Merci Gasap. Ico nosaba,n uko wogira coperative y abafise ubuhinga muri iyo domaine yawe,mu gukora ama applications,amaradiyo...kugira ngo mu misi iza aho azogera kugira informatisation yama sevices yose y igihugu,abe ari mwe muzobifashamwo cane
This guy need support please mbwire iyo app irahari Apple store?? Kazima wacopinze ivyiza je ntayo narinzi ariko ndayishaka kandi we need to support this talent 💯
abarundi turafise ikintu bita #PHD (pull him(her) down or put him(her) down) uwuduze abari hejuru bashira hasi abari hasi nabo bakwega ngo usubire hasi
Numvirije neza iki kiganiro kandi canguye neza Imana yaraduteye iteka mukuha natwe un savant Gasape,numva nishimye kukumvako natwe abarundi dufise ico natwe amakungu yodukenerako mubumenyi Imana yaduhaye
......Mukuduha natwe
Bravo pour tes réalisations , une fierté pour les Banya Gitega
Merci Gasap. Ico nosaba,n uko wogira coperative y abafise ubuhinga muri iyo domaine yawe,mu gukora ama applications,amaradiyo...kugira ngo mu misi iza aho azogera kugira informatisation yama sevices yose y igihugu,abe ari mwe muzobifashamwo cane
Courage courage 🇧🇮
Big up guys please go ahead Hama namwe mufash abantu babitura kuko benshi iyo bamaz guterimbere kenshi abamwituye batobato ntaco mubafasha kndi mwofasha kinini please dufashanye kweli
Reka nje kuri Gasape vraiment! Murakoze kunyigisho!
Gasape n'impano y'igihuguu kbs
Yubahweeeeee 💪💪
Murakoze cane
@@perrysaxegateka4981 uruwiwacu mungwa ndakwemera cane
Pe!
Wow uvuze neza cane Imana ikomeze kubaha imigisha
Merci Osy kuri ico kiganiro. Mwe na Gasape muri iteka kugihugu cacu. Imana ibandanye ibahezagira. 👏✋
you're a very clever person. Congratulations
Merci Gasape kudukebura
Vraiment niho ncumviriz iki kiganiro.uri umu patriote 100% terimbere murundi wumutima.
Abatay akaranga nabo nukubihoza.
Gasape kubera iki itinjira muri I phone🤦♀️🤦♀️ barabe babidukorere
Ir Perry saxe courage knd wubahwe cane gose..; abagufitiye agashari nabo nukubareka wewe ukabandanya ibikorwa,, Big up sana.
Unomus nazinduts kbs bisab mpe twatundi bitw like kand ndaband na TV zany ndazikurikiran san From Saudi 🇸🇦🇧🇮
Urakoze cane
Félicitation mon frère. Tu es une fierté pour le Burundi.
Congratulations bro
Murakoze reka ndayirondere pe
Hossy urarondera dogo (wa mu pt president yaba iwe)azoba ari top...courage
Big up gasape 🇧🇮🇺🇸
Thanks boss
This guy need support please mbwire iyo app irahari Apple store?? Kazima wacopinze ivyiza je ntayo narinzi ariko ndayishaka kandi we need to support this talent 💯
#gasape keep Pushing our country🇧🇮 good job #hosy
Gitega twubahwe Gasape I can’t wait kukubona ninataha iwacu iburundi Igitega.Gitega tubazaniye bishasha wait and see .
Thank u hosy & gasape
You're welcome Audrey
Thank you Gasape watubereye a inspiration kuruyumunsi #gasape for real
Biranezereje cane
wubahwe mutama Gasape,urashoboye umukama akwongerereze inkomezi ubandanye uzana n'ibindi bishasha.
Osy urambera Sana 🇿🇦
Courage grand frere
Gasap uri Umuntu w'umugabo. Imana ibandanye ikwongerereza ubwenge. Nibisumba ibi uzobizane.
abarundi turafise ikintu bita #PHD (pull him(her) down or put him(her) down) uwuduze abari hejuru bashira hasi abari hasi nabo bakwega ngo usubire hasi
Nuko kbs niyompamvu ibihugu nibanyi biteyimbere
Nivyo cane mugenzi. Aho rero iterambere iwacu rizotugora rwose
Courage,je yaranse ukuntu noyi gira terchagement,iyo mbona siyo muvuga
Gasape ushakakuyikoresha muterefone yawe ubigenza gute
Vrt kino kiganiro kiranezereye caneee nemeye kugiteramako irijoro rinini nsanzwe nari ngwaye ariko ntangarira uyo mushakashatsi wacu kandi akunda igihugu nanje numva kumukunda ndamumenyesha ko akamo aduteye jewe nagafashe nkama kandi ngiye nokumukundisha kubatari bazi ibikorwa vyiteka ariko adutera mugihugu nomumakungu. Komera mon frère et dada Osie
Commentaire yawe iranyejeje agatima birenze. Urakoze cane kuri uwo mutima atari uwa bose
Wewe ntunzi mugabo imana ikuje imbere izompano zisohoke zije ahabona
Do progress @gasape
Amanya Gitega twubahwe💪💪💪💪💪
Kumbe Uyu niwe Gasape 😊
Ngiye gupfungura compte
Arazi gûtera Inkuru
👏🏾👏🏾🎩
✊🏾🇧🇮
Nuwo nuwo boss. Urakoze cane
Respect Gasape
Gut Gasape
Komera brother Gasape wubahwe❤❤
Murakoze cane namwe mwubahwe
@@perrysaxegateka4981 nukuri nawe wubahwe Imana ikomeze kukurinda
Mwoyimpa
Je vyanse ko ndayiterecharga
Bibaho kuko abarundi dukwiye gufashanya ..
