Uzotwerek n ibik wokora vyotum umuntu agira am appetit jwe sindazifis hagezek fungur knd iba shonje birank pee sizik biva kuri amibe ntubaze hma murakoze❤❤❤
Karangwa Emmanuel we ntabwo yabivuze mu kirundi ahubwo ni mu gifaransa nicongereza.Uzoje mu birungo aho babidandaz ubaze clou de giroffle ariyo cloves canke feuille de lorier nikirungo cutubabi twumye uze ubibaze bazobikwereka
Feuille de laurier ni twa tubabi bashira mu nyama iyo bazitetse kugira habe akamaro keza . Cloux de girofle na feuille de laurier wobibariza muri barya bantu badandaza ibirungo vy'inyama
Ndagkunda CN murakoz muvyeyi Mwiza,ndi Mozambique ndakunda kugukurikirana CN uranfasha,uzotwereke numuti wokuja mubihe abantu duteba kujayo namezi menshi agahera tutabibona.
iyo n'ingwara mwaragiye kwa Muganga♥️
Urakoze cane
murakoze gushima
Uraho meza mama ngendi mu Rwandan harimiti ibiri ntasobanukiwe umuti wavunishije intoki ndetse nuwo wadahishije ikiyiko yinsobanurire neza aminbe yarandenze ntamiti ntakoresheje yibinini ndetse nivyatsi .
Ndakwinginze iriya miti wavuze muri France yinsobanurire mu kinyarwanda murakoze imana iguhe umugisha
Bite jeanine bakuza igitsina gute ku mugabo.
1) clovies( supermarket, mubagorozi irahaba )
2) umushengesha
3) ubuki
4) tungurusumu
Murakoze cane madame
Tubinywa igihe kingan gute?
Ntibipfa Hahez imisi wabikuy wabimiminye?
Murakoze cane madame
Tubinywa igihe kingan gute?
Ntibipfa Hahez imisi wabimimye
Murakoze
Uzotwerek n ibik wokora vyotum umuntu agira am appetit jwe sindazifis hagezek fungur knd iba shonje birank pee sizik biva kuri amibe ntubaze hma murakoze❤❤❤
yooooo ni amibe fata umuti
Wazambwiye icankiza hymoroide
𝐌𝐮𝐫𝐚𝐡𝐨 𝐧𝐞𝐳𝐚 𝐧𝐝𝐢𝐦𝐮 𝐑𝐰𝐚𝐧𝐝𝐚
𝐧𝐨𝐧𝐞 𝐢𝐤𝐢𝐛𝐚𝐳𝐨 𝐧𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐧𝐢𝐤𝐢 𝐦𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐚𝐩𝐞𝐭𝐢 𝐚𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐢𝐲𝐨𝐧𝐝𝐢𝐲𝐞 𝐦𝐩𝐢𝐭𝐚 𝐧𝐮𝐦𝐯𝐚 𝐦𝐩𝐚𝐳𝐞 𝐜𝐲𝐚𝐧𝐞 𝐧𝐤𝐮𝐦𝐯𝐢 𝐦𝐮𝐠𝐢𝐟𝐮 𝐡𝐚𝐫𝐚𝐭𝐮𝐛𝐲𝐞 𝐦𝐰𝐚𝐳𝐨𝐛𝐚𝐧𝐮𝐫𝐢𝐫𝐚 𝐦𝐮𝐫𝐚𝐤𝐨𝐳𝐞 𝐭𝐮𝐫𝐚𝐛𝐚𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚 𝐜𝐲𝐚𝐧𝐞𝐞
Urakoze madame.uzoturonderere umuti uvura umugongo
Urakoze cyneee Mubyeyi uyumuti uwawumpa kbs
Murakoze.cane
Ariko.utwowashizemw.twudutet.sinakameny
amen, ❤️
Murakoze cane madame
Tubinywa igihe kingan gute?
Ntibipfa Hahez imisi wabimimye?
oya ushira frigo canke kugasima hasi hakanye
Karangwa Emmanuel we ntabwo yabivuze mu kirundi ahubwo ni mu gifaransa nicongereza.Uzoje mu birungo aho babidandaz ubaze clou de giroffle ariyo cloves canke feuille de lorier nikirungo cutubabi twumye uze ubibaze bazobikwereka
Urakoze cane!
Ndi mu BURUNDI, Clous de girofle, igurigwa he?
Unyishuye, wob'ukoze cane!
