Uwutoshika CANADA n'uwutabishaka//Maze imyaka 11 mfasha abantu kujayo//Uburyo bisaba//Akarusho kavyo

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 05. 2023
  • Uwutoshika CANADA n'uwutabishaka//Maze imyaka 11 mfasha abantu kujayo//Uburyo bisaba//Akarusho kavyo
    #diaspora #canada #canadaimmigration
  • Zábava

Komentáře • 213

  • @Viyajante
    @Viyajante Před 7 měsíci +3

    Thank you so much. Nakurikije amakuru waduhaye muri iyi video, nsabira umugore wanjye visa yo kwiga muri Canada none yarayibonye ubu ari muri Canada already. Thank you very much kutwigisha😘🙌

  • @Nikizatheogene-el7tn
    @Nikizatheogene-el7tn Před rokem +2

    Wow,wamubajije ibikenewe vyose musaza Just Gael.Gira umugisha

  • @nnk8709
    @nnk8709 Před rokem +9

    Jewe narakwandikiye un yishura ko mon parcours intapermetta Kuja Canada depuis le Burundi mugabo tant mieux je gagne bien ma vie en France. En plus vyoba vyiza hari abaduhimiriza gutaha kwubaka ibihugu vyacu plutôt que kubihunga

  • @nahimanajohnson2221
    @nahimanajohnson2221 Před rokem +2

    Urazi kubaza cane merci ❤❤❤❤❤❤

  • @richardniyonkuru739
    @richardniyonkuru739 Před rokem

    Murakoze cane,tuzoguma tubakurikirana.

  • @emmanueltwagirumukiza9917

    Merci bcp pour ce vidéo plein d'informations très utiles pour moi.

  • @elianenigaba844
    @elianenigaba844 Před rokem

    Murakoze caane Imana ibandanye ibajimbere Apôtre

  • @denisbukuru4257
    @denisbukuru4257 Před 3 měsíci +1

    Merci pour vos informations

  • @iyabishatseelizabeth837
    @iyabishatseelizabeth837 Před 7 měsíci +1

    Kuki umuntu iyo asabye nimero yawe ya privé bayimwima vraiment njyewe nkeneye kukuvugisha wewenyine apana abakozi bawe merciiiii

  • @berthrandibereho5961
    @berthrandibereho5961 Před rokem +2

    #oeil-d'experts-kure no hejuru cane....kuko irashoboye

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 Před rokem

    Neza cane👌

  • @clotildehavyarimana7941

    Merci

  • @maymoon6189
    @maymoon6189 Před rokem

    Bless up Juste ikint ciza cne

  • @genereusenyirakamana7961

    I am interested. Need more clarifications.

  • @user-db6wv4dk6w
    @user-db6wv4dk6w Před rokem +4

    Merci bcp apôtres, soyez le bienvenu chez ns à goma

  • @jeanclaudenizigiyimana-bk3jh
    @jeanclaudenizigiyimana-bk3jh Před 6 měsíci +1

    Tres interesse

  • @zalahosetv6980
    @zalahosetv6980 Před rokem

    Sir, welcome in Kigali

  • @LouiseNgendakuriyo-wt1wm

    Abakozi bamukorera nibo bakwakira bakagusigurira hanyuma niwe agufasha kugenda

  • @mkcinematicwarm
    @mkcinematicwarm Před rokem +10

    Genda uhende abandi Abarundi Murabesha as the agency Twebwe Diaspora Turazi ukungene Process Zimeze Utemeza Abantu Biri easily Kuronka Visa Stop Kubesha Kuko Kuronka Visa Canada Even Europe Ni Chance is not warranty Rero Mureke Kubesha Abarundi Nkukumenga Nimwe mutanga Visa

