🛑NEVA abise ibijuju birya brochettes bisahura uBurundi🙆🛑Mayondori na Amstel bari muyabira🛑Barapfungw

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 4. 12. 2022
  • #amakuru #burundi #shiramatsiko

Komentáře • 19

  • @edmondniyonsavye2485
    @edmondniyonsavye2485 Před rokem

    Turabashimiye cane Ku makuru mushikiriza nabatari hafi tukayakurikirana.
    Nivyukuri Uburundi bwacu burafise itunga ariko rinyonyezwa na bamwe mubari kurihagararira , Président wacu nakomeze abafate bose bareke ubusuma ikindi nshimye niyo ngingo yafashwe na Sentare ya Ngozi yo kwirukana uyo muhindi, vyukuri abamaze kuba mu mahanga barabizi ntiwokwubahuka ngo urakubise umwana waho none kuki bo bubahuka abana b'igihugu?
    Nabandi bazoze barabakosora nkuko bagiriye uyo,murakoze Imana ibazigamire imiryango, Shalom.

  • @celeusfatirisigaye9624
    @celeusfatirisigaye9624 Před rokem +1

    Mwabirofamwe muriye abanyagihugu bakorereko kandi banayazane

  • @yassirali8025
    @yassirali8025 Před rokem +2

    Intwari ndayishimiye

    • @danieltshilumba
      @danieltshilumba Před rokem

      Nukuri lmana ikuzigame muvyeyi wabarundi uratwaye igihugu ukobikwiye komeza caneeeee lmana ikongere imisi yokubaho kuko witayeho abanyarucari

  • @burundishallsmile1day109

    Uti Absrwizatunga babiri🙄
    Canke Ibijuju bibiri👍🏽

  • @celeusfatirisigaye9624
    @celeusfatirisigaye9624 Před rokem +2

    Uyumutama arabamara

  • @habonimanamelchiade4265

    Amajambo y'ubutwari ntakeneye umwitsi. Aravuze ku bimugaje igihugu cacu c'uyu musi.

  • @ezechielniyonizeye2734

    Nihatari kwr tukabona baterimbere kumbe badufukamye munda mutam komesha bampema yuzuye

  • @isaacitangishaka988
    @isaacitangishaka988 Před rokem

    Vyiza

  • @jeremiebucumi9766
    @jeremiebucumi9766 Před rokem

    Nabayazane kuko Bari mubiba igihugu ntivyumvikana ukuntu i kabarore hari ubutare ariko hakabura ibarabara rihayo

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Před rokem

    Bakorereko muzehe

  • @alexisnsengiyumva3914

    Reka guhenda abarundi twzrabahinyuye.......uko nugusuzugura abarundi ko atabwennge bafise.

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 Před rokem

    None abo babwimba ntaruhusha bafise,ntamategeko bisunga?Babwimba abajejwe intwaro batabizi,abo bavuzwe babwimba bidaciye mu mtegeko? Twumva ngo hari sentare ijezwe gukingira amatungo ya leta ntikore none.Mutama kwidoga ntamuti bizotanga Nyakubahwa

    • @habonimanamelchiade4265
      @habonimanamelchiade4265 Před rokem

      Wewe nimba udasanzwe uzi ko hari contrat 2 zitandukanye. Iy'ukuri niy'amanyanga.

    • @kiiza
      @kiiza Před rokem

      Ivyo arabivuga ariko avuye ngaho biba bihebwe emw muzompinyuze biherey ngaho

    • @boscobazilinyakamwe7423
      @boscobazilinyakamwe7423 Před rokem

      Babwire ,intumva hagupfa ziragwira!

  • @fatumantirampeba8186
    @fatumantirampeba8186 Před rokem

    Wewenyene.naweurikiijuju