UBUZIMA Part 9 Estimé na cheilla barakoze dote mbega Kajeneza avyitwaramwo gute?Ubuzima film (LIFE)

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • Good news Films GN irashimiye abantu bose babandanya gukurikirana ino film
    wipfuza kubaza ,guterera cank gukorana natwe bariza hano
    Whatsap +25769964660
    facebook page / nkurunzizasabbas
    Instagram Sabbas Nkurunziza
    Email : sabbasnkurunziza@gmail.com
    #GN
    #Ubuzimapart9
    #Sabbas

Komentáře • 618

  • @sabbasburundi2404
    @sabbasburundi2404  Před 2 lety +131

    Bakunzi bacu beza ngiyo film yanyu mukunda Ubuzima part9 ni kwakundi raba uhe nabandi benshi ndabakunda .❤🥰🥰🥰

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Před 2 lety +12

    Film nziza twakinye neza woww

  • @girukwishakavenantie466
    @girukwishakavenantie466 Před 2 lety +10

    Sabass nukuri IMANA ikwagure muvyiyumviro nkibi vyo kuvura imitima myinshi iri mubuzimire kuko ibi vyose kuva kuri part ya mbere nkurikirana kugeza aha ugejeje ivyo ukina nukuri kwuzuye! Nibitubere inyigisho ikomeye. Murakoze cane, mukomere.

  • @ssstella4463
    @ssstella4463 Před 2 lety +3

    Wawoooooo harimwo inyigisho nziza cane sabb imana ikwagure mubunyo bwimpwemu komeza kuko imbere niheza mana komeza umukozi wawe kandi ubane nawe muruyu murimo

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 2 lety +12

    Hemw nacerew rekambanze ndabasuhuze mwese mukunda film ubuzima ❤️❤️❤️❤️

  • @anemarry8755
    @anemarry8755 Před 2 lety +8

    Ndaryohewe kubona mukase wakanje neza yarahindutse akaba yaritahuye kumwana wumugabo wiiwe🤣🤣❤️❤️😘😘😘😘👍❤️❤️❤️❤️🤲

  • @peterson8386
    @peterson8386 Před 2 lety +1

    Maman kabeneza vrmt urampimbar cane warahindutse urigi chr komezuko sabbas naw useng Imana yaw izoguh inyishu nziza Imana yacu ntitetereza

  • @chanellemuhimpundu9495
    @chanellemuhimpundu9495 Před 2 lety +8

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Aliceeee weeee murantwengeje nukuri ati kuvuga mundimi,😅😅 Team Sabbas mwubahwe

  • @nanaaichakarim2703
    @nanaaichakarim2703 Před 2 lety +5

    Mbega abansenzi baraho ndumiwe,😂😂😂gusa imana ntiheba uwayo from 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 Před 2 lety +4

    Yooo nari nacerewe ariko si cane.ndakunda ibikorwa vya kajenezaa hejuruuu😍😍😍❤❤❤

  • @vaniavava6138
    @vaniavava6138 Před 2 lety +4

    Iyi part yoyo ndabuz nahonobihera mukuvuga sabbas hejur cane ❤️❤️❤️

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Před 2 lety +7

    Mbegivyagoweeeeee 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 johakim and Alice 🤣🤣🤣🤣🤭🤭

  • @gogokamariza8854
    @gogokamariza8854 Před 2 lety +7

    🤣🤣🤣🤣mbega ikofe Alice iyo rimushikira byagenda Gut maman Enock urakaze pe🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️

  • @cyrianehabonima8900
    @cyrianehabonima8900 Před 2 lety +2

    Merci beaucoup. Film Ubuzima imbere. Murashoboye cane. Estime weeeeee ! Diaspora Estime ndakwemeye kweri

  • @stitore2388
    @stitore2388 Před 2 lety +7

    Sabbass courage yemwe cheilla ugirugwe muruzi ugwita ikiziba kajeneza komeza gusenga imana irikumwenawe estime yemwe ntavyiza ndamubonamwo wapi kabisa gusa ndakunda mwese mubirimwoneza mwubahwe maman kajeneza oyeeeeeeeee jaochim n'a Alice ivyanyu vyamenyekanye abarundi felecitatoins murashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯✅✅✅✅✅✅✅✅🤝🤜🤛👌🙏❤❤❤

