Mu Burundi ngo harakwiye itegeko ryuko umwana wese akwije imyaka yo kuja mw'ishule yoja kw'ishule
Vložit
- čas přidán 25. 07. 2024
- Mu #Burundi ngo harakwiye kujaho itegeko ryuko umwana wese akwije imyaka yo kuja mw'ishule yoja kw'ishule . Vyavugiwe mu ruganda rwatunganijwe na FVS Burundi kuri uno wa 5 Mukakaro, aho iryo shirahamwe ryari riramutse rihimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umwana w'umunyafrika.