    • @donnar3790
      @donnar3790 Před rokem +1

      Well said 100% , ikibabaje nuko hariho abaza kubijamwo bakabitangira amahera

    • @mkcinematicwarm
      @mkcinematicwarm Před rokem +2

      @@donnar3790yeah That’s real talk Bahagarike Kubesha Abantu Abarundi Bacu Baca Bashuha Babitangire Amahera Babe Bayariwe …..Nico Kibabaje Kandi Izimvugo Yuko Uwutoshika CNADA nuwutabishaka Izi Ni Language zama Agences za marketing Kugira Bobironkere Amahera Umunyagihugu Abihomberemwo. Kuko Na Warranty Yokuronka Visa Ibaho Canada Yaba Ari Canada Na Europe Hose Nama Chance Kuronka

    • @PendoDavidi-vb6il
      @PendoDavidi-vb6il Před rokem

      Scholarship , visa working sponsorship zirahari mugihe uzi ku apply on line neza kandi ufise ivyobasaba .
      Nkubu hariho ishur iriko iratanga Scholarship mur Canada, nkaho amahirwe niyose kubashak kwiga University kand bafita uburyo
      Nubuzi mm bufise sponsorship burahar.
      Indeed ugiyeyo urabubona ubwobuz, uzi kuvyiyuzuliza ntabufyo ndibaz bisab, ariko utabiz naho uca uronder agent abigufashamwo, nawe nah acagusaba nka 3000dollars . Ariko yandonkeye visa workingship(work permet) 100%, ayomaher ntayondomwima bir sure

    • @ndayishimiye55
      @ndayishimiye55 Před rokem

      @@PendoDavidi-vb6il babigirahehenon mpanimer zabo vrmt ?plz mn frer

    • @LouiseNgendakuriyo-wt1wm
      @LouiseNgendakuriyo-wt1wm Před rokem

      Umviriza numéro agité azivuge

  • @yuyukeilla-ol5xv
    @yuyukeilla-ol5xv Před 5 měsíci +1

    Wouuuu
    Ni byiza natwe aradukorera tujye Canada

  • @anniellamuhimpundu6484

    Numéro mwaranze la fois passé ntizaciyemwo .Mwoduha izindi spl

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 Před rokem +3

    Please can someone help me get to Canada. I'm 21 years with an IB Diploma but with single parent. I'm currently unable to pursue higher education (financial problem) but I can get a flight ticket . I need help for Visa , temporary accommodation, and just brotherhood ✊🏾

  • @methodendayiragije886

    Nice

  • @user-mi4ll5ed6z
    @user-mi4ll5ed6z Před 7 měsíci +1

    Mumbarize mfiteyo Mushiki wanjye na maman ariko ntaruriminzi byakundakonajyayo ko mbishaka

  • @fondationkimararungu1334
    @fondationkimararungu1334 Před 10 měsíci

    Murakoze chane turayokunda centre professionnel oeil d'expert à l'immigration canadienne

  • @MarianneOfficial-th5zy

    Ese ubwo nukuri koko😂😂

  • @NiyonsabaBrandy-pn5um

    None kuza ukavuga akazi ukora ariko ntutange adresse bica bigenda gute??

  • @evelynendayishimiye-gt7vz

    Suis vraiment très intéressé.

  • @yuyukeilla-ol5xv
    @yuyukeilla-ol5xv Před 5 měsíci +1

    Mrng
    Turagukunda cynee

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 Před rokem

    Iki kiganiro niciza can arko ba muca mudushirirako numéros z,umutumir na adresse yaho akorera

  • @mushishinkunduwayo6599

    canada au minimum 5jour par semaine de travail cg 40heur par semaine

  • @emmanueltwagirumukiza9917

    Ndi umunyarwanda, mba i Kigali. Mwambwira aho bureau ya Kigali iherereye?

  • @BettyNdamutswa
    @BettyNdamutswa Před rokem +1

    Muraho neza?contact z'uwo muntu azikeneye yazibona?

