PRESIDENT W’UBURUSIYA PUTINE AGIYE KUJYA IBUJUMBURA,UBURUNDI BWABA BUGIY GUHUZA IMBARAGA N'UBURUSIYA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 01. 2024
  • Join this channel as a member to get access to exclusive videos:
    / @connectiontv.
    Instagram: / connectiontv2023
    Facebook: / connection-tv-10723680...
    #rwanda
  • Zábava

Komentáře • 71

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 Před 5 měsíci +5

    ❤❤❤❤Russian welcome in africa Viva africa from Burundi 🇧🇮 Lives in cape Town

    • @hassann4209
      @hassann4209 Před 5 měsíci

      Welcome to our mother land 🇧🇮

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 Před 5 měsíci +11

    Abanyarwa turabakunda nubwo harabanzi bipfuza kuduteranya❤❤❤

    • @user-yw3ky4ju2n
      @user-yw3ky4ju2n Před 5 měsíci

      How nice, you must be a woman. Men, we are too arrogant to even think like that.

  • @charlesndayizeye8324
    @charlesndayizeye8324 Před 5 měsíci +7

    Basore turibamwe ingora kagame nikibazo mukarere nyamba yitwaza amako nyamba ari abazungu bamukoresha nabi tuba twibereyeho neza abaturage bibihugu byombi twishimye❤ arikutwononera😊

    • @kamana_jmv
      @kamana_jmv Před 5 měsíci

      Kagame se ubu umuzanyemo ute muri iyi inkuru kweli?

    • @davidtetebanda6454
      @davidtetebanda6454 Před 5 měsíci +7

      @@kamana_jmv Kagame ni ruvumwa ni umwicanyi ndetse akorera abazungu b'abatinganyi

    • @kamana_jmv
      @kamana_jmv Před 5 měsíci

      @@davidtetebanda6454 ufite ubwenge bucye nibeshye kuwo nasubizaga.sorry.nawe si wowe

    • @user-yc4ui2kn8c
      @user-yc4ui2kn8c Před 5 měsíci +1

      Ikibazo si Kagame, nawe si wowe. Ubu turi mu ntamba 3 y'isi iri hagati y'uburusia n'uburengerazuba+ America.
      Ngirango mwarabibonye ko abayobozi b' Africa babahitishijemo uwo bakorana nabo. Njyewe namaze gusobanukirwa, n'interahamwe nazibabarira kuko ntabwo tuzagiara amahoro batuvangura tukemera.

    • @user-of6oq5ic6m
      @user-of6oq5ic6m Před 5 měsíci

      Ubwose nkuyu Azanye Kagame amuzamukanye muriyi nkuru gute ? Ariko kuki abantu bananirwo gutunganya ibyiwabo bakitwaza umusaza wacu

  • @edmondniyonsavye2485
    @edmondniyonsavye2485 Před 5 měsíci

    Murakoze cane,
    Ico twipfuza nuko Africa yaja hamwe igakorera hamwe kuko ntaco tubuze uretse kutamenya gutunganya ubutunzi Imana yaduhaye.
    Sharjah waciye ga ndugu hari igiterwa wabonye?
    Ariko iwacu mu Rwanda n'uburundi ico uteye kiranaga.
    Birababaje kubona abana ba Africa tuja gukorera ibindi bihugu kandi ubutaka bwacu bwuzuye ubutunzi bukomeye Imana yaduhaye.
    Novuga vyinshi ariko Imana yacu mu gihe yateguye AFRICA izohaguka ibe icitegerezo c'amahanga nkuko mwabivuze.
    Ibiganiro nkibi nivyo bikenewe cane brother bikangurira abantu kwumva bokorera hamwe,
    Asante.

