Umuvugizi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi yabajijwe ibiri mu butumwa Paul

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 03. 2022
  • Mu kiganiro c'abavugizi bose b'inzego za Reta, Umuvugizi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi yabajijwe ibiri mu butumwa Umukuru w'Igihugu c'Urwanda Paul KAGAME aheruka kurungikira mugenzi we w'Uburundi Evariste NDAYISHIMIYE. Mu gihe imbibe z'Urwanda zamaze kwugururwa, ku ruhande rw'Uburundi nabo boba bazokwugurura ryari ? Kurikira Evelyne BUTOYI Umuvugizi w'Umukuru w'Igihugu.

Komentáře • 2

  • @stevenruhunga3677
    @stevenruhunga3677 Před 2 lety +2

    Izonyishu ntizihagije

  • @agaseketv3554
    @agaseketv3554 Před 2 lety

    czcams.com/video/jAxgBYwrynE/video.html
    Nibyiza cyane reba iki kiganiro uraryoherwa cyane