Amasezerano hagati ya Fondation PAX Burundi na Febabu avuga ko dutegura igikombe citiriwe icungu.
Vložit
- čas přidán 6. 03. 2024
- " Amasezerano hagati ya Fondation PAX Burundi na Febabu avuga ko dutegura igikombe citiriwe icungu ku mafaranga angana n'imiriyoni 30 canke zirenga, uburyo bwose bukoreshwa butangwa na Pax Burundi, Febabu nta mafaranga itubaza ". Fabrice Niragira, umuvugizi wa Fondation Pax Burundi mu kiganiro n'abamenyeshamakuru avuga kuvyavuye muri audit .
Ni mumwumvirize !
#akezasports #Fondationpax - Zábava