MUTIMA LE COMEDIEN avuze ivyo tutamenye igihe asaba UMUKURU W'IGIHUGU//Birateye ubwoba/Ubugeni bwanj

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 02. 2022
  • MUTIMA LE COMEDIEN avuze ivyo tutamenye igihe asaba UMUKURU W'IGIHUGU//Birateye ubwoba/Ubugeni bwanj
    #mutimalecomedien #ntarerushatsihousetv #indunditv
  • Zábava

Komentáře • 31

  • @ahishakiyearlene585
    @ahishakiyearlene585 Před 2 lety +4

    Mutima wubahw vrt warakoz kuvuga ijambo rikiza benshi weh ntiwisabira yambiiii💫💫respect vrt urumugabo👍👍

  • @justinb3355
    @justinb3355 Před 2 lety +2

    Muta, uwo musore aravuga amajambo y'inkoramutima kabisa... Merci pour l'entrevue 🙏

  • @janvierniyibaruta1857
    @janvierniyibaruta1857 Před 2 lety +1

    Ijambo rikomeye caneeee mutima avuze.
    “Iherezo ryikintu rishobora kuba intango yikintu “ courage caneeee mutima ndagufana

  • @ellymuzoklein4798
    @ellymuzoklein4798 Před 2 lety

    Mutima ni impano igihugu cacu caronse kugira ngo urwaruka rumwigireko vyinshi naho akiri muto. kandi ni inyenyeri imurikira abato n'abakuze. Imana imuhe kuramba

  • @alanthereal1365
    @alanthereal1365 Před 2 lety +1

    Ubu mukarere bamwita
    #MUSHAHA ❤️🎯
    #SecretGarden 🤞🏾

  • @Alice-vl2kn
    @Alice-vl2kn Před 2 lety +1

    Kabisaaa Mutima wubahwe 💞💞ufise amajamb yubwenge💖

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 Před 2 lety

    Warakoze mutima wakoze ikintu ciza imbere yanyen'icubahiro

  • @irakozemarina8881
    @irakozemarina8881 Před 2 lety

    Mutima nukur jew ndagufana mubantu wongerereza imisi yokubaho ndimo🙏 baho kd uzoshika kure

  • @user-dl6ft9fy9b
    @user-dl6ft9fy9b Před 2 lety +1

    Mutim wubahwe cane wew uratwigish can nimpanura zaw ziratwubak kuk vyishi ukuna bitubako

  • @rayjuvent2465
    @rayjuvent2465 Před 2 lety +1

    Big up mutima.. Warakoze Kudusabira Gari yadudu 🤣🤣🤣

  • @orlankevyirambona4720
    @orlankevyirambona4720 Před 2 lety

    Mutimaa respect
    Urashoboyeeee kbs
    Komezaaaa
    Courage kbs

  • @thomasndayisaba2454
    @thomasndayisaba2454 Před 2 lety

    I'm your fan brothers mwese ndabamera Mutima& Gaël 🤝🤝🔥🔥🔥🔥

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 Před 2 lety

    Keep working. You have my support guys 🙌🏾🙌🏾🙌🏾

  • @denzoboy4534
    @denzoboy4534 Před 2 lety +1

    Big Up Mutima🌟

  • @imlovely8398
    @imlovely8398 Před 2 lety +1

    😃😃ukwo nukuri nugukora cane

  • @bbbeocella8856
    @bbbeocella8856 Před 2 lety

    Courage Mutima

  • @jacksonlakini2576
    @jacksonlakini2576 Před 2 lety +1

    urigisha kbs

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 Před 2 lety

    I really like the introduction Gael 😂😂

  • @elyseg_lighth2267
    @elyseg_lighth2267 Před 2 lety

    Babiloni hoshi mutima Big up Sana

  • @jeanbizo8784
    @jeanbizo8784 Před 2 lety

    ndakunda ukuntu wemera abagutanguriye Kiging na Ildephonse utigera ugara nagato

  • @elieciza2560
    @elieciza2560 Před 2 lety

    👏👏👏👏👏

  • @celestinndayisenga3474

    courage mutima

  • @Steph_Marley
    @Steph_Marley Před 2 lety

    Niwubahwe👊🏼

  • @ronaldoiteriteka142
    @ronaldoiteriteka142 Před 2 lety

    niceee

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 Před 2 lety

    Munkora kumutima Umukama abampezagirire

  • @steffybrethamuco2227
    @steffybrethamuco2227 Před 2 lety +1

    Bij ku nguvu zidasanzw😂

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 Před 2 lety

    Umukubit, wariwagiyehh

  • @josetteharonsimana5949

    Mutima za uvugisha ukuri🤔🤔 urunganwe rwabantu bavutse hagati 1990 na 2000 muratinya kurongora kuko mushaka kurongora mufise ama miliyoni😎😎😎 kmukibagira ko UMUTAHE w'Umworo ari inguvu ziwe🤔🤔🤔.
    Ngo mushaka mukoreshe ubwenge, yemwe koresha UBWENGE ndabe abo mpebuje n'Abakobwa barindiriye MARIAGE 😃😃😃😃😃😃😃

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Před 2 lety

    Komera

  • @mistanackis8269
    @mistanackis8269 Před 2 lety

    Egoo vrmt

  • @wembakamungu2740
    @wembakamungu2740 Před 2 lety

    Courage Mutima