  • @user-fx1bz8pz4f
    @user-fx1bz8pz4f Před 2 měsíci

    Jew ndi Hilaire Ndayishimiye mba Uganda depuis 23/9/2014

  • @NsabimanaPhocas-nu5wm

    Pasteur yavuze KO bashize pancarte mu ntara mbega twozisangahe? Kugira tuzisome

  • @jacqueskiruhura2861
    @jacqueskiruhura2861 Před rokem +2

    Merci pour cette information, Vos contacts SVP

  • @JBn5742
    @JBn5742 Před rokem +30

    Jewe n’umuryango wanje tuba muri Canada 🇨🇦 Québec, kuva 2022.
    Turashimira cane iyo cabinet ya Horugavye yadufashije ama Procedure yose kuva kuntango gushika dushitse ino.Kandi vyagenze neza.
    Mubandanye mutera imbere 🙌🏼

  • @user-dl7ln9ni8f
    @user-dl7ln9ni8f Před rokem

    Reka kubesha ahubwo ba muvugisha ukuri uwutagiy yabarishe vyose muramushumbusha?? Ko ar business mushaka kwirira inoti abantu

  • @yuyukeilla-ol5xv
    @yuyukeilla-ol5xv Před 5 měsíci +1

    Turagukunda cyneee
    Ese ngo visa yo kujya kwiga Canada barabihinduye nibyo koko ??

  • @user-dj2zf5np2c
    @user-dj2zf5np2c Před rokem

    Muhezagirwe, hama nanje ndipfuza kujayo kugira mbandanye université vyoshoboka gut kugira shikeyo ivyigwa

  • @munyamahorotrust5577
    @munyamahorotrust5577 Před rokem +3

    Tugufitiye products nziza zigabanya umubbyibuho byihuse Kandi zitagira ingaruka kubuzima uzikeneye watugaana Aho dukorera nyarugenge tukaziguha cg tukazikoherereza Aho uherereye hose haba hano mu Rwanda no hanze yigihugu Europe USA na Canada zikugeraho Numero watuboneraho ziri muri profile yacu iyo irimwibara ritukura mwajyaho mugakandaho Mukazibona murakoz

  • @patrickndemeye4293
    @patrickndemeye4293 Před rokem

    Noronka téléphone yanyu gute?

  • @mercicarlos
    @mercicarlos Před 11 měsíci +1

    Ndabaramukije nanje nagomba ko mwomfasha nkaja muri Canada

  • @user-ex1jw2gc2w
    @user-ex1jw2gc2w Před 10 měsíci

    Bonjour son excellence! Pouvez vous l'aider ce service ?

  • @user-sz7ko6rd7h
    @user-sz7ko6rd7h Před rokem +6

    Abo bantu biyita apotre mubatinye...

  • @chantalngendanimana2757

    None ntiwonyifashiriza ngashikayo?

  • @user-ex1jw2gc2w
    @user-ex1jw2gc2w Před 11 měsíci +1

    Mwoshobora kuduha numéro zanyu za watsap tuzovugane? Ni ibikorwa vyiza caane

  • @jeanbaptistenzamurambaho9905

    Murakoze kuri iki kiganiro. Ariko ntimwaduhaye numéro ye. Mwayiduha. Merci

  • @AdanctusDuhamahoro-vb6kg

    I'm interested

  • @user-hf6tc7lr4g
    @user-hf6tc7lr4g Před 7 měsíci +1

    Merc

  • @bigaborwizigura2899
    @bigaborwizigura2899 Před 9 měsíci +1

    Mwaramutse neza mwadufasha mukaduha number za Apotre Horugavye

  • @nahimanacelestin7592
    @nahimanacelestin7592 Před rokem +5

    Apôtre vyinshi muvyo uvuga nivyo kandi waravyize ariko uriko ushiramwo umunyu mwinshi kandi biratahuritse kuko ni publicité. Akarorero ngo Ntanumwe akorera munsi ya 17 Dols ku munsi ivyo sivyo bivana na province ubamwo. Ikindi ngo ukora kuva kuwa mbere gushika kuwa gatanu Uba Ufise imodoka ninzu no gufungura. Nivyo sivyo kuko abarundi bafise inzu Zabo baraharuye ku ntoke

  • @desirenkurunziza7660
    @desirenkurunziza7660 Před rokem

    Urakoze cyane .Mumpe telefoni za Apotre cg za office ye mu Rwanda ndi i kigali

  • @bahoNew
    @bahoNew Před 9 měsíci

    None apotre bisaba igihe kingana gute kugirango ube utangiye dossier kugeza ugezeyo nigihe kingana gute?