  • @Pacifique.mboninyibuka
    @Pacifique.mboninyibuka Před 5 měsíci +2

    Patience Uwuringiyimana, Uri umwe mu banyamakuru nkunda. Natanguye kukumva muri think again nibuka na histoire watugejejeko. Ndakunze analyse yanyu. Ikitwishe abasesanguzi ba bino bihugu vyacu iyo bagize ico bavuga kenshi bihisha mu bwoko bwabo. Merci Sana NDI Umurundi

  • @AndrewKENYKabango-ei3vf
    @AndrewKENYKabango-ei3vf Před 5 měsíci +8

    NEVA NDAMWEMEYE!!!

  • @jeanclaudemanirakiza8781
    @jeanclaudemanirakiza8781 Před 5 měsíci +5

    Turamutegereje ikaze arisanze numwe mubagabo nemera

  • @Ndayishimiyedaniel-rw6xp
    @Ndayishimiyedaniel-rw6xp Před 4 měsíci

    Aho ni Saw

  • @MartinBukuru-sg1hu
    @MartinBukuru-sg1hu Před 5 měsíci +4

    Karibu iwacu poutine

  • @user-mf8kn5ez4g
    @user-mf8kn5ez4g Před 4 měsíci

    ❤❤❤

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 Před 5 měsíci +4

    Umunyanakuru aransekejye ngo inzara yabadiha!!!!!

  • @J.pierreSibomana
    @J.pierreSibomana Před 5 měsíci +3

    Noryoherwa poutine

  • @user-pw5tm8py8q
    @user-pw5tm8py8q Před 5 měsíci +3

    Niteka ntangere Vladimir putin kuza iwacu

  • @user-em8by8es7b
    @user-em8by8es7b Před 5 měsíci +3

    Mureke ku dusuzugura mwabanyamakurumwe muvuga nabi.iryo nishari gusa mudufitiye

  • @niyonsengasolange2699
    @niyonsengasolange2699 Před 5 měsíci +2

    Tumuhaye ikazeeeee umusaza,n'umunyakuri ntaburyarya agira.

  • @user-po5im3dp4n
    @user-po5im3dp4n Před 4 měsíci

    Ariko africa siko twakabaye tumeze ahubwo twagashize hamwe natwe tukiyubaka nkiyindi migabane yose Tukisanzura apana ko bamwe babangamira abandi kuk birumvikana ko uburundi butofata ingingo nkizo ntampamvu ahubwo higa icobivako kuk ndumva umenga uburundi busanubushaka kwigwanaho. Ese ubwo kokwo ugwanda ntakosa bwaba warakoreye uburundi bwaheza nibwatanga ibisobanuro sinzi njye ibyonzi nibike caaane mubabarire nigitekerezo cyanjye😢😢😢

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k Před 5 měsíci +3

    Ariko,abanyarwanda muriyemera uburundi muzi ubukene bwabwo kuruta ubutindi mufite!!!???

    • @edmondniyonsavye2485
      @edmondniyonsavye2485 Před 5 měsíci

      Oya brother gutukana sivyiza ,ico nzi Urwanda n'Uburundi turi bamwe kandi naho tworatsanya twirinde ntiduhezanye .
      Harabe Uburundi, harambe Urwanda kuko turi abavukanyi uko biba kwose.

  • @user-qt9cf3cn2w
    @user-qt9cf3cn2w Před 4 měsíci

    Krb ❤❤ muta uryekumukk naw wumv

  • @J.pierreSibomana
    @J.pierreSibomana Před 5 měsíci +7

    Ntidukenye kuko muburundi kuva badufatiye ibihano turubatse amazu reta ikoreramwo amabarabara nibindi

  • @user-pk7sn2vj2q
    @user-pk7sn2vj2q Před 4 měsíci

    Burundi ntibukenye bagabo mugabanye umunwa rero shaaa🙄

  • @user-ys6tw7bx2h
    @user-ys6tw7bx2h Před 5 měsíci

    Uburundi bufise kazoza keza Imana yabuvuzeko kandijambo ryayo iraririnda gushika rigiye mungiro

  • @kram6499
    @kram6499 Před 5 měsíci +1

    ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere Před 5 měsíci

    Urwanda ni rureke gutera congo ngoruronke amabuye y'agaciro ruhingura mumahinguro rwubatse rutagira ivyo ruhingura,ahubwo nibaje hamwe bumvikane ibinyu bigende neza, kwihagita ntibizaruhira

  • @Bazi1973
    @Bazi1973 Před 4 měsíci

    Intambwe nziza kuburundi..❤🇧🇮 🌹 itandukaniro na Kagame yama kwa zelensky😂😅 n'a Biden

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere Před 5 měsíci

    None komuvuze ivy'uburundi,urwanda rwo bitese? Ntanakimwe bufite?

