BIRI HOT 🥵 na Raoul w’Umukobwa😂 turatwenze n’amosozi arakoroka🤣/Umve utu tubazo twamunaniye😭

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 23. 08. 2024
  • #sirenvibestv #birihot #comedy

Komentáře • 277

  • @AllaboutHosy
    @AllaboutHosy Před 5 měsíci +39

    Enjoy the show😂😂😂😂 en tout cas abaza kumara ikiganiro cose ntimugenda ata myaka yiyongereyeko ku buzima bwanyu😂😂😂😂

  • @hamidahamida4116
    @hamidahamida4116 Před 5 měsíci +5

    Arabeshe sley queen na boss ready baratandukanye😅😅😅

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 Před 5 měsíci +4

    Hosy ch Ejooo ndaguhabwe Nkunda wow n'a peshi na siren vebs tv

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Před 5 měsíci +3

    Ariko ga Mana kuv mbony ik kiganiro ntwenga ndagitangura ntwenga nubu ndagihejeje ntwenga nukur😂😂😂

  • @tresormunezero-fj6it
    @tresormunezero-fj6it Před 5 měsíci +2

    Felicitation hosy ubandany udukorer ibint vyamatek courage

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv Před 5 měsíci +2

    Raoul grd comédie😂😂 hosy niw wamutij ikanzuu🤣🤣🔥

  • @Floxa9030
    @Floxa9030 Před 5 měsíci +10

    Hew merci nzopfa hirya yejo uyumusi ntahonja😂😂😂😭😭😭😭😭😭😂😂😂😂

  • @user-wn5kt5hg1z
    @user-wn5kt5hg1z Před 5 měsíci +4

    Hosy, umutumire wa jeudi prochain uzotuzanire Maman Kaïs.

  • @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
    @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm Před 5 měsíci +11

    Ibaze gutweng ntarayirab😆🤣🤣🤣

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 Před 5 měsíci +5

    Raoul aratovyeee ni baby😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndakumbagayeee 😍😍💖🇧🇮🔥🔥🔥👌

  • @user-wn5kt5hg1z
    @user-wn5kt5hg1z Před 5 měsíci +2

    Hosy iyo kanzu watijije Raoul nukuri iramubereye cyane raba uyimugabire.

  • @vanilladushime2272
    @vanilladushime2272 Před 5 měsíci +1

    😂😂😂pour la deuxième fois ndamaze ikiganiro kuva siren yagatangura kubwa Raoul😂😂😂😂 Raoul wubahwee😂😂😂

  • @user-mi2ye9vh2e
    @user-mi2ye9vh2e Před 5 měsíci +1

    Raoul vrt arantwengeje cane,hosy ikiganiro kiraryosh can,courage

  • @kmp8979
    @kmp8979 Před 5 měsíci +1

    You made my day nari naraye kukazi nta gahunda nimwe mfise.😂😂😂

  • @ellaalida324
    @ellaalida324 Před měsícem

    Hosy na Raoul ndabakunda cane jw ahundi ndapfuye gutwenga😂😂😂

  • @cleppin
    @cleppin Před 5 měsíci +7

    je ndaje mump'indaro kukw'abantu tubana baranyirukany ngo ndik ntwenga cane nkasarisha🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @pastorGaella
    @pastorGaella Před 5 měsíci +2

    😂😂😂😂😂ooh Lord..gutweng du debu juska la fin.. this is one of the best

  • @Possible204
    @Possible204 Před 5 měsíci +1

    Sinahora ngira commentaire, uyu musi vraiment ni siren . Murakoze

  • @inagwen8086
    @inagwen8086 Před 5 měsíci +9

    Kandi iyo mpuzu niya Hosy🤣🤣🤣🤣

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 5 měsíci +1

    Nukuri yaberewe pe buriya narinamwobewe 😂😂😂

  • @ariellandayishimiye8278
    @ariellandayishimiye8278 Před 5 měsíci +2

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 murakoze kuntwenza😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤ewe mwana wokumusaga warisariye neza neza😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ❤❤❤❤

