Uripfuza uruhu rwiza ? kora ibi bikurikira ubone ibitangaza.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 07. 2023
  • / @jeaninetv
    #massage #makeup

Komentáře • 93

  • @NoellaBrino
    @NoellaBrino Před měsícem +1

    Ubwose woe usaneza

  • @user-kr7tq6mf2y
    @user-kr7tq6mf2y Před měsícem +2

    Nange ndashaka nimero yawe nge nkuvugisha ndagukunda cyane🙋🇺🇲🇺🇸🚣🏼‍♀️

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i Před 4 měsíci

    Iyo nzobe yawe umengo ni indonderano.merci reka tuzobigeragez

  • @user-mm5lx2hz9g
    @user-mm5lx2hz9g Před 4 měsíci

    Nibyiza cyane

  • @TUYISHIMIREJacqueline
    @TUYISHIMIREJacqueline Před 4 měsíci

    Murakoze cyane

  • @user-ej3tx8ok7p
    @user-ej3tx8ok7p Před 4 měsíci +1

    Nukuri urajoze cane tuguavye kutwama hafi se mwiza kubufasha bwa gusa

  • @user-su4hk8nc2n
    @user-su4hk8nc2n Před 4 měsíci +1

    Merci beaucoup

  • @nananadia8496
    @nananadia8496 Před rokem +1

    Ati urabimira urankuyeho😅😅😅

  • @MukanwariYvette
    @MukanwariYvette Před 2 dny

    Mana wee mam nje kugushima watubwiye ikintu twakisiga tukagira amataye narabikoze ubu ndi miss gisabo

  • @MukandayisengaArriette
    @MukandayisengaArriette Před 2 měsíci

    Thank you so much 🙏

  • @user-cj6sn7fp7t
    @user-cj6sn7fp7t Před 4 měsíci +2

    ivyo none ubigira iminsi ingahe ntibimonora none

  • @user-on1nu8sc1f
    @user-on1nu8sc1f Před 4 měsíci +1

    Merc❤❤

  • @josianeuwimana2602
    @josianeuwimana2602 Před 4 měsíci

    Good

  • @user-eb6cv5fr4o
    @user-eb6cv5fr4o Před 4 měsíci

    Nimero zawe zoduhe mama

  • @polycarpeniyuhire7657
    @polycarpeniyuhire7657 Před 4 měsíci

    Salut. Muradushashakira umuti wama rides (iminkanyari mu maso.

  • @user-dh4yl1es6w
    @user-dh4yl1es6w Před 3 měsíci

    Ubikoresha muminsingahe mucyumweru

  • @user-yv9sy6gl6p
    @user-yv9sy6gl6p Před 3 měsíci

    Ubikora uryiye kuryama?

  • @user-nv4he2px7m
    @user-nv4he2px7m Před 4 měsíci

    Ibintu byawe nisawa

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  Před rokem

    Divine we

  • @baytual9274
    @baytual9274 Před 6 měsíci

    Mrc mm wabashaka kwiyitaho mbe nkabandi ntahandi ivyisiga hanyuma ubuki nindimu vyovyo ntibikorana mugishingo cisukare na orive

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 5 měsíci +1

      ubuki n'a citron navyo nivyiza cane kuri masque yo

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  Před rokem +1

    Wobigira 2 fois/ semaines

  • @user-kr7tq6mf2y
    @user-kr7tq6mf2y Před měsícem +1

    None ukoresheje ubuki wakoresha nisukari cg wakoresha byose

  • @UwimanaFrancine-py8lu
    @UwimanaFrancine-py8lu Před 2 měsíci

    Ndagukunda cyane
    😮

  • @Irankundasifa02
    @Irankundasifa02 Před 3 měsíci

    Nonese konabikoze uruhuntiruke

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Před rokem +3

    Ababishobora mwubahwe jewe nanka ibintu binyigorera😂😂😂

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 11 měsíci

      Yoooooooo

    • @imfurayiwacugihozo5284
      @imfurayiwacugihozo5284 Před 4 měsíci

      Nubwambere mbonye ikiganiro ngaseka 😂wamugore we urigitangaza nukuri courage rwose ndagukunze rwose

  • @user-yv9sy6gl6p
    @user-yv9sy6gl6p Před 3 měsíci

    None ivyo ubikora ryari? Mwijoro ? Canke mugatondo uvyutse?