  • @annyfafafanny5099
    @annyfafafanny5099 Před 2 lety +18

    Is number one mundemere

  • @angedianedusabe6152
    @angedianedusabe6152 Před 2 lety +3

    Mbega film igiriryohe CNE Imana irakwiyeretse kajeneza

  • @ancillecilla
    @ancillecilla Před 2 lety +16

    🤣🤣🤣ibibintu burya bibaho mubuzima bwa misi yose ntwengejwe naharya kajeneza abafumiye munzu bariko baramuvuga baca binjira murutsinga 😄

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 Před 2 lety +5

    Nimesha fika hapa,mubalikiwe Sana✅🇧🇮❤️

  • @mapachawayesu
    @mapachawayesu Před 2 lety +2

    Urategeza ututu utuchungwa ni kanyo dusonsa Hahahahahah My Brother Nakukubali Sana sana

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Před 2 lety +1

    Harahiye Harahiye kbsa courage cane teams Sabas

  • @user-yq8je2pj1r
    @user-yq8je2pj1r Před 2 lety +1

    Mana wee filme biryoshe urimwo inyigisho mubuzima tubayemwo courage mwese mubikora bien Alice na joachom muzohinyuka chilla arimumandazi vrt

  • @jorammanirakiza2223
    @jorammanirakiza2223 Před 2 lety +1

    Sabbas big up kweli iyi film ninzima pe. Arko ivyo kutunyoteza turavyanse. Vuba mutwongere

  • @angenelly109
    @angenelly109 Před rokem +1

    Courage Mr sabbas Imana yivange muvyanyu 🙏🙏

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 Před 2 lety +7

    Jew film nziza ndayikunda❤❤❤

    • @odettemimi2724
      @odettemimi2724 Před 2 lety

      Courage kbx flm Induhura sabbas komeze gusenga vyose bizogira iherezo *UBUZIMA* flm

  • @joselynekwizera5268
    @joselynekwizera5268 Před 2 lety +3

    Film yambere hejuru cn ndasanzaye

  • @angeuwimana9200
    @angeuwimana9200 Před 2 lety +4

    Team sabbas tumenyane

  • @josianemanirarora6202
    @josianemanirarora6202 Před 2 lety +2

    Mbega film irikurushaho kundyohera cyane

  • @cartasnkunzimana6197
    @cartasnkunzimana6197 Před 2 lety +3

    Courage cane harimwo inyigisho yesu abandanye kubana namwe

    • @francinemasabo2907
      @francinemasabo2907 Před 2 lety

      Alice arantwengej😂😂murahatswe kand babafumye,abantu bamez nk Alice na joakim bakizwe

  • @iribagizahuguette3395
    @iribagizahuguette3395 Před 2 lety +1

    Ndabakunda cn Imana ibakomez kugra mubandany kutwigsha🥰

  • @manassenizigama6630
    @manassenizigama6630 Před 2 lety +1

    Courage Imana ushishikare ibazimbere

  • @anithandagijimana3529
    @anithandagijimana3529 Před 2 lety +3

    Imana yawe Saba irakomey cane iragutabaye kk Alice ntavyorosha

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 Před 2 lety +1

    Yoooooooo hagiy gusha nukuri 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯💯💯💞💞💞💞

  • @elise4023
    @elise4023 Před 2 lety +1

    Kabisa muratwika pe mwubahwe 🙏 turakunda Kandi turabakurikirana

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Před 2 lety +1

    Sabbas courage imbere niheza muhungu wayesu

  • @suzanaburundi6061
    @suzanaburundi6061 Před 2 lety +2

    Film ziza cane turbakunda💝💝

  • @halimaaisha4067
    @halimaaisha4067 Před 2 lety +3

    Murasenga nukuvugishwa mugashirako ewe Alice😂😂🥰🥰

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 Před 2 lety +1

    Umwami Mana abahe umugisha❤impanuro nziza❤❤👏ndabakunda cane❤❤❤❤

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Před rokem

    Courage bavandimw 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦 wawooooo amazing Disi 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @nimpagaritsenadine7486
    @nimpagaritsenadine7486 Před 2 lety +2

    Yoooooo umunt atwengejw nahahant kajeneza abafash kajew yubahwe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @dorcasnduwarugira4397
    @dorcasnduwarugira4397 Před 2 lety +1

    Sabbas komera bizogenda neza,gisa mwari muberewe

  • @habibi5688
    @habibi5688 Před 2 lety +1

    J uwunyishe ni diaspora baj kumwishuza😂😂😂😂😂😂😂ego sheilla uraruguyemwo basi😔😔,courage murimwo mubikora neza🥰🥰🙏🙏