Wow is genuinely man keep it up.
Good job
Ingabire zibandanye zaguka.Imana ibahe inkomezi,kandi muhezagirwe
Hosy ur so cute with the Burundi earrings ❤️❤️❤️💕
For sure
@@perrysaxegateka4981 yeah for sure got a nice look
komera gasape Warashoboye kubishira mungiro jew nabiciriye munzira.
GASAPE nayumvise 2005 ariko sinarinzi iyo ageze! Abarundi nibaguteze imbere nyene kuko urakeneye kuduga kandi caane n'iteka ku Barundi twese
Iki kiganiro kirandyoheye, Hozy wubahwe, Gasape we birandenze. Mukomere
Urakoze cane boss
Jew ndashimye iki ganiro niryambere ndavyunvise mwompa chance y,ukumenya ingene agasape ikora
Murakoze caneee pe!!!!
None acopier bitwaye iki? ubwenge bwokubikora Nico Nico ngombwa👌🏼bravo Gassape ! Ntayonarinzi iyo app niyo histoire. ndayiyirondera .
" Canada "
Aho mama wanje. Urakoze cane boss
Jew mba muri leta yunzubumwe bw'amerika nukuri bikunze vyose bavyiza tumenye agape ingene ikora kuko nikintu giteye umunezero kubona dushobora iterambere nkiryo murakoze
Abarundi dukunde ivyacu
#Gasape🙏💥💥💥🔥🔥🔥
Merci
Tuje twiruka kuri Gasap
Hosy uzorondere umu type yitwa Nyakanga yarigez gukora Radio yitwa Radio Nyakanga mu Kanyosha Kajiji munyuma arayiheba kubera guteshaguzwa n’ inzego z’ intwaro na Mukurukuru yarigez kuhakora
Yobakoze
EHHH MUSAZA GASAPE NDAMUFANA CAAANE. GASAPE ORIGINAL
Big up mon frere! Hama buke buke nirwo rugendo abarundi tuzotinda duhindure ingendo .
Gasape wubahwe
Mwubahwe namwe boss
Komera Osy
Niwubahwee nukur👌uvuz iknt ciza cn👊🏼
Ni mwibahwe cane boss
Hosy uzomutumire kandi abandanye iyonkuru ya president ayiciriye hagati yariryoshe cane.
Hosy uraba wumva
Gasap
Problèmes gasape avyumve jew vyanse koyuguruka application ya gasape knd ndababaye
ngiye gukoresha gasape nampaka nakare fb ntaco yaduha reka gasap yubahwe
wubahwe cane
Gasape impano urayifise kandi idasanzwe jakukivi abandi bavuge jewe ndagushigikiye
Murakoze cane kuri commentaire yanyu, hapa kazi tuu
Big up Hosy,uyu musi uzanye umuntu akenewe cane
Ndanezerewe cane ko mubishimye
Perry Gateka ukomeze wubahwe.
Twese namwe mwunahwe boss
Abarundi wapi mwikebuke ntimufashanya kuzamura impano vmnt ntarukundo
vuga uti twikebuke nawewe urimwo
Courage...urintwari.hama bikunze uzodukorere application ikora nka watsapp uzobukoze...
Harundi buryo dusha kowokora
Turi kumwe.courage.
Ndungikira yo mahereni hosy ni Meza cane
Hosy rungika ayo mahereni
@@perrysaxegateka4981 🤣🤣🤣
Incabwenge y'u burundi, nanj nciyenja gukoresha app biranezerey peeee
Brother guma wirabira imbere gusa abaguma hahandi bazoza bagusange areko bakurangamiza. Imana ikwongerereze ubwenge.
Murakoze cane kuntera intege.
Je link yarambuze
Ikiganiro ciza cane 🙏🙏🙏
Murakoze cane
ndagiyeko ubunyene
Gusa uburundi bwubahwe
Nukuri cane kandi murakoze
Pls nimuduh Link yiyo Application
Nagiy mur Play store nayibuz
Utumy NCA nibuka kugira commentaire naho utaraheza😄
Nukuriii komezaaa igihugu cacu giterimbre.🤝
Terimbere mwenewacu
Mbere ndirutse kuri GSAP kuko umurundi ateye imbere , tuzokwitirirwa ko turabarundi hahaha
Komera
Gasape terimbere imana niyonkuru abana babantu bihoze bavuga vyishi wakoze kuduha nime zawe Hosy nawe wakoze kumutuzanira
Murakoze cane boss.
ndumiwe koko but wubbahwe kbsa
Murakoze cane rwose namwe mwubahwe.
✅
😂😂😂you 're genius
Nimuyiduhe tuyikoreshe
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Osy murakoze muzanye umuntu ndukunda munduhe iyo Gsp
Urakoze cane mugenzi
Nn twoyikurahe
Osy nawe ndakwemera wirambire mukobwa wacu.
Abarundi nivyo turakwiye kurengera ivyo batubwiye bidutandukanya tugahindura page tugashigikirana mubijanye n'iterambere
Nukuri cane
Un vrai luder .Tu m'inspire Perry.
Yishura Nkincabwenge nyene!!!
Wawu wawu komera
Murakoze cane
Murakozecanetwesetwifuzakuzaarikotwabuzenzu
Urahezagirwa
Iyo app tuyisangahe kugiye play store utayibona?
Ntawoyimba yimpe mabuja