NGIYE GUKINA FILM/IVYA PREDOT YIWE /ANNY Ahaye Ubutumwa Abamuvuga /

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024

Komentáře • 36

  • @ingoma257media
    @ingoma257media  Před 6 měsíci +4

    FOLLOWINGA CZcams YA ANNY INGABIRE AGIYE GUSHIRAKO VYINSHI BISHASHA HARIMWO NA FILM AGIYE GUKINA
    youtube.com/@Ingabireofficiel?si=XCFSwcOa5hZq6xmG

  • @nishemezweleilla5017
    @nishemezweleilla5017 Před 2 měsíci

    Igisasu ❤ kure cane mukobwa mwiza

  • @belysenkurunziza3271
    @belysenkurunziza3271 Před 6 měsíci +4

    Journaliste avuga yihuta Amira amajambo y'a des questions tutarikumva beza

  • @yvettedusabe547
    @yvettedusabe547 Před 6 měsíci +1

    Bakureke mukobwa mwiza,ubuzima ni rwawe ntawe ubereyeho ubuzima bwiwe,ubeho uko uvyumva kandi uko ubishaka ico nkukundira nuko ubihoza ntibaziko kukuvuga bituma ushika kure ndakwikundira uri mwiza kandi uraciye ubwenge kure cane niho nkwifurije gushika, courage muvyo ukora vyose ntucike intege

  • @numero326
    @numero326 Před 6 měsíci +3

    akeza nishirahamwe reka kwiteza ibibazo vyama shiramwe kuko bogufunga ukumigwa

  • @NahumuremyiPeace
    @NahumuremyiPeace Před 2 měsíci

    Abantu bavugumuntu ukwatari pole

  • @user-dm7hx6bf8g
    @user-dm7hx6bf8g Před 5 měsíci +1

    Reka nje kubaza cousin guheba umwana mwiza nkuyo

  • @AriellaIrakoze-vi8fg
    @AriellaIrakoze-vi8fg Před 6 měsíci +3

    Hejuruuu cane sha Anny🥰❤️

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana Před 6 měsíci +4

    Cutest queen🎉

  • @irangabiyeceleste4190
    @irangabiyeceleste4190 Před 6 měsíci +2

    🔥🔥🔥Bback yesaaaaaa

  • @ObedNdayisenga-vj5wx
    @ObedNdayisenga-vj5wx Před 6 měsíci +2

    De la country 🔥kur can man.

  • @user-wh8qc4yu2h
    @user-wh8qc4yu2h Před 6 měsíci

    Ndagukunda narakwandikiy ham umbwira nabi😢😢 numva ndabay deçu

  • @user-kd6qg3kx3f
    @user-kd6qg3kx3f Před 6 měsíci +2

    Bamwita MC B Black the best one

  • @lionelndanga6144
    @lionelndanga6144 Před 6 měsíci +2

    Mc B_black je nishimiye intro yawe😂🙌

  • @MUGISHACybelle-vq3cs
    @MUGISHACybelle-vq3cs Před 6 měsíci +1

    Hejuruu canee👌👌👍👍

  • @flextv2578
    @flextv2578 Před 6 měsíci +4

    Journaliste ..plz gerageza kuvuga buke buke..witonda..kuko uriko uramira indome bigatuma ikiganiro kibiha

  • @cedricktc2169
    @cedricktc2169 Před 6 měsíci +1

    B Black. hejur cneee bro😎

  • @oxy.creative
    @oxy.creative Před 6 měsíci +2

    Big mind 😎😎😎😎

  • @jojomutesi
    @jojomutesi Před 6 měsíci +2

    Babaz muracaronk utwomufungura 😂😂😂😂

  • @TheMeaningofLife-cz7bu
    @TheMeaningofLife-cz7bu Před 4 měsíci

    Mc de la country❤❤

  • @IgorMiki-qc4px
    @IgorMiki-qc4px Před 6 měsíci +1

    B black🔥🔥🔥🔥

  • @alanblessed1744
    @alanblessed1744 Před 6 měsíci +2

    Beautful ❤

  • @user-ze9dn2ed6c
    @user-ze9dn2ed6c Před 6 měsíci

    Nibakureke mwana wama barakubeshera baho utababay mwiza

  • @manekodrizzy6792
    @manekodrizzy6792 Před 6 měsíci +1

    💥💥💥💥💥

  • @azompozamugishamarieaudrei1107
    @azompozamugishamarieaudrei1107 Před 6 měsíci +1

  • @grettamukezamfura408
    @grettamukezamfura408 Před 6 měsíci

    WHY NOT YABAYE WHY NOT 😂😂😂😂

  • @user-xy1vt2rd4o
    @user-xy1vt2rd4o Před 6 měsíci +1

    🎉

  • @mere_nature
    @mere_nature Před 6 měsíci +1

    Journaliste vuga buhoro buhoro posa ama question yawe intelligemment et sereinement urihuta gose hindura uca ubisha ikiganiro ukuntu👎 uza uramucira mw'ijambo umutumire

  • @user-wh8qc4yu2h
    @user-wh8qc4yu2h Před 6 měsíci

    Kumbe siwewe😢

  • @JboscoNdayisenga
    @JboscoNdayisenga Před 6 měsíci

    urabarenze ntawukundwa nabos nayesu harabamwanka bihorere

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 Před 6 měsíci +2

    ivyo bisuko mada mpore ham iz model z muri mutwe wapi abakobwa bari class ntibasuk bamana perruque n plante ziri very expensive nayo ww ntuzi ivyurimwo ubwiza ntabwombona

    • @huguellauwera6947
      @huguellauwera6947 Před 6 měsíci

      Ndagushimiye uvuga ukuri 😂😂😂😂😂😂😂

  • @orlymanzigy4243
    @orlymanzigy4243 Před 6 měsíci +1

    Kure cane muta

  • @chumikamz4230
    @chumikamz4230 Před měsícem

    Babwenge bari banshii😏😏 barakuzi🤮

  • @fatnaharerimana2030
    @fatnaharerimana2030 Před 5 měsíci

    ntibagufotoye nabi ahubwo iry mak up yish vyose😂😂😂😂