yawe
Yes God is still available 😍 still the same ,never change
Haleluyaa haleluyaa haleluyaa Yesu nu mwami
Yesuwee ugira neza nanje ndizey yukw ukwo warejo nuyumusi nikwakiri
AMEN 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Muri kanguka yikirundi sida irakira pee
Imana irakiza nukuri iyowizeye cyane
That's what Jesus does
Kuku iyo unyoye imiti more than 1 year properly u become undetectable so u can not infect people and your virus become weak. Ukagera igihe virus nidiboneke mumaraso . Igatanga negative. Nimba atari ivyo Yesu ashimwe. Mais undetectable person abameze nkimuntu agwaye
KARABAYE!SANDO yakiriye Umukobwa Amutana UMWANA ariruka🤦♂SHANIA Amufashije kumushaka/turarize twes
Ibitangaza bya Yesu kabisa. Ubundi mugore is a bottom and umugabo ni top . Nimba arimuntu agite 95 % yokwandura numugore. Ivyo avuga nigitangaza. Mais je we nibaza ko soit yabaye indétectable résultat zabaye négative. Soit is not easy to believe this man ni cas tres rare umugore asambanye numugabo agwaye without condom ntagware. Birenze ukwemera. Jewe nzi umunyakenya yanyoye imiti nawe yagenda kupima bakamubwira ngo nigative. Akabatwenga kukoyarazi ko ari undetectable. Laboratory so muri africa nazo zipimabyose. Mais base de données irabihamya. This man he will find out after 2yrs after stop taking medications.
Jesus is the Lord and alive!
Hareruyaaaaaaaaaaa
Komeza imiti
Ntiwizere ko wakize ahubwo ugeze ku rwego rwiza ko itaboneka kubera ufata imiti neza.
Kurwara SIDA no mumutwe
hello my friend nitwa keza ndakwinginze mfasha ukande kwi photo yange unkorere subscribe ndagusabye mfasha🎸🎸🎸U