Ubuvugishwa bukomeye kuri AMEDEE na FANNY ,BMT ntibahirahire ngo basohore INTORE NTINDI barakubitwa!

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 4. 06. 2024
  • #BMT_buja #Fanny_Lavine #68023566
  • Zábava

Komentáře • 50

  • @user-zu8xm4us9v
    @user-zu8xm4us9v Před měsícem +3

    Wewe ushobora kuba urumurozi ntagupingana murivyo umugisha wumuntu urizana sha Amede hejuru cane

  • @NonoNono-px2nx
    @NonoNono-px2nx Před měsícem +1

    Jewe ndanka abantu bababeshi nkabo.
    Abo bahabwa amafaranga kugira baze gutera ubwoba abantu
    Ndetse Amédée konzi ari muruhande rw'Imana ninde yoza amukanga.Amedee ikirenge kumuriro ntukureko kuko itera bwoba ntiryigera rifata umwana w'imana.

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066

    Uyo mugabo ntamakuru afise🤣🤣🤣🤣🤣 amasaha ndiko ndayaharurira kuntoke mukanya kuri BMT harasha🔥🔥🔥🔥🔥 INTORE NTINDI hejutu cane✌️✌️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @user-xi1qu7dx2x
    @user-xi1qu7dx2x Před měsícem +3

    Ntamakur ufis wew bury urafis ubweng bukwiy ushobor Kuba Uri umuroz Wa kigodye we abakunz bintor ntindi muz tuyirindir intor ntind hejur caneee

  • @renildeniyonkuru9963
    @renildeniyonkuru9963 Před měsícem

    Intore ntindi hejuru cane❤❤

  • @ElianeIRADUKUNDA
    @ElianeIRADUKUNDA Před měsícem

    Fanny na nyinyurana n'umuntu muhungu wew ufis ivyo wishimira nabo bafise Imana yabo ukomey

  • @user-ic7ol1dh3v
    @user-ic7ol1dh3v Před měsícem

    Yesu turengere

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 Před měsícem

    Amédée hejuru Caaane ntuze wigererany nuwukurush umutwd😂😂

  • @user-tt8mi5wc5s
    @user-tt8mi5wc5s Před měsícem

    Amede courage musaza wacu abawe tuzoguma tugukunda knd tugukwurikirana.ntugire ubwoba kk uyo SI Imana knd SI na satani.

  • @irankundaalexine1337
    @irankundaalexine1337 Před měsícem

    Nibazako udasenga iyo dusenga, Imana yawe rero menyako itazotsinda Imana yacu tuzokugira kumwe kwa Eliya nabamwe basenga ibigirwamana, wewe rero iyo yakwiyeretse siyo, nibazako ufise ikibazo mumutwe kdi icowoba wizeye cose turafise Imana, Amedee ntusubire kumucisha mukanwa uryamusaza

  • @AnaniasNduwayezu
    @AnaniasNduwayezu Před měsícem

    Ahubwo uwo mugabo n,umurozi ariko ntabwo dutinya kuk turafise Imana Amede Imana irimpande yawe kuk abotunigana nsab,Inyama n, amaraso (intore ntindi)💪💪💪💪💪♥️♥️♥️♥️

  • @user-wc3qo3ud1p
    @user-wc3qo3ud1p Před měsícem

    Ubwibone ni bubi ivyiza ntibihaywa vyonyene birihaya,ahubwo ntamakuru ufise reka ndayaguhe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉intore ntindi ni vendredi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-qu7zk8yn8s
    @user-qu7zk8yn8s Před měsícem

    ❤❤❤❤❤ kure caneeee inconnu og

  • @JohnholypeterchanceBarik-bo9le

    Bamwe biringiye amagari namafarasi abandi biringiye ibigirwamana vyabo ariko twebw Imana twiringiye iri hejuruu ya vyoseee Amedee Imana irakubona

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 Před měsícem

    Number one🔥🔥🔥💯✨✨🇧🇮

  • @user-ic7ol1dh3v
    @user-ic7ol1dh3v Před měsícem +1

    Ibintu bigiye kwononekara

  • @ruandarwada-yo7hy
    @ruandarwada-yo7hy Před měsícem

    Ubwirat nibw bub intore ntindi ir hejur ukurek nkande usohor ubw bubash urabifis kk ew manukwiyemer nivy bibj pe amede hejur ❤❤❤❤

    • @user-mj4jm4hy9q
      @user-mj4jm4hy9q Před měsícem

      Nahowoba.urumurozi.rekakwigereranya.nintore.kandi.niwewe.wayiroze.ngontisohoke.umukuremurakgasaranikawe.amede

  • @AbAb-zn6cg
    @AbAb-zn6cg Před měsícem

    Wewe wasaze.ukobirikwose intore ntindi niyambere

  • @ingabirepenine3906
    @ingabirepenine3906 Před měsícem

    Rek turindire iyo film yawe yiyererwa.mugihe ciherezo abigira abavugishwa nimana bazoza aribenshi.rek guteran ubwoba kuk ntiwotubuza kuraba ivyodushaka nivyodukunda amedé heju cyane turinyum

