Prezida NDAYISHIMIYE yatangaje itunganywa bushasha ry'imishahara y'abasirikare n'abaporisi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 08. 2024
  • Kuri uyu gatanu inzego zo kwivuna abansi no kubungabunga umutekano zipfurije Noel Nziza n'Umwaka mwiza wa 2023 umukuru w'igihugu. Muri ivyo birori prezida Evariste Ndayishimiye yatangaje ko mw'itunganywa rishasha ry'imishahara abasirikare n'abaporisi bagigiye gufatwa nk'abandi bakozi ba reta, babaharurire imishahara bisunze inyigisho baronse aho kwisunga amashure binjiye bafise, gutyo imishahara yabo yisununure.

Komentáře • 14

  • @biziro12
    @biziro12 Před rokem +3

    🙏🙏🙏🙏 nakuunga mkono100%
    Mwari mwarabibagiye Murakoze cane kumenyako abajejwe umutekano bakwiye kongegwa sindiwe ntanuwo nfise mumuryango ariko imishahara abajejwe umutekano muburundi bahembwa iteye isoni thank you so much our experience

  • @bernardnijembazi5881
    @bernardnijembazi5881 Před rokem +1

    Bonne promesse
    Merci Excellence Monsieur le Président !

  • @sylvestrendayikeje1026

    Murakoze kwiryojambo ryinkoramutima mushirije Inzego zumutekano Ariko vyoba vyiza Muvyikwirikiraniye Kuko mutumye Abandi birashobora kugorana Ishigwa mungiro Imana Ikutuzigamire

  • @burundishallsmile1day109

    Nyakwubahwa President, Muzorabe n uko mwobaha Impuzu zibereye zambarwa Kuminsi mikuru.
    Bagire igisata kibarira amakoti y'Iteka.yizo nzego zambara kuminsi mikuru muri Defilé.amanyama ategwa n'agashambara.
    Izo basanzwe bambara nizakazi sizogushariza ✊🏾🇧🇮

  • @gihumbijustin2542
    @gihumbijustin2542 Před rokem +1

    Thanks

  • @josenshimi7304
    @josenshimi7304 Před rokem

    Imana ibona amarira yomumutima umuntu ashobora kurira arikumw nuwundi ntabibon niyo Izotuma bikunda ikutuzigamir can gusa

  • @turimurugendo7408
    @turimurugendo7408 Před rokem

    Emwe reka Dusenge tubirindire twihanganye ngira bizoba ntawovugako ari ya poritique yikinyoma ngira bizoba nugusenga icatimye nyenicubahiro akivumereye reka Dusenge

  • @nduwayezualexandre71
    @nduwayezualexandre71 Před rokem

    Papa Burundi

  • @umwimereretv5013
    @umwimereretv5013 Před rokem

    Channel Rusakaza TV ibatiye ibyiza byinshi jako urabe uko twakwirinda indwara

  • @ALENGE951
    @ALENGE951 Před rokem

    Mutama wanje uvuze nukuri umushara warimuto cane

  • @singasinga1307
    @singasinga1307 Před rokem

    Mubibutse mutevye amafaranga ya bashizwe umutekano niyo yatungishije aba DD

  • @manassemike6048
    @manassemike6048 Před rokem

    nyakubahwa president mwarimwarabibagiy kndi imyidogo niyose ariko ntibiherer mumajambo kko abarundi nikokamer kabo kuvuga ibintu bigaherera mumajambo gusa......

  • @kezasafari9744
    @kezasafari9744 Před rokem

    Nyakubahwa nkomubigisha twasanze arakayobera aho wasanga uwufise imyaka ibiri kukazi ugasanga yasumbije uwumaze imyaka 12 kukazi ikindi naco nuko ya Mobil mwafatirako akarorero ko uwuri mu rutana ategerezwa gushikira rimwe nuwuri I muyinga kugira bahurire kumasangazira kabarore rero nuko gushika uyumusi kurikuno kwezi kwa 12/2022 harabatararonka twaduhera

  • @yahyahpendo9994
    @yahyahpendo9994 Před rokem

    pourquoi ds ce video on filme les tutsis(quemandeurs)plus que les hutus???