  • @user-xn8sl8bj1x
    @user-xn8sl8bj1x Před 5 měsíci

    Merci beaucoup de votre communication.

  • @anatolenduwimana1613
    @anatolenduwimana1613 Před 5 měsíci +1

    Yemwe hamwe yodushwaramwo uyomusi sinopfa ndawibagiye

  • @bfreebabi5398
    @bfreebabi5398 Před 5 měsíci

    Uburundi business ibintu vyinshi cane aba CNDD/FDD bakinyegeze..pe..muvyukuri biteba bitebuka..uBurundi n'uRwanda bilateral bite igihugu kimwe pe ..frontiers zose zifutwe...Kandi amabanga menshi hagati yuburunxi nurwanda azatanza abantu benshi cane..carte minerals yuburundi nurwanda..abarundi barafite..nukuri..

  • @nizigiyeemmanicool7387
    @nizigiyeemmanicool7387 Před 4 měsíci

    Ibuye abubatse bagaye niryo ryafashije abubatse kugumya imfuruka rero butin arabibona kotutakenye bitandukanye nababasuma babanyamerika banyaburayi uwo batagomye kwajahejuru bamushira hasi,mbe kwigihugu cacu bagifatiye ibihano twarapfuye??zirya nipropagande zabo rero bibiriya ivugako uwambere azoba uwanyuma uwanyuma akazoba uwambere reka tubirindire twitonze

  • @user-ch9xc8nq8d
    @user-ch9xc8nq8d Před 5 měsíci

    Uravuga ukuri.

  • @espoirpaul376
    @espoirpaul376 Před 5 měsíci

    Ntabgo perezida aryawenyine mugihugo ,mugye mumenya gusobanura,inyungu zirahari no mubaturage please, mwubahe ba president.

  • @jeanclaudendayishimiye9482
    @jeanclaudendayishimiye9482 Před 5 měsíci

    Mubivuze neza ark uburundi tukenye amafranga ibind vyoko dukenye muvyihoze kuk uburund kiri mubihugu vyambere ivyodufungura plus de 95% nivyacu twirimira rer mutwubahe

  • @lifeafterchoicerwanda6742
    @lifeafterchoicerwanda6742 Před 5 měsíci

    Mbega ikiganiro kiza muge mukitugezaho kenshi . Mwakoze

  • @JacksonNyandwi-gv2bg
    @JacksonNyandwi-gv2bg Před 5 měsíci

    Mutambara rudangi

  • @kamanziaugustin8508
    @kamanziaugustin8508 Před 5 měsíci

    Niba Putin agiye mu Burundi intambara yakarere duherereyemo igiye kuba ntakabuza

  • @bigirimanaEtienne-in4ik
    @bigirimanaEtienne-in4ik Před 5 měsíci

    nikel

  • @PasteurHakizimana
    @PasteurHakizimana Před 5 měsíci

    Mwebwe murahemuka

  • @nkundajimmy4881
    @nkundajimmy4881 Před 5 měsíci

    Aranyara

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru7545 Před 5 měsíci

    Ikinyoma kirenzeho.

  • @dieudonnerukajo9614
    @dieudonnerukajo9614 Před 5 měsíci

    Ikiganiro ciza caaane

  • @ndereyimanacelestin541
    @ndereyimanacelestin541 Před 5 měsíci

    Mumwibutse azatuzanire missiles balestique

  • @tresortuyizere
    @tresortuyizere Před 5 měsíci

    Nta putin yoza BURUNDI

  • @Josephat-cw6co
    @Josephat-cw6co Před 5 měsíci

    Incuri yukuri uyibonera mumakuba naze tumuhe ivyashaka nincuti nzinza itagira uburyarya nkabariya bavunamuheto bo muburegerazu à

  • @user-sp2jh7lv1w
    @user-sp2jh7lv1w Před 5 měsíci

    Barigusaza . Turi gukura.