  • @kmp8979
    @kmp8979 Před 5 měsíci +1

    Ngo umutima uri musi y'ibere😂😂😂

  • @laurinekaneza4964
    @laurinekaneza4964 Před 5 měsíci +1

    Numva ndushe munda kubera gutwenga🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣yooo Mana weee 🤣🤣

  • @LyseAkimana-dn4ir
    @LyseAkimana-dn4ir Před 5 měsíci +1

    Vrt urirofa uranyishe ndiko nditwengan jenyne😂😂😂😂😂😂

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 Před 5 měsíci +3

    Chef de zone wa Musaga yitwa #NIYOKINDI_Magnus

  • @esperancensabimana9892
    @esperancensabimana9892 Před 5 měsíci +14

    Iyo kanzu nayimny niya Hosy😂😂😂

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck Před 5 měsíci +2

    Hosy na Raoul imbavu zacu muvunaguye 😂murabe muduhe indishi pe.

  • @user-mr3jc4pf9n
    @user-mr3jc4pf9n Před 5 měsíci +2

    Bnjr ma chr hosy kuv naraba ibiganiro byaw uyumunsi niho ngiz comment but uyumu type aranyish nukur😂😂😂😂😂😂😂 araberewe nukuri knd cane so naw courage ❤❤❤❤❤❤

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o Před 5 měsíci +1

    Hosy Imana ikubone pe uramvunye imbavu kimwe gusa ndakwikundira

  • @user-fw4uv1nb5u
    @user-fw4uv1nb5u Před 4 měsíci

    Ngo kiragiye😂😂😂😂 .ndamanyaguritse😅😅😅 mwarabu aranyirukana🤣🤣🤣🤣

  • @dondirce
    @dondirce Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😅😅yivye amajana atatu😂

  • @CNC-qv8bu
    @CNC-qv8bu Před 5 měsíci +1

    Sha Hosy ntashoboyse ndakurahiye😂😂😂

  • @nickamute4709
    @nickamute4709 Před 5 měsíci +1

    Arabeshe ntiyitwa alexandre😂😂

  • @nadinenadine-mn4ub
    @nadinenadine-mn4ub Před 5 měsíci +1

    Mana ndapfuye impanvu zanje murazimaze😅😅😅😅😅

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw Před 5 měsíci +1

    Ndamanyutse nukur😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy Před 5 měsíci +3

    Ubundi nimwe banjye munkoreye umusi😂😂😂😂

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 Před 5 měsíci +1

    wagiz creation nziza Hozi

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před 5 měsíci +1

    Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂

  • @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
    @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm Před 5 měsíci +2

    Reka mbanz nicare ndabe kwanz🤣😅😅

  • @SnellablaireNduwumwe-iw1bh
    @SnellablaireNduwumwe-iw1bh Před 4 měsíci

    His th best comedien ever😀😀 yaranaberewe

  • @anhamo2921
    @anhamo2921 Před 5 měsíci +4

    Basha ndatwenze ndazimira ngo hari umukobwa tubana yavutse muri piscine iyo bavyibutse baca bamuhondagura😂

  • @jilu1095
    @jilu1095 Před 5 měsíci +2

    Kandi😂😂😂 biramuberey kubumugore😂😂

  • @bigiclovan9348
    @bigiclovan9348 Před 5 měsíci +1

    1000 niy aguma abura😊

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs Před 5 měsíci +1

    Jewe nukuri muranyishe 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-xe1nl7tx4y
    @user-xe1nl7tx4y Před 5 měsíci +2

    Franchement 😂😂😂😂murankorey umusi montage yoyo irarenz 😂😂🎉🎉

    • @bernicemidonzi8752
      @bernicemidonzi8752 Před 5 měsíci +1

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Izo montage sinzi aho bari bazibitse🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @user-yq8je2pj1r
    @user-yq8je2pj1r Před 5 měsíci +1

    Nukuri yaberewe vrt mais kwicara byamunaniye Raoul uruwacu brr

  • @FrankLightlifeirakoze
    @FrankLightlifeirakoze Před 5 měsíci +1

    Hosy yeeee ya kanzu yaweeeee ash nzorab k uzosubira kuyambara Raoul yayisuriyemwo😂😂😂😂😂

