Surprisee🔥FILM INTORE NTINDI irakoze ibara:Ngiri ibanga rinyegejemwo //AMEDÉE ubwambere arahagurutse

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 30. 05. 2024
  • #cinéma #68023566 #bmt #cinéma
  • Zábava

Komentáře • 31

  • @isaacvyihoze9029
    @isaacvyihoze9029 Před 2 měsíci +1

    ❤❤❤❤❤❤ nca nirenganiree hanyuma ndindire.
    ariko Amédée uzi gukwepa kwemera ko uzi uri igihangange

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza Před 2 měsíci +2

    Welcome Amedé wumveko tugukunda kandi abakunzi bawe turinyuma yawe welcome again❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 Před 2 měsíci +1

    Amédée hejuru Can turakunda ibikorwa vyawe gusa bidushikira bitevy can

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Před 2 měsíci +3

    🎉🎉abatari ngaha barihe 😂😂😂😂😂ok mudutemwo intore ntiindi

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd Před 2 měsíci +1

    Courage

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 Před 2 měsíci +1

    ndamukunda uyomusore wuburundi❤❤

  • @Moriahburundi
    @Moriahburundi Před 2 měsíci

    🔥 🔥 🔥 🔥

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 Před 2 měsíci +2

    Wewe ndagutinya Flm zawe ziza atari twatwana vrmt ntitwari tuzi ko hari Flm yota hasi ishusho yumuntu. Cank ihurizo rya makuba vrm intore ntindi yaje kurundi rwego kwl wew wubahwe❤❤❤

  • @user-ei9mc9pv4z
    @user-ei9mc9pv4z Před 2 měsíci +1

    Jakuryama nkivyo mutubwira nibiki nga kuma sosho media jakuryama 😊😊😊

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066

    Amédée courage kure cane hashoboka niho nkwipfurije kuzoshika🌹🌹🌹🥰🥰🥰🙏🙏

  • @ndayishimiyesandrine832
    @ndayishimiyesandrine832 Před 2 měsíci +2

    ❤🎉

  • @user-bg8qi9cx9w
    @user-bg8qi9cx9w Před 2 měsíci +2

    Turagukunda amede gusa mwatunyoteje

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Před 2 měsíci

    Amédée vrt respect urazi kwiyumvira pee mama wee naraye numiwe ikirundi cinzobere naco abana bavukiye ibujumbura ntibashobora

  • @user-mw6kz5zo4x
    @user-mw6kz5zo4x Před 2 měsíci

    Amedee munzosubiremukorane hamwena fanny burya vyoregagaho wiyumvira 🎉🎉🎉

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze Před 2 měsíci

    Je dico arantangaza none ntakindi wozana Atari intore Sha jewe sinokubesha ntayo naravye yose ,iyo ntirengagiza ni ingaruka ya sabass kuva kuntango nubu ndacyayikurikiraba nibagende barabe yvete na mwene wabo na kiramvu irimwo inyigishonnyinshi cyane hama ureke guhayagiza intore hariho abandi bakozi we

  • @karicarmel4114
    @karicarmel4114 Před 2 měsíci +1

    Tiyirindirany igishik

  • @ruandarwada-yo7hy
    @ruandarwada-yo7hy Před 2 měsíci

    ❤❤❤❤

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze Před 2 měsíci

    Tena muje kureba urumuri filmshaeiyo inyigisho by mfalme and Danny mario

  • @b10tv19
    @b10tv19 Před 2 měsíci

    ❤❤❤

  • @Amna-rf7el
    @Amna-rf7el Před 2 měsíci

    Turategereje turabemera

  • @evelinievel7777
    @evelinievel7777 Před 2 měsíci

    Tuyirabehe intore ntindi twarayibuze igice cakabiri

  • @user-ei9mc9pv4z
    @user-ei9mc9pv4z Před 2 měsíci

    Kusavye akagogwe twakubabariye tuzoyiraba basi 😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze Před 2 měsíci

    Tena kontarigera mbona utumira King Sabass and Mfalme Danny nuko badashoboye reka kuba uhengama dicco

  • @Denise-iw5ue
    @Denise-iw5ue Před 2 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @richardnshimirimana8
    @richardnshimirimana8 Před 2 měsíci +4

    I'm the first one!! Mumpe like zanj nitambukire abar bakumbuy Amédée amaboko hejuru 🙌🙌🙌

    • @ciatt9587
      @ciatt9587 Před 2 měsíci

      Izo like murazidandaza?😅😂??

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 Před 2 měsíci

    .nimuduhe link yintore ntindi

  • @SadatMobile-kz6ft
    @SadatMobile-kz6ft Před 2 měsíci

    Nonenimuyizene

  • @user-jj7md2ru8r
    @user-jj7md2ru8r Před 2 měsíci

    Numva narayihimvy isigae inanshish mwarahomvyehubwo nn irihe kuvaho mwagiriyibiganiro😏😏

  • @SadatMobile-kz6ft
    @SadatMobile-kz6ft Před 2 měsíci +1

    Zananimeroyahombadadazaivutanoo

  • @freshtv257
    @freshtv257  Před 2 měsíci

    Intore ntindi trailer czcams.com/video/z7uzModBcbA/video.htmlsi=xEanQ4evsnZPQdcD