Muri Fondation PAX Burundi bafise intumbero yo gutegura urwaruka, babaronderere ubuzi mubindi bihugu

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 1. 11. 2022
  • Uwatanguje Fondation PAX Burundi amenyesha ko ko muri iryo shirahamwe bihaye intumbero yo gutegura urwaruka kugira babaronderere ubuzi mu bindi bihugu, maze abadafise ubuzi baburonke, bazane umwimbu mu gihugu. Mu birori vyo gusozera inyigisho ku rwaruka ruri muri Eagle Security Servises Ndikuriyo Reverien yashikirije ko ivyo vyofasha mu gutorera inyishu ikibazo c'ibura ry'akazi n'izindi ngaruka z'igwirirana ry'abantu.

Komentáře •