  • @JeanBaptisteNizeyimana-eq9bx

    Reka kuvuga kuko ntimuzi ico azobaje kugira ivyonivyo mwibaza

  • @EmelynCabling-xf8gh
    @EmelynCabling-xf8gh Před 5 měsíci

    Urwanda amabuye nkayo rufise inganda ruyayongesha ruyakuye hehe??

  • @Josephat-cw6co
    @Josephat-cw6co Před 5 měsíci

    Suhonyanga akateka kamuntu bwazize ababufatiye amaboko mumugongo bari bashigikiye coup d'etat

  • @irashoboyedavidi
    @irashoboyedavidi Před 4 měsíci

    Devid

  • @davidtetebanda6454
    @davidtetebanda6454 Před 5 měsíci

    Ibi ntawe byatera ubwoba kuko Biden nawe azasura u Rwanda muri uku kwa 2. Tuzamwakirira mu Gahenerezo

  • @rukoranyangabo9128
    @rukoranyangabo9128 Před 5 měsíci

    Imbunda z'akarasisi ukuntu imigozi yazo ishaje 😂😂😂😂
    Burundi bwacu koko ufite akazoza ka 1240😂😂😂

    • @francescafrancesca8901
      @francescafrancesca8901 Před 5 měsíci

      😂😂😂

    • @user-jm2ld3mf8k
      @user-jm2ld3mf8k Před 5 měsíci

      Byose,bizakosoko Sha izihika Zara amagi!!! Ariko nkubaze kugira,,ibyo byiza wifuza bivuye mumadeni utazabasha kwishyura kugera ubwo bazagusonera,!!! No kugira ibyawe bishaje wahitamo iki!?

  • @user-zf3gt7eh1u
    @user-zf3gt7eh1u Před 5 měsíci

    Oya mweg mushobora kuba mudufitiyinzigo kuko vyas komwumvika na congo birazwi ni baiden ntabushobozi urwanda rufit atakuboko kwumunyamerika reka kubesha abantu

  • @venantkarekezi5506
    @venantkarekezi5506 Před 5 měsíci +1

    Ingorane akarere ka
    CEPGL kagize gaturuka ku INDATWA Z' ABATUTSI bo mu Rwanda.
    Michel Kayihura yahisemo intambara yogusubirana ubutegetsi nkuko Ababiligi babishakaga, aho kwakira no gushigikira Perezida Habyarimana Juvenal wabasabye gutaha bagateza CEPGL imbere.
    Louis Michel ati:
    "Twabatse ubutegetsi,tubuha Abahutu.None Abahutu bayobotse France .
    Kungufu tuzabasubiza ubutegetsi,maze muzihe ,aho kugenerwa mu bukungu bwa CEPGL."
    INKOTANYI ziratera
    Le 1er Octobre 1990 devient la date malheureuse de la CEPGL jusqu'à sa disparition.
    Après 30 ans de guerre,la Russie voit sa chance de pénétrer dans la sous-région.

  • @drogdian8274
    @drogdian8274 Před 5 měsíci

    Muzotangara

  • @godefroidhabarugira4147
    @godefroidhabarugira4147 Před 5 měsíci

    Afrika ntishobora kuja hamwe hakuriho abayobozi nka Paul Kagame ndabarahiye kuko niwe muvyonzi dufise

  • @user-ce6gi8dk5p
    @user-ce6gi8dk5p Před 5 měsíci

    Umupolisi wurwanda ahembwa $ 4000 ku kwezi

  • @NishimweJohn
    @NishimweJohn Před 5 měsíci

    Unasema ukweli paciance Africa itakua Africa paka sote tue na umoja