  • @benithairakoze-vy5hy
    @benithairakoze-vy5hy Před rokem +1

    🤣🤣🤣uratwenza ngo nkuwikunda

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 11 měsíci

      Nukuri utikunze ninde yogukunda😂

  • @user-dj2dx4br6g
    @user-dj2dx4br6g Před 4 měsíci

    Mwiriwe mada none ndakwibarize uvyisiga uca uja kuryama none woja mubantu wavyisize

  • @user-bt4qi1wd5s
    @user-bt4qi1wd5s Před 2 měsíci +1

    Murakoze duhe nimero yanyu nne

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 2 měsíci +1

      Kuri Jeanine tv hejuru ziriko

  • @PelouseTwizerimana-ml8nr
    @PelouseTwizerimana-ml8nr Před 4 měsíci

    Je nshak undangir amavut yokwisiga atanga agapo keza utarinz gukoresh mukoroh

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  Před rokem

    Ufise ishaka 2 fois/s

  • @itangishakaemmanuella-vh2ts
    @itangishakaemmanuella-vh2ts Před 3 měsíci

    Umuti uvura udusununu twomumaso nomwizosi turawukeney

  • @niyonkuruniyonkuru9615
    @niyonkuruniyonkuru9615 Před rokem +2

    Ubisiga misiyose canke usiga rimwe hama ibigira mw'ijoro canke kumwanya ushaka?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 11 měsíci

      Wisiga mw'ijoro ugira uje kuryama ubikora kabiri mundwi

  • @DarleneKezumutima-en5vx
    @DarleneKezumutima-en5vx Před 4 měsíci +1

    Umuntu afise ibihere mumaso naw kugira bihere neza navyo birakora neza?cnk haribindi bikora

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 4 měsíci +1

      birakora cane❤️🙏

  • @user-on1nu8sc1f
    @user-on1nu8sc1f Před 4 měsíci +1

    Murakoze cane ❤❤none uhejeje ntamavuta wisiga?

  • @user-eb6cv5fr4o
    @user-eb6cv5fr4o Před 4 měsíci

    Nonese ibumba ryera nisukari ikiza nikihe nukubikorabyose

  • @kwizerafrancine7895
    @kwizerafrancine7895 Před rokem +1

    Mr6 Mme gusa ntituzi kangahe tuvyisiga kundwi

  • @kezimanacharlotte9612
    @kezimanacharlotte9612 Před rokem +2

    Nn ko wihanaguye uca yoga mumaso hoho jarikibazo?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 11 měsíci

      Wihanagura na essuime nutuzi twutuzuyazi

  • @UbyeyiSesile-tm6of
    @UbyeyiSesile-tm6of Před 3 měsíci

    Umuti uhindura invi

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Před rokem +1

    Ibintu vyananiye nukwita kuruhu rwanje nukuri 😂😂😂😂

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 9 měsíci

      Gukoresha naturel nivyiza

  • @user-pw7kh3gf8d
    @user-pw7kh3gf8d Před 4 měsíci

    Tubwire ikivura iminlanyariyzje karemurihanga humuntu?

  • @user-lj4jw8gw5v
    @user-lj4jw8gw5v Před 6 měsíci

    Bn après midi, urakoze caane ntako utagira ngo tumererwe neza😂.

  • @user-py4lv8ld8j
    @user-py4lv8ld8j Před 2 měsíci

    Uzotwereke ingene twokora mayonese

  • @user-pw7kh3gf8d
    @user-pw7kh3gf8d Před 4 měsíci

    Uheje urisiga amavuta?