  • @angendayishimiye1492
    @angendayishimiye1492 Před 2 lety +4

    Good Luck our Sabbas,part 10 tuyirindiranye igishika

  • @nsabimanaaudelyne737
    @nsabimanaaudelyne737 Před 2 lety

    Yoooo basha cheilla arambabaje vrt agiraje mubigeragezo bimwe bibi.Sabbass guma kumavi ntiwihebure ntihagutay ntiyakwibagi humura yesu arikumw nawe.basha ndabakunda vrt bimwe ntovuga courage cane

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 Před 2 lety +1

    Uburyaryawe🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗ntacagizwe ibanga kitajoja ahabona

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903

    Mbega gucererwa weee!!!! Ash mam kajeneza ntiyiribwako kbsa yubahwe.sabbas wacu courage vrt ibisigay rek ngum nirabira iyobija

  • @cocozoe2809
    @cocozoe2809 Před 2 lety +6

    Alice ntaburofa🤣🤣🤣😍😍

  • @odaoda2517
    @odaoda2517 Před 2 lety +1

    Mwubahwe mukina neza nukombona mukase wakajeneza yabaye itwari acirizira kajeneza bituma amwibutsa kumusonzi kwarihinyishu yavyose❤❤❤

  • @ancillecilla
    @ancillecilla Před 2 lety +3

    Nd'uwa1 😘

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 Před 2 lety +4

    Ubuzima...ubuzima..egooo..nibanga..rkomeye..❤❤❤❤🙏

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety +1

    Imana irabagarangaje

  • @juliadarcey8572
    @juliadarcey8572 Před 2 lety

    Sabbas wanje weee.ndagukunda can mon frère.courage vrma uranyubaka gose

  • @Gloria26799
    @Gloria26799 Před 2 lety +2

    Twahishikiye kwa kajeneza ubirimwo neza

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 Před 2 lety

    🔥🔥❤❤❤❤❤❤ nkunda ukuntu uduha Film zirimwo inyigisho imana igushoboze mumirimo yawe🙏🙏🙏🙏

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757

    Muriko mubikora neza cane courage🥰🥰

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Před 2 lety +1

    Cheilla uzogira ikibazo kwel uzicuza ngo uhemuka wihuse ukababara wizonze kaje neza nubwo ubuzima bwawe bugoye lmana iragukunda ❤❤❤

  • @uwiringiyimanamarielouise3746

    Your film is good

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Před 2 lety

    Bebasha ikibaz kindimw ubwo sabbas yeretswe mukuza kuburir cheilla??? Rekaturabe ukobizogenda courage Mr sabbas Imana imbere

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 Před 2 lety +1

    Mbega Film nziza cane congratulations harimwo inyigisho vrtm 👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦

  • @channyqueenniyokwizera1087

    Yooooh birigisha nukri sabbas komez usenge uzishurwa ntawayizigiye azokorwa nisoni mutunyarukiriz ikindi gice courage murashoboye

  • @ericniyongabo2633
    @ericniyongabo2633 Před 2 lety +3

    Courage mon amour Sabbas turagukunda cane

  • @noadieamimu5857
    @noadieamimu5857 Před 2 lety +2

    Courage sabas wacu

  • @euphrasimunezero3811
    @euphrasimunezero3811 Před 2 lety

    Yooooo!!!kajeneza ihanene inyuma yibibazo haza umunezero🙏🙏🙏🙏💗💗

  • @patientndayi1035
    @patientndayi1035 Před 2 lety +1

    Saba courage filme yaw iranyigisha inyigisha imbaraga z'Imana Hama Saba ndakubaze mubuzima bwamisiyose urumukozi w'Imana

  • @irakozemediatrice2577
    @irakozemediatrice2577 Před 2 lety +6

    Alice 😍meilleur actrice vt

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Před 2 lety +1

    Ewe Alice na joakim murantwengej babavumbuy 🤣🤣🤣 cheilla uraruguyemwo pol useng ndiho agucir inzira 😥😥KAJENEZA courage vrt amasengesho yawe aramfata🙏🙏imana ikomez umurimo waw love so much 🥰🥰🇧🇮🇸🇦