Clous de girofle iguri mukamenge canke muri cotebu
murakoze gushima
Urakoze cane. Ujye udusubiriramo no mukinyarwanda
egome cane
Ujye uvuga n'inyarwanda haribyo tutamenye isibye tungurusumu,nindimu ubuki ibindi nago twabimenye pe! Mrkze
karafu n'umushengesha murakoze
Murakoz can
Murakoze caaaane ❤
name❤
Ivyobintu ukoresha bivuge mukrundi woba ukoze
Urakoze mwiza
Ufise ishaka
Egome kugira abakunzi banje mumererwe neza
Loveyou❤❤❤
Urakoz muvyeyi merci non utwotubabi dutatu sinadutahuy nitumw bateka munyama
Egome
Utwo tubabi dutatu niturya bashira munyama
Love you❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️
❤❤❤
❤️❤️❤️
Mama ndagukunze imana igihe umugisha
Merci
Dusigurire Ako kababi sindakazi Kariya gatoya washyizemo
Murakoze cane kunyigishozanyu murakoz
murakoze gushima
Murakoze cane
🙏
Courage❤
Murakoze ariko sinatahuye neza kudojehov nibiki?mwontahuza ntaconzi bakugirira hehe?
Warakoze kutwereka umuti wa mibe ngengukurikira ndi Uganda mpejeje kuwukora unomunsi ariko naronse ifu ya cloves ino irahari
Merci beaucoup madame,mbega uwibungenze arawufata?
Nukuri urakozecyane ndimurwanda ikigari kugisozi ndagukunda
Urakoze cane muntu mwiza
namwe murakoze gushima ncuti yanje
Ubu nyene ngire ndabikore.merci
Uzomererwa neza cane
Utwotubabi tuvugemukinyarwanda
🎉
Feuilles des lauriens ni iki?hooo!ubwo nububeshi!iyo wiyemeje kugako uzi umuti ugaca uvanga ivyatsi byumye ntiwerekane nico giti wavyamuye! wumva utarimwo ubesha abantu?
Woturangira uburyo bwokuvyara kurugero merc
,,ok
Hariho grp ivyigisha urazondondera ndagusabire bagushiremwo
Nukuri ndasavye mumbwire Aho ivyo bintu bigurirwa havuyemwo tunguru sumu n'indimu kko irandembeje gose umubiri wose warabaye ibisebe kubera kwiyagaza
mubadiventiste nukuri
@@jeaninetv, cga mubagorozi?
Sha uwomuti uroroshe kuronka kweri
Tubwire feye de raurie nacou de George,nibiki twabikurahe?
Cou de gelove nibiki?, feuille de relion nigiti nyabaki?
clou de girofle,ni karafu cakirungo bashira munyama
Mrci
de rien
Ku de gihofre nigiki
Bit muhingi wacu
None uwozirapa.izi tunguru sumu haringorane
ntangorane nukuri
sister jeanine uhezagirwe n'Imana
Amen ❤️🙏
Mana yanje muramugoye kabisa cou de george na feye de raurie MANA YANJE!!
feuillet de l'aurore n'umushengesha ,clou de girofle n'akarungo kamwe kaba mumaboutisue kirabura bashira mucayi gatuma kimota
Imana ibandanye ikwunguribwenge
amen🙏
Iyomababi nigiti citwagwiki
Mrci sana hama uheje iryo cuba uba uhejje?uwufata imisi ingahe?
Mugatondo 'sasita no kumugoroba
Ikiyiko kinini gushika bihere
Murakoze cyane,mbega none clou de gelof ibuze nta kindi kiyisubirira?
Murakoz can
Nimutubwir umuti uheza ibihere Burundu nawo
Thank youu mama
de rien
Thank you mais comment trouver et ou Les feuilles de lauriens. Uba he dusoobanurire neza mu kirindi
Murahoneza ukunda ibihanirobyanyu umutiwatubwiye wimvi kokonatiyamavuta wayisimbuza ikikonayibuze
turaho murindire gushika iyi samedi muzoba mwayaronse
Cou de gerofe igurirwa hehe
mubadiventiste canke mw'isoko mubirungo
Ni clou de giroffle nshuti apana cou ok
6:54
Courage
Merci reka tubigerageze turabe .umu dame yibungenze yowukoresha?
Wobaza muganga
Yego tuguteze amatwi
sawa
Ndashaka kowombwira umuti wurusigo rwomunda rurambangamiye
Sawa ncuti
@@jeaninetv ndarwaye ubuherehere bwaranse gukira nokorik kugira buhere buryndu
Sha jose nibazako uwomuti akurangiye kuri amibe nokugisigo wokora kweri
Urakoze nshuti nonese kusaneza cyane nange ninguma gukoresha isukari nindimu nzasagutyo uduheri tuzanshiramo ?
merci nukuri courage uzobona changement,,❤️
Umugore yonsa umwana muto yowukoresha uyumuti?
Nitwa jean de Dieu ndi mu Rwanda.
Ko ntabona cloud de gerofe na feuille de l orient nabibona nte ngo nkore uwo muti
Ibyo byose birahari mu Rwanda I kigari ubisanga nyabugogo,ukabaza Aho bachuruza ibirungo by'ipitau uhasanga ibyo ukeneye byose.
iyo ntabiriyo
nzonkurungikire
Ntaco wonona muri estomac ?
urakaze woba yariye umusigati canke wanyoye turmeric
Feuille de laurier ni twa tubabi bashira mu nyama iyo bazitetse kugira habe akamaro keza .