  • @jhonbizima9037
    @jhonbizima9037 Před 4 měsíci

    None madame wotubwira ibikura turya dusununu twirabura tuza mu maso no mwizosi hose?ugasanga twakwiy umubiri wose?mwoba mukoze naho

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  Před rokem

    Nukuri ibi ntangaruka nibintu naturelle kibi ni mukorogo bimwe bita kwiyambiza

    • @NiyonsengaChantal
      @NiyonsengaChantal Před 4 měsíci

      Nonese ikiza nibiheri? Cyangwa mukigira uruhu rwiza gusa

  • @user-dj2dx4br6g
    @user-dj2dx4br6g Před 4 měsíci

    Nukuri je mpora ndamubona uyu muvyeyi ninzobe yiwe ntamukorogo ni camela yamufashe nabi

  • @DianeNelly-py4gy
    @DianeNelly-py4gy Před 4 měsíci

    Utwigisha vyinshi urabwira ivyo nofungura kugira vyibuhe

  • @user-ti7ry8wh4s
    @user-ti7ry8wh4s Před 5 měsíci

    None se wowe nibyo wisize ko ndeba uruhu rwawe ntazi uko rumeze

  • @chany9950
    @chany9950 Před 8 měsíci

    Ivyo bintu bitukura mumaso nibiki gayemwe ubwo ntiwisiga amavuta akugira izobe nyishi urazoyaraba neza

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 7 měsíci

      oyaye ahubwo bisize amavuta yitwa Amara ntitwahije kandi sanzwe NDI inzobe ,Nico gituma nkora iyi massage ubu nagarukany e peau yanje

  • @BenieMriyamungu
    @BenieMriyamungu Před 2 měsíci

    .woba.aruwomunyu.tury

  • @nininahazwepatrick46
    @nininahazwepatrick46 Před rokem +1

    Bavyisiga mumaso gusa?ntahandi?

  • @biosanta8628
    @biosanta8628 Před měsícem

    Ariko uvuga gahike canee😢

  • @elisabethiyamuremye-xx2cr
    @elisabethiyamuremye-xx2cr Před 10 měsíci

    wibagiye gushiramwo ikiyiko cubuki

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 9 měsíci

      ntabwo nari mfis Naha birakora

  • @niyukurieliphase5485
    @niyukurieliphase5485 Před 4 měsíci +1

    Kumenga ww wariyambije ntivyohava bimyora

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 4 měsíci +1

      oyaye nukuri ni caméra itamez Neza uzoze duhure undabe❤🙏

  • @user-jt6yj7mk6h
    @user-jt6yj7mk6h Před 4 měsíci

    None nivyo
    Bituma uzana iyonzobe murakoze canee

  • @benithairakoze-vy5hy
    @benithairakoze-vy5hy Před rokem +1

    Gusa wisiga ibintu vyinshi bitandukanye uzomenya ivyagukoreye aribihe

  • @jhonbizima9037
    @jhonbizima9037 Před 4 měsíci

    Nibintu naturel ntaco bitwaye

  • @NdayegamiyeLucie
    @NdayegamiyeLucie Před 4 měsíci +1

    Mumbabarire mumbwire jw sinumvise neza ivyo bavanze nabonye indimu gus mumbwire muzob mukoze

  • @niyoncutinoel4663
    @niyoncutinoel4663 Před 4 měsíci

    Ndipfuzakubonana nawe canke umpe numéro ya whatsap

  • @user-rl4yp4or8y
    @user-rl4yp4or8y Před 4 měsíci

    Amahor.jeanin.nukur.urakoz.kuruw.mut.wimvi.lmana.lguhezagir.ugir.ahub.wubahw.nkajew.fis.35.lmvi.zar.zabay.uruynz.rek.ndabikor.ndab.urakoz