  • @claudinekanyange1069
    @claudinekanyange1069 Před 5 měsíci +2

    Kəndi ga wogira ninkumi😂ndabir a iyinyambaro vrt😅

  • @christabellainakaneza7783
    @christabellainakaneza7783 Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😂😂iyo mpuz niy hossy kwel😂😂😂😂😂

  • @EmedienneNKUNDIMANA-hq8wm

    😂😂😂😂😂 murantesa pe

  • @tumukundescheilla580
    @tumukundescheilla580 Před 5 měsíci +1

    Iyo kanzu ndayizi kwa hosy😂

  • @bajoubeto1421
    @bajoubeto1421 Před 5 měsíci +1

    Raoul yisiguye gose kandi yananiwe😂

  • @NiyokwizigirwaUziella
    @NiyokwizigirwaUziella Před 5 měsíci +1

    ndahweereye neza🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ClarisseMunezero-zo7we
    @ClarisseMunezero-zo7we Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😂😂Nukuri raou urigisazi

  • @herveiranezereza7952
    @herveiranezereza7952 Před 5 měsíci +1

    Ikikiganiro nukuri nicambere😂😂😂

  • @yvettedusabe547
    @yvettedusabe547 Před 5 měsíci +1

    Kandi iyo kanzu niya Hosy😂😂

  • @ariellaclaudiaingabire4096
    @ariellaclaudiaingabire4096 Před 5 měsíci +2

    iyo kanzu nimwe ya hosy😂

  • @user-nh2ik7lw1t
    @user-nh2ik7lw1t Před 5 měsíci +1

    Nagume uko 🤣🤣🤣imbavu zanje mana 🤣🤣🤣🤣

  • @ariellandayishimiye8278
    @ariellandayishimiye8278 Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂 birase kumpeza gutwenga Raoul yabafise igisusu😂😂😂😂😂😂 akambara nkabakobwa 😂😂😂😂😂 harabomwirukako batamuzi😂😂😂😂😂😂😂😂😂yooooooo merci kuntwenza😂😂😂😂😂ikiganiro ciza turongereje imisi yukubaho mugutwenga😂😂😂😂😂

  • @Clara26718
    @Clara26718 Před 5 měsíci +1

    Kwatahinduy ijwi😂😂😂😂

  • @nduwayojando4170
    @nduwayojando4170 Před 5 měsíci

    Ndagukunda Hosy wanj❤❤❤

  • @jilu1095
    @jilu1095 Před 5 měsíci +1

    Turabe inyuma naho ibisusu😅😅

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😂Raoul uramvunaguy imbavu zNj urandiha

  • @user-hs5rn3dq6b
    @user-hs5rn3dq6b Před 5 měsíci +2

    Yambay ikanzu ya hosy😊😊

  • @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii
    @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii Před 5 měsíci +2

    C'est la letre m vrmt ! Nakumbagaye nukuri nawe urategura kwl HOSY URANYISHE NUKURI GUSA HINGE NJE GUTORA IMPUZU YANJE YA LE 8 mars kwl ndazi tailleur yayihejeje

  • @florenendayikeza515
    @florenendayikeza515 Před 5 měsíci

    Mu ntumye ryama neza😂😂😂 Raoul wubahwe😘😘.Merci beaucoup mama Siren@hosy

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 Před 5 měsíci

    Hosy bwira Raoul k namufatiy icumba kwa legentil anyaruk muganga aramurindiriy😂

  • @user-go7kw7lc8g
    @user-go7kw7lc8g Před 5 měsíci +1

    Raoul birya bintu bamuhaye bonus Gabura ibiyeri naw Hosy ntawe azi reka kumugora.