  • @hakizimanaleonard635
    @hakizimanaleonard635 Před 2 lety +2

    Uwamber😂💪💪💪hing ndabekwanza so courage

  • @lizzykay1321
    @lizzykay1321 Před 2 lety +1

    ❣️muzi gukina peee😅😂😂😖😖😖😖😂😂😂😂😂

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 Před 2 lety +1

    Cheilla mumazi abira hahahaaa amazing movie

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 Před 2 lety +2

    Ewe arise ukina neza kwer urampimbara❤️🙏💪💫

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 Před 2 lety +2

    Love from Josiane courage

  • @Razak257
    @Razak257 Před 2 lety +6

    Team ubuzima turabakunda canee 🇴🇲 🇧🇮

  • @ivonefukamesenge5878
    @ivonefukamesenge5878 Před 2 lety +2

    Courage bantu banje

  • @madterali5931
    @madterali5931 Před 2 lety +3

    Kajeneza poresana alise urabirunze😭😭😭😭😭💪❤❤❤❤❤❤👌

  • @lizzykay1321
    @lizzykay1321 Před 2 lety +1

    Ewe kaze neza Imana igukomeze peee

  • @Anointed1forall
    @Anointed1forall Před 2 lety +2

    Big up ubuzima film

  • @noellanishimweofficial7292

    Ndasosew vrt👏👏 Sabbas a good writer

  • @gaellenishimwe3672
    @gaellenishimwe3672 Před 2 lety +2

    Number one

  • @nadegegahimbare274
    @nadegegahimbare274 Před 2 lety

    Murantwengeje!ingene bavugishijwe abafashe Sabbas ubikora neza mukuduha inyigisho

  • @odetteniyokwizera3761

    Nukur Imana ikomeze kugushira vyishi kumutima Wew vyokutwigisha p kandi wubahwe caane sabbas

  • @ciellaemerusenge8437
    @ciellaemerusenge8437 Před 2 lety +1

    Waoooooh

  • @judithbimenyimana5419
    @judithbimenyimana5419 Před 2 lety +1

    Ewe Alice Sha urantwengeje kajeneza courage

  • @uwurukundobella-uv4xx
    @uwurukundobella-uv4xx Před 7 měsíci

    Sabbas kweriii hejuru cane ndag❤❤❤ wandika films zigisha n'ukur Imana iguhezagire

  • @oman4303
    @oman4303 Před 2 lety

    Kajeneza.. Komera.. Turagukunda.. Ikinaneza👌👌👌👌👌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏

  • @asyaasya3789
    @asyaasya3789 Před 2 lety +1

    Amene imana ikora nkimana nyen

  • @sarahnihoreho896
    @sarahnihoreho896 Před 2 lety +1

    Courage vrt nkunda ukuntu ukundimana

  • @MeryMery-mg9mm
    @MeryMery-mg9mm Před 2 lety +1

    Nukuri murashoboye💖

  • @sads8195
    @sads8195 Před 2 lety

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍😍vyz can kl murashoboy ndayikund kl hagiy gush kl

  • @juvenalmanirakiza9042
    @juvenalmanirakiza9042 Před 2 lety

    Felicitation mon frere film iriko irasobanuka kandi irigisha pe

  • @charlesdumbo9726
    @charlesdumbo9726 Před 2 lety +1

    Sabbas courage

  • @alinekubwimana9520
    @alinekubwimana9520 Před 2 lety +2

    😂😂😂😂 ndamanyutse babafashe kabisaaa Aho hantu haratesa 😘😘😘

  • @elianevyukusnge9252
    @elianevyukusnge9252 Před 2 lety +2

    Courage bisa neza cnee👌👌👌

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 Před 2 lety +2

    Filme uratahuritse gose❤️🙏💪💫

  • @ombuimary6414
    @ombuimary6414 Před 2 lety +2

    Wooou so nice amen amen 🙏 🙌 👏

  • @esperanceburundi1718
    @esperanceburundi1718 Před 2 lety

    Courage dabakunda cane🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @uwiringiyimanamarielouise3746

    Imana izagutabara

  • @uwiringiyimanamarielouise3746

    I love you so much

  • @sergesndayisaba9401
    @sergesndayisaba9401 Před 2 lety

    Imana iguhe umugisha kurino film kandi izohindura ubuzima bwa benshi.

  • @jmariehabonimana1523
    @jmariehabonimana1523 Před 2 lety

    Sabbas yesu aguh umugisha uriko uranyigisha Caan muriyi films mugirumugishakandi mukomeze vrt

  • @nadiaigiraneza
    @nadiaigiraneza Před 11 měsíci

    Courage sabass uratwubaka Film zawe zirigisha Imana igukomeze urakunzwe