  • @JohnholypeterchanceBarik-bo9le

    Nta film yoruta intore ntindi brooo😉

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official Před měsícem +1

    Diko ivyo bijuju bishaka kudugira muguponda aba legend mur movie ubiha umwanya gute je nkuwo ntanuwo noja nokuraba🤮burya hakwishima woshimwa nabandi

  • @Murundikazi
    @Murundikazi Před měsícem

    Imana irihangana kweri😂😂😂😂

  • @renildeniyonkuru9963
    @renildeniyonkuru9963 Před měsícem

    Hhh nanje nzoguha lumicash😮

  • @NdimuLyne-be4nf
    @NdimuLyne-be4nf Před měsícem

    Intore irayoboye kuko aga coming son nagapostinze Kuri page Yanje Ikaze kurabwa nabantu barenga 3mille kandi yatumiye munguka 25 suivre
    Mubwire uyo amanze yicare yige.ahubwo avuge tumushigikire.
    Na Fanny arayoboye

  • @MunezeroConcessa
    @MunezeroConcessa Před měsícem

    Ibigoryi birarwira umuntu yiyemera ndamwanka pe!!!!!😢😢😢ngwiyerekwa!!!!

  • @JohnholypeterchanceBarik-bo9le

    Kurahooo shaaa Ww ur IMANA 😉😉

  • @user-qu7zk8yn8s
    @user-qu7zk8yn8s Před měsícem

    😅😅😅😅😅 director hejuru cneeeee

  • @irankundaalexine1337
    @irankundaalexine1337 Před měsícem

    Bagabanye amajambo ariwe uyatanguye

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd Před měsícem

    Nimujemubikorwa mukure amajamboo

  • @user-zv8cg2lr4y
    @user-zv8cg2lr4y Před měsícem

    Iyo ni rofa aende hukooooooo ashak arek kugira bamurabire cineme knd s'abonner sikunguvu

  • @user-vl2ry9ze9t
    @user-vl2ry9ze9t Před měsícem

    Wewe reka Amede ntiwoshobora kumushira hasi Aho ndagukuye kunzira

  • @NepomsceneNikwibitanga
    @NepomsceneNikwibitanga Před měsícem

    Mr inconnu ❤😂😂urakaze

  • @user-ic7ol1dh3v
    @user-ic7ol1dh3v Před měsícem

    Numva noguma ngira conmenti kubera dico dico ndagukunda cane

  • @jeanclaudeofficial9653

    😢😢😢😢

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline9639 Před měsícem

    Dico mubwire uyo muntu kwataho azoshik,ameze uko

  • @user-ke6tm1ku7h
    @user-ke6tm1ku7h Před měsícem

    Gabanya ubwirate uje nabi kweli niho ukina urira nkenshi

  • @user-ch3yp2tl2v
    @user-ch3yp2tl2v Před měsícem

    Ingo zirazana kweli amarembo akakira.uzotangar film yawe uzotangazw nubuhing ivyo waruyitezek utabibony😂😂😂.ibikorwa birivugira rasta.abo uriko uraponda uriger wumva bishira hejuru nkuko kwawe??

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 Před měsícem

    Kwirata nikubi bituma udashika kuntego ushaka gushikako urabona iryoshari

  • @AudreilleIrangabiye-du4es
    @AudreilleIrangabiye-du4es Před měsícem

    intore ntindi sindota ndeka kuyikunda pee ahubw vendredi yatevye gushika

  • @user-mw6kz5zo4x
    @user-mw6kz5zo4x Před měsícem

    Iyoninjini

  • @flowermoniqueniyonyishu2875

    Wamugaboooo wacomye wasazeeeeee cankeeeeeee uvuga ivyutaziiiiii😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 NTORE NTINDI wew urazi imyaka tumaze tuyirindiriy??????rekarekaaaaaa ahubwo ww banza uyibike rwawe udashaka gishishagurwa

  • @AmenaBrondy
    @AmenaBrondy Před měsícem

    Emely😅😅😅😅😅

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline9639 Před měsícem

    Kura ubwirasi,nkiyo ntaniyo noraba,ntizob inaryoshe.....intore ntindi turayirindiriyeeee....we nawe ubwibbon ntaco bumaze,film zawe ntizizokundwa ukimeze uko

  • @AmenaBrondy
    @AmenaBrondy Před měsícem

    Emely😂😂😂😂😂😂

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official Před měsícem

    Intro yiwe yonyene iguter isesem ikiganiro wokiraba gute🤢

  • @emelinenegamiyimana4103
    @emelinenegamiyimana4103 Před měsícem

    wewe uzananye he??? ufise ubwoba

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 Před měsícem

    Amédée hejuru Caaane ntuze wigererany nuwukurush umutwd😂😂