  • @don-dellyirinimbabazi4540
    @don-dellyirinimbabazi4540 Před 5 měsíci

    Raoul ntukwijee😂😂😂😂😂😂😂

  • @nanananette031
    @nanananette031 Před 5 měsíci +1

    Nabony ko iyi vidéo iza gushikana 1M views mu kanya gatooo🤣

  • @BienaimeNasasagare
    @BienaimeNasasagare Před 4 měsíci

    😂😂😂 umukenyezi kigingi

  • @user-gx6cm7zs7k
    @user-gx6cm7zs7k Před 5 měsíci +1

    Courage Hosy muradutwengenj

  • @AsiaBeond-lo6gs
    @AsiaBeond-lo6gs Před měsícem

    😂😂😂urirofa

  • @ZakiaCadette
    @ZakiaCadette Před 26 dny

    😂😂Raul namanyanga pe😂😂😂

  • @alicekanyamboalicekanyambo8178

    Yivy igihumb nyene hosy wanje nukuri

  • @Steph_Marley
    @Steph_Marley Před 5 měsíci +6

    Ndakeney kumeny ivy raoul yari yanyoye ko inzoga zabuze yotubwira aho yazikuye vrm😂😂😂😂😂😂

  • @dickmanirakiza
    @dickmanirakiza Před 5 měsíci +1

    I need the weed u smoke guyz😅😅😅😅

  • @Examenjs
    @Examenjs Před 5 měsíci

    😂😂ndaheze umwuka😂😂😂😂😂😂

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před měsícem

    Wapi vrema

  • @8877Bella
    @8877Bella Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😅🤣 Thank you for a good show

  • @user-tm3bv1bd2b
    @user-tm3bv1bd2b Před 5 měsíci

    😂😂😂 biryoshe ntaraheza

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp Před 5 měsíci

    😂😂😂😂Raoul u're the best🙌🙌🙌

  • @YvesIracaniye-rn3kl
    @YvesIracaniye-rn3kl Před 5 měsíci

    Oya yamutwaye 1000f
    Gus'agumahomba1000f
    Kuk ibindi yarabirishe
    Ninkuko yari kugurira
    Ahandi❤

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n Před 5 měsíci +1

    Ce qui est bon 😅ndamukund

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 Před 5 měsíci +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂nn bash murankoreyumus😂😂😂😂😂

  • @ineskwizera9456
    @ineskwizera9456 Před 5 měsíci

    Yivye 1000 fr

  • @elsamanirakiza8725
    @elsamanirakiza8725 Před 5 měsíci

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ahwiiiiiii merci raoul🤝🤝🤝

  • @umutonirica4287
    @umutonirica4287 Před 5 měsíci

    Uwo mu Raoul aradutembagaje

  • @user-cr7bq3fu3u
    @user-cr7bq3fu3u Před 5 měsíci +1

    Yivye 1000

  • @MC-ch1bi
    @MC-ch1bi Před 5 měsíci

    😂😂😂😂ndapfuyeeee😭😭😂😂😂😂raaoulll vraiment😭😭😭😭😂😂😂😂😂😂

  • @KimanaSanta
    @KimanaSanta Před 5 měsíci

    Araberew umenga nagakobwa keza

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 Před 5 měsíci

    Hosy yambaye ikanzu yawe nayimenye🤣🤣🤣

  • @Roxanar890
    @Roxanar890 Před 5 měsíci +3

    😂😂😆😆😆😆

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si Před 5 měsíci

    Yoooo ntakuntu warikugira ubwenge hosy yakwambitse ikanzu akagufunga no mumutwe

  • @LouangeEluardNkurunziza-jh8lu

    Basha mutugeze aho nukuri muratubabaje imbavu

  • @ndayishimiyeDieudonne-od7td
    @ndayishimiyeDieudonne-od7td Před 5 měsíci +1

    Uri keza

  • @MakurazaJos-mi7my
    @MakurazaJos-mi7my Před 5 měsíci +1

    Biramubereye vraiment.

  • @cynthiairakoze3025
    @cynthiairakoze3025 Před 5 měsíci

    Araberew😅

  • @user-rz8qo1gg3g
    @user-rz8qo1gg3g Před 5 měsíci +1

    Hosy nukuri ukuntu wambay kuri camera raba wikwize

  • @francinenibigira247
    @francinenibigira247 Před 5 měsíci

    😂😂😂😂😅 ndamanyutseee yemweee