Komentáře •

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Před 2 lety +1

    Komereza who abarundi bose bategerezwa kuba abasirikare n'ijisho ry'igihugu

  • @julius875
    @julius875 Před 2 lety +2

    🤣🤣🤣😂😂 reka nitwengere konahiriwe nkironkera amahoro

  • @tonnydommy4544
    @tonnydommy4544 Před 2 lety +1

    Uwu numupira nyabaki ga bagabo reverien agiye kutwicira abana nukuri numupira nyabaki aho reta iriko irabibona canke niyongendo ya reta birateye isoni bagabo

  • @Nileboy250
    @Nileboy250 Před rokem +1

    Iyi ni comedy ariko ?

  • @seguintv
    @seguintv Před 2 lety

    bien chante

  • @banin-bradaneirakoze9535

    Cane gose dukeneye igihugu kirimwo ugwaruka rutajegajega

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur Před 2 lety +1

    🤣🤣🤣🤣🤣

  • @chanicndayikengurukiye6837

    Abo ni bmwe bita imbonerakure😁😁

  • @tonnydommy4544
    @tonnydommy4544 Před 2 lety +1

    Afise imigambi iyihe kurwaruka rwuburundi,evariste arabibona kweri chanke numugambi wabo,muduterubwoba nukuri arwaruka ruzova mubujuju ryari rwanka gukora abanyepoliteke bakaguma barukoresha uko bashatse hama ngobagomba iterambere muzopfa muribaza

  • @emkeionly
    @emkeionly Před 2 lety +1

    Football izovyara nibindi bintu peeee