ABATUNZI 10 BA MBERE BATUNZE MU GIHUGU C'U BURUNDI 2024

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 14. 05. 2024
  • #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
    CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
    Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
    Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
    Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
    Ishami TV Website: ishami.co.rw/
    And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
    #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

Komentáře • 145

  • @peterwainaina252
    @peterwainaina252 Před 13 dny +2

    Very good

  • @MoiseNyandwi-xq6uy
    @MoiseNyandwi-xq6uy Před měsícem +13

    Wp kl uwamber n ziranots kubr niweyahay akaz abant besh mugihugu cuburundi baribakeny cn

  • @jeanpierretuyisenge2858
    @jeanpierretuyisenge2858 Před měsícem +5

    Ndayishimiye Ari kwigwizaho imitungo cane. Yatomoye ko ariwe atunze kurusha abandi

  • @WisiNtamuhinga
    @WisiNtamuhinga Před 25 dny +2

    Murabobose nemera umuvyeyi wanje ziranotse yanpay akazi Imana Imunzigamire

  • @ericmanirakiza332
    @ericmanirakiza332 Před měsícem +2

    Urabesha cane ivyo sivyo .harabo utazi kandi bafise menshi kubarusha

  • @sylvainseif5173
    @sylvainseif5173 Před měsícem +4

    Ivyurimwo ngurikuragira intonde ntavyuzi
    Basi iyuvuga urutonde rwababaho bisanzwe hakavamwo siyoni.

  • @olivierakiteretse9756
    @olivierakiteretse9756 Před 12 dny +1

    Beshera hiyoooo

  • @johnsonmiburo5950
    @johnsonmiburo5950 Před 28 dny +2

    Woduha top 10 y'igihugu c'Urwanda

  • @AbelSimfukwe-vt9oy
    @AbelSimfukwe-vt9oy Před měsícem +5

    Reka kwanguha bwana kobafis amahera ko habuze igitoro gawang ntamahera bafis baragaragara babuza abant ko bigurira camagendo abo bose nibibandi

  • @user-zc2ts2ku8g
    @user-zc2ts2ku8g Před 15 dny +1

    Mbe KO mutavuze Imana musho Ora vyose ko Ayo yose bafise yoshobora kuza kuri jewe

  • @ElieMbogo-mg7my
    @ElieMbogo-mg7my Před 28 dny +1

    Abamotari baragowe kumastation ahombona.❤

  • @EdouardNduwimana-nw3xx

    Hatari

  • @IsaacNDAYISENGA
    @IsaacNDAYISENGA Před měsícem +2

    genda usubire utohoze neza ndumva ntanakimwe uzi kuvyerekey amakur yabatunzi bo muburundi

  • @ErasmeIrakoze-cs6ed
    @ErasmeIrakoze-cs6ed Před 29 dny +1

    Président Nkurunziza pierre ntarimwo muri 10 bambere??

  • @KuzikoTV
    @KuzikoTV Před měsícem +4

    Ababantu bose uvuze siyoni❤wenyen niwe nokwemera ariko abandi banyapolitik naho wovuga gute ! Naho wombwir ko bivye cank bagize gute reka reka

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id Před měsícem +6

    uru rutonde sigwo nagato

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 Před měsícem +2

    Tarouk Bashir , François aka Mayondori, Ziranotse, Pierre Nkurunziza barihe ko tutabumvaaa? 😮😮😮

  • @kajico2023
    @kajico2023 Před 26 dny +1

    Ikindi ndayishimiye siwe wa mbere man

  • @barutwanayoaliyu
    @barutwanayoaliyu Před měsícem +2

    Nkurunziza sinamwumvisemwo uwahozarongoyuburundi

  • @SamuelNibitanga
    @SamuelNibitanga Před měsícem +2

    Mbega venerand naw ar mukibanz cakangahe konawe umenga arayafise😊

  • @ericndacayisaba3331
    @ericndacayisaba3331 Před 3 dny

    Urabeshe pe

  • @PeterMwanza-hy1ot
    @PeterMwanza-hy1ot Před 10 dny +1

    Ntabwo tufise abagwiza Tunga mugihugu oya nibisuma bivye igihugu ntumuzongere kugira urutonde gwa bagwiza Tunga mushiremwo ababaye indongozi.

