ICIZERE BY SABBAS FT KAMIKAZI Official video 2021
Vložit
- čas přidán 16. 09. 2021
- Icizire n'indirimbo nshasha ya Sabbas arikumwe na Kamikazi .Irimwo ubutumwa bwo kugirira Icizere Imana kuko mubihe vyose ishobora gukora ibirenze ivyotwayisavye cank ivyo twibaza.
Audio :AFRICAN GOSPEL STUDIO
Video: HAPPY RIVER
Prod :SABBASTYLE ITARA COMPANY
follow us on Fcbk Sabbas Nkurunziza
Instagram Sabbas Nkurunziza
Email sabbasnkurunziza@gmail.com
#ICIZERE #SABBAS #KAMIKAZI #SUBSCRIBE NOW - Hudba
Muhabwe Umugisha n,UHORAHO kand mugumane Icizere Imana ishobora ibirenze ivyo wasavye n'ibirenze ivyo wibaza.Mumfashe kuyisangiza nabandi.
Iyo ndirimbo irihe?
Amen
imana ishishikare kubagura
Amen Amen Amen nanje mana yanje ngufitiye.icizere muhezagirwe
Amen
Mana ndazi ko ngufitiye icizere big up Sabas na Kamikazi mutwibukije ko Imana iruta uko tuyumva
thx dear
Hezagirwa mugire umugisha.imana ibandanye ihezagira ibikorwa vy'iminwe yanyu nivyo ntaho Imana idakura umuntu umukene umubosi bose baremwe nimana dii
Hahahaha. Zaaaaaandagaraaaaa. Courage sabbas. Kamikazi ndabakunda cane iyindirimbo iranyubatse cane ntegerezwa kuraara ndayihaye abantu bareng 1000 uwotuvyumva kumwe. Twagiye gonga like
Merci
Yoooo?? Manawe nihatari non kudandaza indagara nibibi asante yesu🙏🙏🙏🙏🙏
Indirimbo nziza Nice song irigisha kubantu batizer'imana KO yishur muhezagirwe 🙏🙏🙏🙏ndaziko imana imfitiye ic'izere mubuzima bwanje nanje mfise ic'izere KO yishur
Iyindirimbo irimwo amajambo meza,yaramfashije cane
Nukuri ndabashimiye kubwiyi ndirimbo sabas na kamikazi ayamajambo nayanje pe nanje mfite icizere muhezagirwe cane Amen
Vyukuriii bimwe vyama emotion ndabuze iconvuga sabbas iyi ndirimbo niyanje nukuriii amajambo yoose arimwo mwarayandirimbiye mana ngufitiye icizere😭😭😭🙏🙏🙏
Amen
Yes ngufitiye icizere mana. Nindirimbo nziza cane
Nzuri sana. Mungu akubariki. Team Kenya🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Asante mdogo wangu
@@sabbasburundi2404 mugu abariki wayi nyimbo nzuri mungu apatiye mavuta yakwiyimbaji
Amen Amen Imana ibahezagir ibongerereze Amavuta 💝💝💝🇸🇦🇧🇮
Waouh waouh Icizere song 🥰👌nziza cane natwe dufise Icizere Ku Mana👐
Amen asante dada
Ameeeeeen amen hallelujah Imana ishimwe kuko imfitiye icizere🙏🙏🙏🙏🙏
Amen
Icizere niciza mana weeeee 🙋♀️🙋♀️🙋♀️
Muhabwe umugisha kundirimbo yany😍😍😍
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah Nukuri Mana tugufitiye ikizere
Amen amen Imana ikomeze kubaha amavuta 🙌🙌🙌🙌🙌
Nukuri Mana nahobikomeye ngufitiye icizere nukuri🙋🙋🙋🙋🙋
Amen amen mukozi wimana imana irutingabo courage bantu banjeeee❤❤❤❤❤❤
Sabas we iyompan siyaw kwr iman yar yahezagiy urashoboy PE! Iman ishishikar igukomez kwr ndumy
Halleluya halleluya Imana ishimwe cyane nanjye ndafashijwe muhezagirwe ndabakunda❤
sabbas,kamikazi imana ibadukomereze cane muratwubaka.
Amen.ndafashijwe niyindirimbo cyane.
Muhezagirw iyo mana niyokwizerwa ndabakunda💞💞💞💘💘💘💘
turagkunda
Amen Hallelujah 🙌🙌🙌🙌🙌
Nange Mana ngufitiye icyizere
Amina cane dufisicizere mubuzima bike bivamwo vyishi mukwizera
Murakoze cane kuriyo ndirimbo.
