SIREN VIBES nayitanguye mfise 100mill fbu /DJ ALPHA nubu numugenzi /Umuntu ANYANKA arantwenza /HOSY

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 21. 08. 2024

Komentáře • 30

  • @raskobuja3150
    @raskobuja3150 Před 5 měsíci +8

    Bro uritabira cane kabisa birica ambiance

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup Před 5 měsíci +2

    Hosy turi bakavakure pee, gusa ivyo nakwereka mengo narerekwa pee ndibuka nkubwiye nti one day uzobu mumenyeshamakuru wicitegerezo none kuri jewe ndabona kocabaye, Glory to Gad 👏👏imbere nijeza toujours.

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY Před 5 měsíci +10

    We mutype ubaza hosy buvuga make hama wumvirize inyishu ureke kuguma usigura inyishu ziwe Kandi umuciramwo bawumviriza utekane ubaze ibibazo vyawe utuje si non urashoboye vrmt🎉

  • @herveiranezereza7952
    @herveiranezereza7952 Před 5 měsíci +4

    Iki kiganiro kibihijwe nuwumumenyeshamakuru agumavugiramwo

  • @Ibintu.Nibindi
    @Ibintu.Nibindi Před 5 měsíci +2

    Hosy turamukunda cane yamaze kuba un trésor national burundais :)

  • @niwemugeni
    @niwemugeni Před 5 měsíci +2

    Kuririmba Hosy , nabonye wobishobora iyaba ari passion yawe

  • @elsie4658
    @elsie4658 Před 5 měsíci +3

    Ibibazo vyubwenge,umu host yitwaye neza

  • @DivineShemezimana
    @DivineShemezimana Před 5 měsíci +3

    Aguma avugiramwo ntiyunviriza kabisa aguma amubaza ikibazo Nico ariko yishura ataraheza

  • @user-kd6qg3kx3f
    @user-kd6qg3kx3f Před 5 měsíci +2

    Wagwaaannn Bigmn 🎉

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl Před 5 měsíci +1

    Hosy mwiza ndagukunda nibiganiro ukora

  • @KubwimanaSuavis-fl1rr
    @KubwimanaSuavis-fl1rr Před 5 měsíci

    Keep shining hosy
    Ndagukund

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 Před 5 měsíci

    ❤❤❤ keep up ndakunda hosy uyu mutype arafise ijjwi ryiza ryo kuba journaliste

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl Před 5 měsíci +2

    Egooo urazi kwishura mwiza wanje knd ikikiganiro ndagikwirikiranye kubere wewe urazi kwishura chch ntamuntu ashobora kukurunguruka mubwenge wewe So komera hejuru cane niho nkwifurije bzuu

  • @azompozamugishamarieaudrei1107

    I,m proud of you bro❤️😍

  • @casoartv257
    @casoartv257 Před 5 měsíci +2

    Belle emission

  • @orlymanzigy4243
    @orlymanzigy4243 Před 5 měsíci

    Iterambere ririko riraza Mc belle émission courage

  • @GOODLIFECYIZATV-tj2xg
    @GOODLIFECYIZATV-tj2xg Před 5 měsíci +1

    Munkandire kugafoto mwumvirize

  • @TigN1
    @TigN1 Před 3 měsíci

    man, there's much interruptions

  • @MUGISHACybelle-vq3cs
    @MUGISHACybelle-vq3cs Před 5 měsíci +2

    💪💪💪

  • @tuyisengeblandine3800
    @tuyisengeblandine3800 Před 5 měsíci

    Hosy❤️🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @VaC006
    @VaC006 Před 5 měsíci

    Ni whalever whalever

  • @ruttenange9213
    @ruttenange9213 Před 5 měsíci +3

    Journaliste please iga kumviriza....utange umwanya wokukwishura comme ça twe tubakurikirana tubandanye tubakurikirana..
    Juste aga clin d'œil bro

  • @blackandblessed1847
    @blackandblessed1847 Před 5 měsíci

    Let her speak

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p Před 5 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Upsanddownshow-ol9lp
    @Upsanddownshow-ol9lp Před 5 měsíci

    Ushaka gukora kwiga Canada 🇨🇦 byorohejwe cyane cyane wowe wize Mr francofone wajyana na famille Kandi kurikura iyi channel urebe amakuru arambuye Merci beacoup

  • @laurettemunezero1730
    @laurettemunezero1730 Před 5 měsíci +3

    Ww ubaza ibibazo, try to talk less and listen much please, uravuga cane sana, ntiwumviriza, not good..