  • @ngab257
    @ngab257 Před měsícem +2

    I can't believe it.there are some figures that wouldn't be listed like léonce,....

  • @PacifiqueNiyombabazi
    @PacifiqueNiyombabazi Před 16 dny +1

    Wibagiy pierre nkurunziza kl

  • @CedricIrakoz
    @CedricIrakoz Před 9 dny +1

    Wibagiy venerad

  • @ericnizigiyimana5947
    @ericnizigiyimana5947 Před měsícem +1

    Ikinyoma gusa, uvuga ivya utazi hariho abavugwako bayafise sha beshi wavuze boza nko muri top 20

  • @theontaki8062
    @theontaki8062 Před 26 dny +1

    Komere kw'Ibanga

  • @ElieMbogo-mg7my
    @ElieMbogo-mg7my Před 28 dny +2

    Abamotari baragowe kumastation ahombona.

  • @JustinNdayegamiye
    @JustinNdayegamiye Před 25 dny +1

    Venerand naw Ari mukibanza cakangahe?

  • @Butoyiandre
    @Butoyiandre Před 26 dny +1

    Naswere ndayimiyee

  • @galaxytechnologycenterelec268
    @galaxytechnologycenterelec268 Před měsícem +2

    Murasara murabo muvuga ntabatunzi barimwo. Ngo Léonce, ntibantunganya ?

  • @mugishamwenedata6574
    @mugishamwenedata6574 Před 29 dny +1

    Utavuze Venerand wapi wihenze

  • @adelinmanirambona4410
    @adelinmanirambona4410 Před 29 dny +1

    Ibi nibinyoma
    Gusa Hariho abantu bigenga bafise amahera kurusha Naba Barongoye uburundi muri Kino gihe

  • @gerardmugabo4707
    @gerardmugabo4707 Před měsícem +1

    Uwabikubwiye yakubeshe Léonce Ntibantunganya abobose barakenye

  • @kajico2023
    @kajico2023 Před 26 dny +1

    Salut,ibi bintu muzobirabe neza kuko venerant ntitumubona canke famille nkurunziza,Ntiba na Gaston ntitubona ko barimwo pe

  • @user-zc2ts2ku8g
    @user-zc2ts2ku8g Před 15 dny +1

    Imana niyo ija kukibanza camber yo yabahaye ariyo natwe izoduha

  • @AppolinaireNkurunziza-dl8ph

    Ko mutavuga kuwahoze ari president Nkurunziza we afute angahe?

  • @user-dd3wd5mk5n
    @user-dd3wd5mk5n Před 25 dny +1

    Uzi abanye politique gusa.tokaa

  • @Young-FMS
    @Young-FMS Před 10 dny +1

    Nkurunziza pierre former president nawe mwamusizehe??

  • @DesireYamuremye-he5yy
    @DesireYamuremye-he5yy Před měsícem +1

    reka kubesha

  • @nkurunzizamerthus5590
    @nkurunzizamerthus5590 Před 26 dny +1

    Genda urabesha iyuva!

  • @user-nb4xy4zy7f
    @user-nb4xy4zy7f Před měsícem +3

    Wapi sivyo

  • @jeanclaudendayisaba4411
    @jeanclaudendayisaba4411 Před 22 dny +1

    Mwihenze uwambere ndakeka Ari nyakwigendera Nkurunziza Pierre ! None naw mur top 10 undabir ntiwamushizemwo 🙈🙈

  • @ArmelHakizimana-ol1gs

    Venerand, umuryango was p. Nku??

