Ayiwee 😭😭Sinzareka kubivuga mureke umurengwe Isi yuzuye ibibazo bikabije mwubahe Imana

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 14. 05. 2024
  • Bakunzi bajye mbashimiye uburyo mukomeza gushyigikira ibikorwa byajye cyane cyane BAVAKURE !
    Hari abakomeje kubwira muma comment ko babuze uko batugeraho , yaba kubifuza kuduha ibitekerezo cg ubundi bufasha...
    Niba ufite igitekerezo cg ubundi bufasha watwandikira kuri +25#0788469364_whatsapp
    MURAKOZE!

Komentáře • 50

  • @B-Y-N
    @B-Y-N Před měsícem +16

    Amen Amen Urakoze cane uko nukuri pe ibihugu vyose vyugarijwe nubukene hose igitoro carazivye bamwe bamwe twaribwirije duparika amamodoka. Ivyokudya bizimba buri musi. Njanye nabarundi bibereye mumatongo yabo bararonka naho basoroma imboga. From Australia 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺

    • @NduwimanaZenon
      @NduwimanaZenon Před 9 dny

      Uwo Muntu Yaguhenze Ngo Ibihugu Vyose birabuz'Ibitoro Uzomubeshuze.Gusa Vuga KO Ibintu Vyazimvye Nahonye Sicokwe No Mu Burundi Bwacu. Ibindi Siko Bimeze Gerageza Uve Mu Burundi Niho Uvyobonera N'Amaso Atar'Ivyo Uriko Urabwigwa.

  • @user-fy2cd2zg5g
    @user-fy2cd2zg5g Před měsícem +4

    Imberecyanee. Pasteur. Nkunda. Ukuri ujyira. Mubyigisho. Wigisha

  • @jeanpierreirangarukiye793
    @jeanpierreirangarukiye793 Před měsícem +2

    Imana iguhe Umugisha Pastor ; Knd Yesu azokujane mw'Ijuru🙏

    • @MarcBizimana
      @MarcBizimana Před 25 dny

      Imana ishishikare kuguhezagira ndakunda cane gose inyigisho zawe

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 Před 28 dny +1

    Urakoze cane mukazi w Imana

  • @MTheoTV
    @MTheoTV Před měsícem

    Surely much respect to this pastor he is the one that this world needs to help us like christians.May God continue to protect steps of your legs.

  • @ManirakizaDavid-lv7ok
    @ManirakizaDavid-lv7ok Před 22 dny

    Imana irakora kwr nukuri narayibonye impa ivyondarako bariko babinyaka ndasenga iranyumva kwr iriho kwr

  • @agnesieNiyonsaba
    @agnesieNiyonsaba Před 26 dny

    Uhezagigwe imana ikwambike inkomezi zokuragira umukuku wayo amajambo yawe nimazima aranyubaka canee

  • @user-sn2xf3xd8w
    @user-sn2xf3xd8w Před 20 dny

    Imana igume iguhezagira Pasteur

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi Před 29 dny

    Uyo sumu paster avuga ayandi madini none wew idini rwiwe niryo rizobashikan mwijuru wew

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před měsícem

    Pastor harakantu uvuze ngo pentecote yahenze abantu,nibaza ko atarivyo hariho aba pentecote benshi bakora cane bagakora n'ibindi vyinshi .Sinibaza ko ari inyigisho za pentecote ahubwo n'abantu babura ubwenge.Imana yigeze kubwira abantu ngo nimwabura ubwenge nzobareka.

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 Před měsícem

    Aba nya mwaro bariko barakizwa ndababona komeza ubuvuge paster

  • @GilbertSINZOTUMA-tm9cs
    @GilbertSINZOTUMA-tm9cs Před měsícem +1

    Muzigamwe Cane paster

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 Před měsícem

    Mutama wubahwe ❤️❤️❤️❤️ ntuzaharike kuvuga ukuri❤️❤️

  • @ericbigirimana6930
    @ericbigirimana6930 Před 19 dny

    Ntago byoroshe pe

  • @NiyishoborabyoseGad
    @NiyishoborabyoseGad Před měsícem

    Imana Koko ntizemerako izina ryayo ritukwa Kandi ntawe izasangira nayo icyubahiro nubutware byayo.

