Kigingi, nakubonye ubwambere en novembre 2023 duhuriye aéroport de Montréal. Sinari ndakuzi ariko j'ai tout de suite aimé ta personalité. Iki kiganiro nacumvirije cose tu es très intelligent et tu es agréable à écouter. Bon courage+
Hosy bwira kigingi abarategura show zomuntara Hagati can can muRumonge haratesa aba jeunes baho bikundira ama vibes atesa . ndamwokereze imikeke nu burobe 😂
Kigingi ufise ama blagues menshi wakinye naho woyasubiramwo abantu bobikunda cane. Mais ikibazo Kigingi afise talent ya improvisation ama blagues ayatera kuri public iba iri ngaho nyene. Ivyo ntibishobira benshi.
24:15 bavyita control ya droit d'image. N'ikintu ciza caaane kuri developpement ya industry (film, music, sport,...) hose bikwiye kumera uko. Nos artistes muzoheza mutere imbere.
Hari inkuru y'umwana aciye ubwenge niya Kanka Moussa naho yoyisubiramwo 10fs sinoheza gutwenga
Kigingi, nakubonye ubwambere en novembre 2023 duhuriye aéroport de Montréal. Sinari ndakuzi ariko j'ai tout de suite aimé ta personalité. Iki kiganiro nacumvirije cose tu es très intelligent et tu es agréable à écouter. Bon courage+
Kigingi nawe tunagupenda sanaaa ushike kure cane ukomeze kututwenza disi
Kiging nkunda akaririmbo ukunda gukoresha iyo uri mumahanga uri umurundi w'umutima.jtm❤
Love from Rda🇷🇼arko muzabitekerezeho muge munyuzamo mukorere no hanze❤
Nicogituma nkunda siren vibes nivyayo vyose amakosa yabo ntayombona mbonivyiza tsuuu❤❤❤ 💥 ❤️ i love you hosy numutumire wawe Kigingi wacu arinawe wacu❤❤❤❤❤❤
🤣🤣🤣🤣😁😁😁😀😀😀😀🤣🤣🤣🤣😂😂 ndatwenzeeee namarira araza ingene Maman wa kigingi yamusezeyee ngobayiiiii kigiiii😀😀😀😀😀😀😀😀🤣🤣🤣🤝😅
Kigingi naho nzosigara ndumwe nzoguma ndi umufana wiiweeeeeee. Hosy thx sanaaa kutuzanira kaigingiii😅😅😅❤
Kubadida 😂😂😂
Hosy bwira kigingi abarategura show zomuntara Hagati can can muRumonge haratesa aba jeunes baho bikundira ama vibes atesa . ndamwokereze imikeke nu burobe 😂
Kigingi, inkuru yawe uja mumodoka ya papa wawe gushika i Gitega, nubu ndayibutse ndatwenga😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂justmt nubu ndamubony niyo ndamubonamwo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂irya nubw yoyisubramwo nsubir gutweng gushasha😂
Ni mumbarire iyo nkuru Aho noyisang nje kuyumviriza
Yooo,Hosy merci pour le sacrifice mugabo ntanivyo nari namenye kuremvye ariko ni bon
Ego nawe is not an issue at this cha😢😢😢🎉😂😂😂🎉🎉😂❤😂🎉🎉😂❤❤
Ngo mwijend ???har ukunt nd❤❤❤
Hosy turagukunda caneeee, ufise Ama émission aryosheee kdi witwegera neza.
Murakubuje bacha😂😂😂😂😂😂😢😢😮😮😂🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Kigingi ufise ama blagues menshi wakinye naho woyasubiramwo abantu bobikunda cane. Mais ikibazo Kigingi afise talent ya improvisation ama blagues ayatera kuri public iba iri ngaho nyene. Ivyo ntibishobira benshi.
Mukunda kuva kera kigingi 😂😂😂
Hhhhh!!Mana yange!!Kigingi Agacumito Ni Agaki kweri!!Abarundi Murantwenza Kabisa!!!😂😂😂😂😂😂😂😂
Ewe maman kiging shaaa ndegutse nuguseka vraiment umuvyryi aratesa shaaaa
Best comedy in country ❤
Best comedian
Kigingi and Hosy keep it up. Be blessed.
❤❤😂😢😢😮🎉🎉😮😢😢🎉😮😮😢😢😂😮muranyica cane bacha
Nivyo hano Canada abantu benshi baguma muma villes manini kubera agakuku k'abantu( influence) kwumva ko batoheba abagenzi n'ibirori mais abandi nabo banka guhindagura ubuzi abandi nabo bafise ikibazo ca déplacement kuko kuronka permis ntivyoroshe ,hanyuma transport nayo muma villes mato haraho itoroshe. Mvuze muri bikuru bikuru hariho n'ibituma abantu bagira amahimwo aya canke ariya.Kigingi komera cane très belle émission na Hosy❤😂😂
Ehee abatwenga courage Jew mbon atagitwengej wavuze ivyo n ibintu bito cn tuvyamamw burigih vraiment
Ntamu comedien mu Burundi nohanze yaho nkunda nka Kigingi big up sana
Merci bcq Rosy and Kigingi nanjye sinari kubarata bless u
Hhha kigingii kunkuru zaba mère ukuntu abiganaa birica grd comédie🎉🎉🎉 hosy jtm bcp🌹♥️
hahahahaha kingiiii ngo UWUGIFISE Azotwara uwutagifise; hama ngo abantu baje azoba bafise imeza bicarako nihatari igitoro carabuze none nintebe zarabuze munfashe mutubarize kigingi.
Naje iya kigingi ndayifana sana gusa nyene kigingi 100mil hari ukuntu kwaje❤
🤣🤣🤣😂😂😂kigingi nar ndagkumbye kbsa ham hosy natwe turagkunda vrmnt🙏
Nza nazinduka aho vyakabereye😂😂
Ngo Kaigingi!
