Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE arahimiriza abarundi kuzokwitabira rusansuma rwimirije

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2024
  • #Burundi Umukuru w'igihugu arahimiriza abarundi kuzokwitabira rusansuma rwimirije kuko ari rwo ruzokwerekana aho igihugu kigeze mw'iterambere. Prezida Evariste Ndayishimiye yabishikirije kuri uyu wa mbere mu ntara ya #Makamba, aho yari mu rigendo #Inkebuzo, akaba yifadikanije n'abenegihugu mu bikorwa vyo guca imikobeko yongera agendera imigambi y'urwaruka harimwo iyifashwe mu mugongo na Paeej-Burundi.

Komentáře • 1