Kanyange_Sandra_Hallelujah_official_video_UHD
Vložit
- čas přidán 3. 07. 2024
- Hallelujah by Sandra kanyange
Produced by Euphraim pro mix
Directed by Berger VU
Ino ndirimbo yakozwe kugira ifashe beshi mumitima
inabaremeshe kugira turushirizeho kumenya Christo .
subscribe
like
share
facebook_kanyangesandra
tiktok_kanyangesandra
whatsapp_+25767284149
Sandra vyukuri Imana igushitse kuyindi ntabwe iyi ndirimbo ninziza cn
Mungu asifiwe kweli
Sandra jewe Kaf homme capable ndakunze ibikorwa vyawe
Sandra vyukuri ugeze kuyindi ntabwe chch ndagukunda
Sandra ,imana niguhezagire kandi ibandanye igushoboza muri vyose..cane cane muyihimbaza.UZOTERA IMBERE MWIZINA RYA YEZU...URASHOBOYE
Ewana wew uri uwahe kweri ukora indirimbo nez cn, IMANA ikwongererez ubushobozi
Ndakwipfurije kubandanya ugere kure hatari aha gusa🎉
Uhoraho arushirize kukwongera amavuta ya Mpwemu yera!Arushirize kugukoresha ivy'ubuhizi ,azagushitse kure cane!Ibikorwa vyanyu turabishigikiye cane big up sana miss Sandra
Amen niyubwize
Waoooo vyiz cn Sandra courage iyindirimb ninziza cn
Imana ikomeze ikwagure muri byose
Amen lmana ikomez kukugez kure cane sha Sandra❤🎉
Mungu asifie❤
Halleluya shimwa mwami ❤❤❤
Kure cane niho nkwipfurije ma belle fille
Sandra Big up xana lmana igukomezee wabikoze bn❤
Amen courage
Hallelujah love from Aldo Promoter 🔥🔥
Imana ikomeze iguteze imbere
Ndagukunda
Great Sandra!!!!!
May the Mighty God bless thee!!!!
Hallelujah🎉🎉
Kwel lmana igukomeze wabikoze neza
Indirimbo nziza
Hezagirwa Mwigeme mwiza wa mabukwe wanje. Yesu aguhe ubwenge nubwitonzi. Ok
Amen amen murakoze cane
Message yashitse neza
Hallelujah Thx Dada reka duhe amashimwe Imana
Courage mushikanje
God🎉🎉🎉
It's a good song! Hejuru cyaneeeeeeeeeeee
Halelua 🎉 kure cane 🥳🥳🥳
good
Hallelujah 🙌kure cyn sandra
Courage ndiho akugeze kure
Hallelujah amen🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Amen.hama courrage murabizi kbx
Blessings upon blessings
Amavuta ya ndiho akomeze kurwira muri wewe ma fille
Courage
❤❤❤ Mungu Ndi ndiyo kweli Barikiwa Muno
Go ahead my sista, vidéo nziza, ijwi ryiza, amajambo meza kubisanzwe ntampamvu nimwe yotuma indirimbo itagera kure 👌🎧🎧
Congratulations ntugacikintege nibindi izabikora
Allez de l'avant
Very welll
What's Amazing message ❤❤
Good
Amen Amen halleluya
Kure cane niho nkipfurije Kanyange wacu
Haleluyaaa good ❤❤❤
Comera ncuti❤❤❤
Nice song
Vyiza cane kbx
Haleluya
Courage, imbere ni heza.
Love from Gloire to GOGO LOVE OFFICIAL.
Ubarikiwe my
Hallelujah! Hejuru cane niho tukwifuriza gushika🎉
Courage umukozi w'lmana
❤❤❤ indirimbo nziza cane
Ameeeeen🙌😍
Ndahezagiwe cjyane
Courage ma belle imbere niheza di mwiza🎉🎉🎉
Amen 🙏
Hallelujah 🙏 keep it up 🇰🇪🇰🇪
Courage yourselves
Vraiment ❤
Amen amen warakoze kuza kuducungura hallelujah so thx mukobwa wa yesu
Courage sandra mungu mbere
Amen amen amen amen 🙌 🙌🙌
Haleluia 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️
Nineza kbx
So nice song imebamba sana @sandra
Félicitation mamy
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Courage ma fille 💯
Cool
Amina ndahezagiwe peee
Ubarikiwe na Mungu
Video nziza I like it ❤❤
Courage vrt wahinduy terimber
Nice song may God bless you so much
Wawooooo good song. Hallelujah ❤❤❤❤❤❤❤❤ by #mrkayg
❤🎉
Courage Courage 🎉🎉
Nice S🎵 🎶
amen
Vrm que dieu te béni car tu nous faisons trop plaisir nous te souhaitons pour avoir progresser amen
Nice song. Bless you
Helelujah🎉
Amen Amen
Good Gospel. Amen🙏
Fire fire my dear
Waoh hezagirwa
Hallelluah!!!
Good song sistan hallelujah 🙌 Imana imbere congrats to u
Amen kurecan
Hallelujah kur cn sandra
Courage Sandra
HALLELUJAH HALLELUJAH GOOD SONG MY SISTER ❤🇺🇬
Halelujah shimwa mwami 🙌🙏
From Bubanza ❤❤❤❤
Utazoba nkabaraho baca bigira muri music yisi
Imana ibane namwe❤
Good songs
Move forward my sister❤❤❤❤
Hallelujah