Muhezagirwe cane
AMANA ibampezagirire. mushizemwo ikind cizere gisha
Amen CHRISTO niwe dufitiye ICIZERE
Uko niko biri muribibih nukwitwengera ariko dufise icizere ko tuzohindurirwa izina tukiri kwinosi yabazima
Mwubawhe lmana ibandanye ibaja imbere
Ndagukunda cyane uririmba neza.
Amen amen indirimbo niyanje kbs.
"Ngufitiye icizere Mana yanje"
Halelluaaa 🙌🙌 amen 🙏 🙏 ndiho abandany abongerereza amavuta
Ngufitiye Icizere Mana ♥
Amen mana nkufitiye icizere na jewe
ndafashijwe cane Imana ibahe umugisha
Amen amen 🙏! Tuyifitiye icyizere!
Claude from Rwanda 🇷🇼 Musanze
Ameeeeeen amen
Muhezagirwe cane
Nanje nabonye ko Imana ariyo yonyine yokwizerwa ,murakoze cane🙌🙌
kbsa
Love 💕 from 🇰🇪 Nairobi we trust in God 🙏🙏
Amen mubandanye muhezagirw muririmbanez❤❤❤
Imana yacu tuyifiye icizere....🙌🙌
Icizere ✋🤚🤚🤚🤚🤚byose niwawe mana yanjye 🤚🤚🤚🤚🤚🤚🤚🤚🤚🤚
hezagirwa Sabas indirimbo iryoshe
Ivyo nivyo imana isumba inabordable courage
Amin7 imana irashoboye
Amen muhezagirwane numwami iman yacu amen
Courage urashoboye👌👌
So touched my bro.ngufitiy icizere Yesu.may God bls u
Muhezagirwe cane nan je mfise icizere ntakekeranya
Amen Balikiwa sana
Ndakundi ndirimbo ze ubutumwa nizindi
Wayikoze neza cane Imana ibahe umugisha mwinshi
Mpwemu w'lmana arushirize ku bavugitira knd abacure inkamba zibavemwo
Indirimbo nziza cane mukomerezaho bavukanyi
Ndakunda kami iyindirimbo icizere uyumunya muramvya agirumugisha nakutakia uwe na uduma nzuru
Amen amen hezagirwe omani turikumwe namwe 🙏🙏😍💗nanje mana ngufitiye icizere
Umfitiy icizere mana 🙏🙏🙏 Thx Sbb $ kami
Gu mani cizere
Imber niheza
🔥🔥🔥🔥
Nari nihebuye ariko ndayumvirije itumye ndema mumutima muhezagirwe cane😭
Najye mana untabate ❤❤❤
Amen nukuri itufitiyiye icizere
Ndagukunda cyane muvandimwe mwiza komerezaho
Ndabakunda muvyumve❤❤❤
Amen mwarakoze cane kubutumwa bwiza
Dufita icizere 🙌🙌🙌 Ameeen🙏
ngufitiye icizere Mana
Akaririmbo keza cane gahuye n'igihe ndimwo!!!! Scénario nziza,audio nziza!!! Ndabakunda!!!
Asante
Akazi nakazi
Thanks My Lord you are respect ful kami muhezagigwe
Amen amen yesu abahezagire cane
Imana niyo Kwizera mugirumugisha murakoze cane 🙏🙏🙏
ATI zandagara muragura hhhhhhh
Amen kandi amen Imana tuyifitiye icizere
Haaaa zandagaraaa harimwo nakomedi barikiwa papa
🙏🙏🙏😭😭Rek'Imana yitw'Imana 🙏🙏🙏
Numva noguma ndayumviriza🙇🙇mwarahezagiwe ❤❤
Amen amen
Iyo Mana ishoboye gukora ibikomeye gusumba uko twavyibaza🥰thanks for this amazing song🥰
🙏🙏🙏🙏🙏😍😍😍
❤🎉🎉 imana ibahezagire
i'am blessed by this feelings "god bless you 🙌🙌😊
thank you
Thank u Lord Every thing salevation that,s 4u =fore yau
Iman ibahe ivyimitima yanyu yifuza
Amena 🙌🙌🙌👏👏👏🇧🇮
Amen Amen Amen
Thank u fore me lsay that you now to preparing a good song aGod bless you kami that is nithings any salavetion
Nukuripe muransubijemwo icizere
Zaaaandagara!!!!
💯💃💃💃💃💃💃🎁🎁🎁🎁💃💃ilove 💕 you from Saudi 🇸🇦
Haleluaaaaaa
Amen amen🙏🙏🙏
Ibahezagile Imana
Ngufitiye icizere Mon seigneur !
🙏🙏
Muhezagirwe disi
Ameeeen God Bless you
Amen amen haleluaaaa.
Turakunda cyana
Sabbas naw uratwenza nukur
Murankomeje 🙏🙏😍😍
Wow congrats may God bless you