Canke ni Kaigaingai!
Murakoze !
Vrt ikiganiro cari kiryoshe sana 😂😂😂❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ahuiiiiiiii....Hosy merci beaucoup ndongerej imisi yo kubaho ❤❤❤
Kigingi karibu tena au Canada! Iyo nkumi ndayikundaaaaa cyaneee niwangaruka muzagarukane uti ni karibu!
Kigingi best comédien💖💖💖🥰
Kigi j nzohava nsanga ntakiva kuri channel yaw😂😂😂ndagow nzoryoherwa🥳🥳💃💃💃💃💃
Twenga ntaranaraba ikiganiro🤣🤣🤣🤣
Hewe.Ndababaye.Kuko utaje Vancouver sana. Mishu kuki Atagutumiye Koko.Ngo uze Vancouver koko!!!Ubutaha natwe uzadusure❤❤
Ego 💯 ✍ 💯 naje dabikuda cane 😅😅😅😂❤😢😢❤❤❤😮😮😢😢😂😮😮😂kabisa😊😊😅😅😮😮😂😂🎉❤😂🎉
Ndakumbagaye ari introduction gusa harakantukimwe gusa ndabikundira muvyumve ❤❤
Ewe Hosy sh ngo muba Peuple😂😂😂
Najewe dabichaka kichirawmo kigigi
Ati ngo ok😆😆😆😆😆
Mama wawe aba grenby ndahazi muga si campagne ni heza pe❤
Ngez ndeka ndir numwana wanj ndameneka 😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ng bayiii rero
😂😂😂😂😂😂😂kigingi Vrmt uranyishe vrmt😂😂😂
Kigi uraza kudutwenza natwe🎉🎉canke wikundira buraya😅😅
Ndara ndakimaze ikiganiro kwari kigingi🥰
😂😂😂😂😂 😂😂 ndamukund kigingi basha
Hosy ❤🎉We love you 😍
😂😂😂udukura stress pe !!
Malheureusement sinoza i Burundi mais ahandi hose nzonza kukuraba kuko ntango basusurutsa 😅😅😅
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂sha nukuri😂😂
Erga kigingi niww wicisha bugufiiii. uvuga ngo ngiye gukina. Ariko ukwiye kuvyita uti ntanguye akazi
Intro yo nyene 😂😂😂😂😂
Ni vyiza ko yiyumvira guteza imbere abandi ba jeunes batwenza kugira abamenyereze. N'ahezagirwe
Mr Kiging, my comedian
Umuceri nawo ntururu ka? 😂😂😂😂❤️🇧🇮🇸🇦
Kigingi vt Muburundi turamufise vt iyo ni impano yigihugu tugenderako.yubahwe ndanamubony nca ntangur gutweng p.
Mr Kigingi habari zako my Friend.Turagukeneye mu bumanuko bw'Igihugu za Burunga(Rutana_Makamba).
Ico tugukebura nuko utishura izi commentaires 🥳
Hosy nukuri❤kandi gose
Kigingi yubahwe vrt😂ntanuwuzomusimbura
ducang tumugurir climatiseur hosy😂😂😂kigingi ubushuh buramwish
Kigingi urasesta❤
ENF : École Normale de Filles ewe Kigingi sha❤😂🎉 Nanje aho mba turafise ville yitwa Gränby 😂Ruguru hino nibo batunze😂
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ ❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😊😊
Oyaa kweli je Hosy ndamukunda
Kigingi Bashaaa
Ndabakunda murikumw
Muchiremwo none kigigi nukuri
Aga pro max😂😂😂
Murakoze kudukorera ijoro madame Hosy na Kigingi...but mbona umenga images ntizimeze neza mais c'est pas grave
Merciii Hosy ❤my Artist Kigingi
Kigingii❤❤❤❤❤
Mbe ko Hosi afise amapalala menshi ! Hold your spirit please !
Genda kigingi uratwenza😂
Fraicheur ziramumaze
Agahiri canke akamangu
Reviens Montréal c était cool😂
Ibicurane ni rhume😅
24:15 bavyita control ya droit d'image. N'ikintu ciza caaane kuri developpement ya industry (film, music, sport,...) hose bikwiye kumera uko. Nos artistes muzoheza mutere imbere.
Ndamenets 🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂
Njye ndamukunda Hosy ❤😅 KIGINGI tu parles pas pour moi ici 🤦🏽♀️😂
😍😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️🫂🫂
Natumire akeza net itugirire live🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
😂😂😂😂😂ngo amakur yo mugi swahili kd ninkuko abo kur RTNB borosh gufat mu mutwe
J'aime Hosy Irakoze♥️🔥🔥♥️
Emission nziza cane 😊😊😊 ariko camera si 100% image ariko courage
Kuber’iyi émission nciye nja kuraba youtube channel ya Kigingi😅
Kigingi azanye iciyumviro ciza
Grippe yitwa " muhure " kivuye mu guhura = gusekura , niko bavuga imbo . Apana guhura rencontrer oya guhura ni gusekura mu gitaza niko bavuga
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ❤❤😂😂is 😂😂😅😅😮😢🎉🎉😢😢😂😂❤😂😂nimechi mugabo waggu😅😅😮😢😂😂🎉❤😂😮😂😮😢🎉
Good🥰🥰🥰🥰
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ ❤😂😢😢❤❤😢😢😢😂
Oya kweri iyakinye afise inda sinoyihaga narimwe nahoyisubiramw ibihe vyose iguma arinshansha
Hosyy byeeeee👋😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣kigingi sh🤌🤣🤣
Hosy wampaye neza kunda ukuntu wambara cane
Kigingiiiii