  • @KagomaJoseph-hr6dg
    @KagomaJoseph-hr6dg Před 25 dny +1

    Ntamafaranga bafise bose barakenye.kuko iyaba bayafise ntabwo tuba turi mungorane nkizi zigitoro.

  • @NzeyimanaGuygaylorld
    @NzeyimanaGuygaylorld Před měsícem +1

    Yuuhm vénérand, nkurunziza barih

  • @theontaki8062
    @theontaki8062 Před 26 dny +1

    Buyoya Ex Président 🇧🇮 ntabwo yigeze akorera igihugu

  • @Bmdmf
    @Bmdmf Před měsícem +2

    Mbonye commentaire n'a video nciye ndayugara nababeshi gusa

  • @user-ft6qc1wo8z
    @user-ft6qc1wo8z Před 23 dny +1

    Haruwo mutasizemwo ndetse ariwo yashobora kuza kumwanya wambere
    President Pière nkurunziza

  • @user-zc2ts2ku8g
    @user-zc2ts2ku8g Před 15 dny +1

    Câble KO batavuga abakene banyuma 10muburundi mbe KO bayafise Ubu barazi abaraye ubusa uko bangana

  • @ndayizeyeboniface8776
    @ndayizeyeboniface8776 Před měsícem +1

    Reka gushinyagurira leonce😂😂

  • @user-cu2fq7yc2v
    @user-cu2fq7yc2v Před měsícem +4

    Ntamakuru ufise kbs

  • @user-zc2ts2ku8g
    @user-zc2ts2ku8g Před 15 dny +1

    Hama ndemera ntikazohera veneranda wacu inyarusange abandi Bose zezo bure kandi izina niryomuntu ntupinze bamwita ntikazohera nuwutararizi aryumve usipinze n'a mweshimiwa

  • @ThierryNIYONSABA-ul8mk
    @ThierryNIYONSABA-ul8mk Před 17 dny +1

    Ugako Denise nkurunziza atarimwo rero mubafise amafranga?mbe bunyoni kohavugwako yatswe imitungo yoguma aza kumwany wagatan gut?

  • @yaredysamithMugisha
    @yaredysamithMugisha Před 18 dny +1

    Pétero nkurunziz ko mutamuvuze

  • @TataMushengu-tc5ge
    @TataMushengu-tc5ge Před 6 dny

    Arabikwiriy

  • @fabienndayambaje2706
    @fabienndayambaje2706 Před měsícem +1

    Urumubeshipe!!!! Kuvuzabo nkurunziza we ntakibanzafise Murano? Hama nikuki uvugakose barundiyayakuyemuri Congo? Bamuvuga imigambinyakuriyumuntu akuromwo ubutunzi

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 Před 5 dny +1

    Aho konumvise mutama Agathon Rwasa arimukibanza cawe birahagije abasigaye nabo sauli yawo

  • @AloysNkurunziza-qk9mu
    @AloysNkurunziza-qk9mu Před 25 dny +1

    Asha ubivuz neza cn kbs

  • @LeonceNDAYIZEYE-ew9zt
    @LeonceNDAYIZEYE-ew9zt Před 28 dny +1

    Nibitungire kuko bafise numutwe wokuyatunga

  • @user-ws8zl5wz7p
    @user-ws8zl5wz7p Před 3 dny

    Huyu mugesera arabesha kweli😅😅

  • @francksol7738
    @francksol7738 Před 28 dny +1

    Ahubwo mwebwe mwarabuze ivyomuvuga😂ntimuzosubire kubesha abantu

  • @GerardPaloko
    @GerardPaloko Před 7 dny

    Bon Nkurunziza nuwakangahe?

  • @GahunguGeorges-pb2wt
    @GahunguGeorges-pb2wt Před měsícem +1

    Bamwita purinari muyinga afise inganda zihingura amafanta epupode kobero john temessa

  • @ElieMbogo-mg7my
    @ElieMbogo-mg7my Před 28 dny +1

    Uwozanigitoro muburundi abamotari ntibasubire gukutwa mukunywesha utumoto twabo niwe yobafashije akaba umutunzi wambere muburundi twemera.

