Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Ndakwemeye kabisa nabifunguye imbo nibo bazikubitegura uko muga ww warengejeMerci
Hmmm mbega biryoshe bisa neza...
❤
Ni ukuri iri ni ishure ryiza cane, jewe ndahigiye vyinshi. Imiguti irandembeje ntiwobona maman Yvan.
Izi ndagara mbisi nizo twita isambaza mu kinyarwanda?
Egooo
👍🏽👍🏽
Murakoze cane kutwibutsa guteka umukaka kandi mama capitoline
Great job. Undangir iz tanganyika iyo waziguze inbox 😂
I’m coming to eat😉
Welcome
I indagala wazivanyehe ?
Asante
Basha biraryoshe. Urakoze,nzohindurananje
☆ Next time we want imikate☆
Wihangane gato. Imikate izoza
Ayo mavita nay ibihoke. Apana ay amashurwe
Aho kubashinwa wogura izondagara namajahe?
NEW GRAND MARKET.
Ese views kuki ziba nyinshi kurusha subscribes🥺
NGAHO MFASHA NCUTI NAWE UNSIGURIRE IMPAMVU. Munyihere bantu banje izo SUBS🤲🏾🤲🏾🥰
Bariga bagahita bigendera batanndemeye disi 😂😂. Ariko ndabakunda ntaribi ❤️❤️❤️
@@Capy-xo1 bisubireho nukuri
Amazi waronzemo niyo utekesha? Nonese waronze.iki?
Zitekerwa zaronzwe neza mugenzi
Oyaaa mugenzi . Wokoresha amazi warongejemwo ibiribwa? 🤦♀️🤦♀️
Ubanza ururimi rwancanze.
Oya ayo yaronzemo yayamennye ashyiramo andi nyuma
Sauce tomate???? Tube dusya izisanzwe kuko ntawuzi kwari sauce tomate réellement birarwaza
Ukwo ubyifuza, ntaribi. Reka twihereze na kare nta myaka 100 dusigaje
Ivy bidimu ushizemw nivyinsh biraz gukata
Uragerageza urabe ko bikata muntu wImana.
Ooh ok .urakoze kunkosora. Mwabonye igicapo 🤦♀️
Ndakwemeye kabisa nabifunguye imbo nibo bazikubitegura uko muga ww warengeje
Merci