Baptême par Immersion-Immersion Baptism-Umubatizo wo mu mazi menshi/Nyakabiga, Dimanche 18/12/2022

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 27. 07. 2024
  • Ibirori vyo kubatiza Abakristo bashasha vyabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 18/12/2022
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
  • Hudba

Komentáře • 9