IMANA IRAKOMEYE: BARONSE UMWANA NYUMA Y'IMYAKA 15 || JOEL NA BEINVENUE
Vložit
- čas přidán 25. 06. 2024
- Haruwoba afise iciyumviro ashaka guterera canke icipfuzo kubijanye ni kiganiro? Yoduhamagara canke akatwandira kuri izi numero "+1 (602) 525-4010". Muhezagirwe
Ishengero rya Christ life Center rirabashimiye mwese.
Hallelua !! Intahe nziza cane isubira kugaragaza ubukuru bw'Imana!! Imana ishimwe cane kubwabo bavyeyi yatwengeje ikabaha ikibondo inyuma yimyaka myinshi. Kuko 15ans ni myinshi pe. Murabahizi nukuri mwashoboy kwihangana mugikundanye!! Yesu ni mwiza ibihe vyose❤
Wakoze caneee Ornella na team yose ya Warubizi kuduha opportunité yo kuvuga imirimo y Imana🙏
Imana yarakoze caneeee inyuma yi myaka 15ans nimyaka myishi canee mwakomeje urukundo ukwizera Ijuru riheza riratabara muryango mwiza wa Joelle na Bienvenu. Murakoze cane kuntahe nziza mugume mu bwiza bwa Ndiho 🙏🙏
Amazing testimony! Imana ihezagire uyumuryango🙌🏽
Yesu akomeze abagirira neza Joelle na Bienvenu. Wakoze Ornella
Ornella bless you cane ku batumire beza b'uyu musi,iyi ntahe ntituyimenyera nukuri,itubera nshasha igihe cose bayishinze
Yitwa ntihemuka,niyo Mana yacu,mwarakoze kwikomeza ku rutare rukomeye,irya Zaburi125:3 irankomeje ,merci
Imana nishimwe iragahora ihezagirwa KO yabagiriye neza yitwa ntihemuka kandi ikora kumwanya wayo
Mwarahezagiwe 😢🥰
Ndanezerewe cane
Ornella
Abo bantu ndabazi muri vivante buja.
None uriko ukora ikintu ciza.
Jewe ndi maman Christophe ngira uramwibuka,muri église.
Ndiko ndaba ico kiganiro.
Biranejereje.
Imana Ishimwe kubwa Joelle na Bienvenue ❤
Woow,ikiganiro ca bn
Bienvenue na Joel Imana ibahe umugisha numutima mugari wo gufasha abandi bari guca nko mubyo mwaciyemo nukuri Uwiteka abahire Cyn rwose!
Beautiful couple muaryoshe intahe yanyu irubaka 🙏🙌❤️
Mwaduhezagiye canee. Joelle na Bienvenu
Ornella uri Mwiza cane warahezagiwe
Ornella ndabibuka muri chorale yo muri vivante kwijabe
Mbwira uwomuti disi!
Wotwandikira tukaguhA number ya joelle 🙏
Mutumbwire uwo muti