  • @felixmutondo8294
    @felixmutondo8294 Před měsícem +1

    Ntiwumva noneho tukajya tujya gusenga dushima

  • @NiyishoborabyoseGad
    @NiyishoborabyoseGad Před měsícem

    Imana iguhe umugisha pastor

  • @user-ut8ms7pd1e
    @user-ut8ms7pd1e Před měsícem

    umushumba ndamukunda yesu amuhe umugisha

  • @user-hz6vx9co9o
    @user-hz6vx9co9o Před měsícem +1

    Komeza wigishe abubu turintumva bica mugutwi bigaseruka mukundi

  • @ThierryTona
    @ThierryTona Před měsícem

    Turabakunda mutama,Abarundi tudahindutse ndidishobora gutera Imbere,umugenzo Aba Colonie baturaze wo gusega,nturatuvamwo.Muhezagigwe mwese

  • @nijimberemariechantal3190
    @nijimberemariechantal3190 Před měsícem +1

    Wubapwe uravugukuri

  • @ntezirizazayoweri1976
    @ntezirizazayoweri1976 Před měsícem +2

    Uyu niwe mukozi woman wagufasha kuva mubucyena amen

    • @moniquenyeyimana83
      @moniquenyeyimana83 Před měsícem

      🎉😅😮😢😢🎉😢😢😮😢😮😢😅😮😅😅😢🎉😢😊😊😅😅😮😮😂😮😢😅😅😮😢😢😢😢😅😊😢😂😊❤😊😊

  • @MariroseMukeshimana
    @MariroseMukeshimana Před měsícem +1

    Wubahwe bivuge

  • @nshimiyimanajoseph4839
    @nshimiyimanajoseph4839 Před měsícem +1

    Kabis rwose 😅😅😅😅

  • @FATMARAHMARahma
    @FATMARAHMARahma Před měsícem

    Imana imbabarire kk niko kuri najew pfakaye nagira umunsi mukuru

  • @leonardbucumi
    @leonardbucumi Před měsícem

    Wubahwe👏👏👏

  • @nashmimendora907
    @nashmimendora907 Před měsícem

    Uhoraho akwongereze amavuta

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i Před měsícem

    Nukuri

  • @nizeyimanaeustache1087

    Ndakeneye nombar yawe

  • @NgendahimanaFoustin
    @NgendahimanaFoustin Před měsícem

    Birashoboka,kuticirwaninzaramubutayu,

  • @uwitonzeelyse4632
    @uwitonzeelyse4632 Před měsícem

    Uko nukuri udakora ntakarye

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 Před měsícem

    Be blessed

  • @user-tb7yn8ku6t
    @user-tb7yn8ku6t Před měsícem +3

    Muduh numéro zanyu zanyu.

  • @macumipascal1268
    @macumipascal1268 Před dnem

    Comedian

  • @user-tb7yn8ku6t
    @user-tb7yn8ku6t Před měsícem

    Komera mukozi wImana.

    • @NgendahimanaFoustin
      @NgendahimanaFoustin Před měsícem

      Birashoboka,,kuticirwa,ninzaramubutayu,,,,,,,
      Ariko ukagushwanibisubi,zo ,

  • @JeanBoscoNDEREYIMANA-el8ge

    😂amen

  • @NgendahimanaFoustin
    @NgendahimanaFoustin Před měsícem

    Cm

  • @hejuru_cane
    @hejuru_cane Před měsícem

    Ese ibi biganiro mwiba muba mwabisabiye uruhusha?

  • @user-gr7pv6re7j
    @user-gr7pv6re7j Před měsícem

    Nl

  • @nashmimendora907
    @nashmimendora907 Před měsícem

    Uhoraho akwongereze amavuta