Cloux de girofle na feuille de laurier wobibariza muri barya bantu badandaza ibirungo vy'inyama
vyiza kugira uronke original uragurira mudiventiste ubahh
Vyiza cane jeaninne wacu
amen amen
Turagukunda ma chr
amen🥁🎸🙏
Uyu muti twawubonahe murwanda
KO ndi mucaro nowuronka GT rps
Ibyo bitari tungurusumu nindimu byitwamguki mukinyarwanda bitarimugifarasa
umushengesha,Ibindi ni karafu
abana wawubaha
ntangorane
Muraho neza. Mwazatubwiye ikivura umuhumuro mubi mu kwaha. Nkoresha indimu ariko ahubwo mbona yaranteye guhumura nabi kurusha
haaaaaaaaa inbox tuvugane
@@jeaninetv Muraho neza. Nabandikira inbox gute.
Nangahe uwo muti
nigikukuru wigurira indimu nazo mw'isoko ziruzuye
None uwo muti wa amibes bawufata imbere canke inyuma yo gufungura. Hari aho wavuze ibiyiko 2 mu gatondo, ahandi wavuze ikiyiko 1 mu gatondo, ikindi sasita, ikindi ku mugoroba. None dufate iki?
Ndakunda kumviriza ibiganiro vyawe kandi ivyo guteka kenshi ndabikurikiza.
None mupfasoni Jeanine, hezagirwa!
Judith. 18:56
gatatu kumusi ikiyiko kimwe kinini
Twuvise umutima amibe ntiwatubwiye ingene tuwufata nikukiyiko unywawose canke
gatatu kumusi ,ikiyiko kinini
Gatatu kumunsi igihe kingana gute?
Kugeza uwumaze
Ujye udufasha uvuge nomukinyarwandasha
ntaconzi nukuri
nzogerageza
Waduso anurira iyokarapu nikigiti
tombora neza
Uyu miti umuntu yawubona gute
urawukora
Vyukuri usaneza cane
murakoz cane🙏
Coup de jironfe ntayo tworonka mu kirundi ni iki?
ndiko ndarirondera
Ni turya turungo twicayi heshi turahari
Twabandikiy mug ntimwasomy ng mudusubiz sivyiz
Umushengesha nibyo ❤❤❤courage Mama
Amen🙏
Muraho ndagukurikirana ndimurwanda iyo fedororie niki mukinyarwanda ntago twayimenye uyidusobanurire amibe iraturembeje
mukinyarwanda numushengesha
Merci iyo clou de girofle Niki bayigura muri alimentation ?
nuko nyene benshi bazi akarungo c'icayi
Komera tantine
amen
Izo clou zigurirw hé ??
Mubatempera, ♥️
Mumasoko nkahose ziriyo cane cane harya badandaza ibirungo bitandukanye
Uwo mushengesha utawurose ntakuntu wokoresha ivyo bisigaye bigakunda
oya pe imiti ikora ikoranye
Murakoze.cane
Murakoze cane❤
Cou dejehove twayibanagute
muba diventiste iriho
Ura dufasha cyane ariko utwo tuntu twakurikiranye nubuki c natumenye hamwe nurwo tumeze nkutubabi umfashije watushakira uko twitwa muki Nyarwanda niba umuntu yatubona muri alimentation
intete za karafu ikindi n'umushengesha
@@jeaninetv ngiye muri alimentation nkabwira uko babimpa?
Cg nibiti umuntu yishakira ntibigurwa?
Ubwo se ntiwasekura clou de girofle nka kurya usekura ail?
régime ntangorane
None uwo muti kumwana ntakibazo tuwumuhaye?
Poudre de girofe nayibona gute
Twashaka utubwrire kutwo tuntu twirabura Kari cakirungo cicayi mwobamukoze handing mwakize cne
ni clou de girofle
Mwaramutse.uyo muri sa amibe mukibanza ca'ubuki ntakindi wokoresha kubarwayi bâ diabète? Urakoze
Sawa ndababwira
Ku dejerofe na fer de le rien twazibona gute zibonekahe ndi murwanda
Jewe ndagusavye ico bakora kugira vyibuhe ,sindaronka inyishu
Nutwodutete nuduki mukirundi
uturungo twicayi
Ubwose abatunva. Izondimi barabibwirwa Niki? Mujye mubbisobanurira naba Tara geze mumashuri
egome ncuti
Jeannine mfasha ubwire ibikuraho udukonjo two kuntoki uzobaba ukoze
udukonjo yooooo ubic sintahuye baza need,♥️
Ikibabi cyintare umuntu yagikura hehe mubyeyi ??
intare
Clou de giroffe bayigurirahe? Niki?
mubadiventiste niho batanga original
Feuille de lelion yavahe ?
mubadiventiste canke mubirungo
Baratugurisha mumasoko cane cane harya badandaza ibirungo vyinyama