  • @ClaudeBayubahe
    @ClaudeBayubahe Před 27 dny +1

    Toka wambwa we, j wanyibagiye peti nanj kunoti ndarenze

  • @JohnJastin-px2hi
    @JohnJastin-px2hi Před 20 dny +1

    Biremew

  • @JeanMarieNijimbere-no5ei
    @JeanMarieNijimbere-no5ei Před 28 dny +1

    Wapi nabakene gusa baba batunze ntibakemure ibibazo vyibitoro?

  • @JeanPierreNtunzwenayo
    @JeanPierreNtunzwenayo Před měsícem +7

    Abanyepolitike bu Burundi bose nabasumagusa

  • @AlexisNzoyihera
    @AlexisNzoyihera Před 29 dny +1

    Murab Bose wavuze , nemeyemw 3 gusa
    Ziranotse
    Siyoni
    Buyoya

  • @ChristopheNyandwi-fj5hp

    Bubahwe cane

  • @ericciza926
    @ericciza926 Před měsícem +1

    Wapi uratubeshe manawe ntibantunganya kk amahera ayakuyehe kwl be narehosi sivyo

  • @vicentmubangizi3847
    @vicentmubangizi3847 Před 27 dny +1

    Venera nawe birigut nkurunziza gt nabandi bensh batway ntanumw atar ninoti muga nanj ndabarusha bose kuko ndi mugufi nkiha basha nareke kutubesha hari bensh atavuz

  • @BonifaceKwizerimana-dc7si
    @BonifaceKwizerimana-dc7si Před 21 dnem +1

    Wap ivyo sivyo nububeshi haribesh mutavuz knd.aribamanya gusuvya bamwe murabo.mwavuz

  • @AlistideMpawenimana
    @AlistideMpawenimana Před 29 dny +1

    Banyarwanda sinitayeho icokinyamakuru harima ububeshibuke nimbamutabaramwo abapfuye arikombonyemwonumuryangowabuyoya ese uwa nkurunzizawe mwibazakabobose bamwegera baribesa muzemutohozaneza mwigize babamenye rekambiherevyuze nizomurondera gusamubandanye nivyontacobitwaye namwekorakofi tuzobumvemwo

  • @CharlesJoash-bj9yn
    @CharlesJoash-bj9yn Před měsícem +1

    Ntawohiharira ibikogwa birivugira

  • @EzechielHAZOBAZIMANA-jh9wm
    @EzechielHAZOBAZIMANA-jh9wm Před 21 dnem +1

    Abobos barakenny kuk ntibasumb dataw yandenz ngakur

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před měsícem +2

    Wibagiye Vénérand,Ndeka,Calixte wa Interbank,Jérémie nyini Life na Sapor afite inganda,Wibagiye abo bita ba Sylvestre,Wibagiye abo bita ba Nahumu,wibagiye abo bita ba Taluku mwene birya bi camion vya interpetrol,wibagiye abo bita ba Côme abo bose naba Milliardaires kiretse woba washatse kuvuga aba Nyepolitique muga mubacuruzi abo nkubwiye nabone ntibari kuburamwo.

    • @BorisNdereyimana-mz8ri
      @BorisNdereyimana-mz8ri Před měsícem

      Yavuze abataribo kwl yibagiye banyabo

    • @AbelNiyonziza
      @AbelNiyonziza Před 20 dny

      Jew navyemeye kuko batunze rwabo rwanj ntayarimwo ntanakazi bateze kumpa arino kuri Ziranotse ibukemba ntasima barahingura niho ntuye ,baracubaka ihinguriro

  • @abrahamikize3914
    @abrahamikize3914 Před měsícem +1

    Famille ex président Nkurunziza pierre ko itarimwo irutwa nabobose mwavuze ?

  • @DAUDINMUGISHA
    @DAUDINMUGISHA Před měsícem +1

    Uru rutonde sirwo nagato

  • @mukerandangaalfred7521
    @mukerandangaalfred7521 Před měsícem +1

    Ton classement est très érroné

  • @user-tl2tw9rg7r
    @user-tl2tw9rg7r Před měsícem

    Murwanda vipi sasa.

  • @user-ix3vm7vo1r
    @user-ix3vm7vo1r Před měsícem +1

    Rwo rotonde sirwo.

  • @user-fo9xb8ml9w
    @user-fo9xb8ml9w Před měsícem +1

    Sha wapi ivyo nivyakera ababiguhaye bakubeshe wibagiye Taluko uwuzana essance mu Burundi na suguru wamwibagiye nkurunziza president reka baguhenze venerand nuwambere amasoko amabanki amahinguri nibindi

  • @djcedro7714
    @djcedro7714 Před měsícem +1

    Urw rutonde sirwo

  • @VyamunguCelestin
    @VyamunguCelestin Před 8 dny

    bibagiye umugwiza Tunga venera

  • @cleophasngendakumana4954
    @cleophasngendakumana4954 Před měsícem +2

    Ibi sivyo nagato, hariho abakire mutashizemwo basumvya abo mwavuze

  • @user-rt2ly2io6j
    @user-rt2ly2io6j Před měsícem +1

    This list is not true bro
    Subira ukore Research🤭🥱

  • @Jirhley
    @Jirhley Před měsícem

    Iyi ni comedy muzindi

  • @DivineBukeyeneza-ox9sj
    @DivineBukeyeneza-ox9sj Před měsícem +1

    😅😅😅😊😅

  • @Isaaca-yt3zi
    @Isaaca-yt3zi Před 14 dny +1

    Mbeko mutavuze nyakwigendera nyenicubahiro Pier nkurunziza konziko arikumwanya wambere nukose atagihari arafise abayasigaranye

    • @IngxIngx
      @IngxIngx Před 5 dny

      😂❤❤❤❤❤ 15:55 15:55 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-jj7md2ru8r
    @user-jj7md2ru8r Před měsícem +2

    🤦🤦🤦

  • @user-jv8qk8tb7p
    @user-jv8qk8tb7p Před měsícem

    Hhhh sivyo kabisa

  • @user-ld1ze8hb1p
    @user-ld1ze8hb1p Před 26 dny +1

    Le fait de nous présenter le top 10 des hommes les plus riches ne peut pas attirer mon attention.Evertue-toi plutot à nous montrer l'origine de leur fortune.

  • @user-un2ne5nr6t
    @user-un2ne5nr6t Před 25 dny

    Sha wew ukubise swata ivyuvuze sivyo nagato uwamber niziranotse aband bazanyum kand abanyepolitique uvuze wibeshe wew shopping uramuzi?ni example kuk hariho nabandi bamurusha rek rek tekana uzokore urutond rwiwanyu murwanda uzi ivyino uriko udutesh umwanya gusa toka mushenzi

  • @eubenemusindi2353
    @eubenemusindi2353 Před měsícem +1

    Wap muta, amakuru ufise siyo,

  • @Devote281
    @Devote281 Před 29 dny +1

    Ahubwo nawe niwishiremwo nkmba aruko ubibona

  • @user-uz2rv4rq9n
    @user-uz2rv4rq9n Před měsícem +1

    😅

  • @EmelyneKwizera-qw9id
    @EmelyneKwizera-qw9id Před měsícem +4

    Kubwanje mbona uwambere ari ziranotse,niwe atanga akazi cane ku rwaruka

  • @vincentnyandwi6939
    @vincentnyandwi6939 Před měsícem

    Ntamakuru ufise uragaragara , ahubwo barundi bariko bakwumva bufashe kumunwa.