  • @francoisenasabwe1180
    @francoisenasabwe1180 Před rokem

    Amahoro neza? Mpiyo nkuru?

  • @user-ex1jw2gc2w
    @user-ex1jw2gc2w Před 19 dny

    None ko nazanye ibiraha bari bandungikiye abo mukorana bakavuga ko atavyo bazi ngo bazokubaza bumve

  • @asasasqwqwqw6511
    @asasasqwqwqw6511 Před rokem +1

    Noe uwutarons,ay mahirwe yokuranginza amashure.akaba ashobora kuronk Ivy bindi vyinsh bikenewe,ntashobora kuronka amahirwe yokujayo

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 Před rokem

    Gael wubahwe wzriwagerageje kubariza abatize wubahwe

  • @user-mi4ll5ed6z
    @user-mi4ll5ed6z Před 7 měsíci +1

    Mumbarize mfiteyo Mushiki wanjye na maman ariko ntaruriminzi byakundakonajyayo ko mbishaka nkeneye nomeroye

  • @lucienhassanbizi4222
    @lucienhassanbizi4222 Před rokem

    Comment faire pour avoir accès a l'immigration au Canada

  • @UhiriweTV
    @UhiriweTV Před 10 měsíci

    Ntabwo munjya mwitaba telefone hano murwandwa serivise yanyu ninyeya pe

  • @TheCharity.
    @TheCharity. Před rokem +1

    OYA Canada ntabwo ari mu Ijuru.
    Ntabwo numva ukuntu Apotre muzima agereranya Canada n’Ijuru‼️

  • @tomhakim-vg7fy
    @tomhakim-vg7fy Před rokem

    Oya urashyiramo akunyu, ntabwo wareba dossier ngo umenye ko bazamuha visa cg bazatimwima. Hari igihe uwo wakekaga ko yatibona bayimwima bakayiha uwo utakeka.

  • @isingizwentwalichristian2051
    @isingizwentwalichristian2051 Před 5 měsíci +1

    Urakoze kubisobanuro byiza uduhaye kubifuza kujya muri Canada usige Contact twababoneraho .Merci

  • @user-mi4ll5ed6z
    @user-mi4ll5ed6z Před 7 měsíci +1

    Nababazaga niba utazi ururimi wabona uko ujyayo ufiteyo family

  • @niyongerejuvenal578
    @niyongerejuvenal578 Před rokem

    bonjour;ndi i bujumbura;burundi;ntumako rero;murakoze.

  • @mushishinkunduwayo6599

    iyo avuga ngo inzu nimodoka abavuze inzu ya loyer na morgage yimodoka ntabwo abesha kko gukora udafite imodoka birakugora

  • @user-zj9ri3mc4f
    @user-zj9ri3mc4f Před 7 měsíci +1

    Nduhe inimerozawe

  • @mushishinkunduwayo6599

    imiberehorero,internet urishyura kukwezi bigaterwa nuko wayikoresheje menshi cg nkeya

  • @kg7285
    @kg7285 Před rokem +1

    En fait abo bantu nabanyamitwe Ehe genda kuri Site ya Immigration Canada baratanga ama bourses kubantu bafise des diplômes ya université. Ivyo ariko aravuga sivyo nagato jewe ndabahanuye kuja kuri Site web ya Immigration Canada . Ushoborabno guhamagara Embassade ya Canada I Nairobi barakubwira

    • @JohnNzabamwita-jm9sb
      @JohnNzabamwita-jm9sb Před 10 měsíci

      None uvuga ko Apôtre Gordien kw'aru mubeshi ?
      Erega ntaguhata ku nguvu umurondera ushaka udashaka nta gahato agushizeko.
      Ahubwo ntutegera neza ico bita Consultance en Immigration kuko hariho n'abandi benshi baba Consultants Réglementés en Immigration. Reka rero gutesha agaciro umuntu Imana yarungikiye abarundi n'abandi....

    • @kg7285
      @kg7285 Před 10 měsíci

      @@JohnNzabamwita-jm9sb hahaha bonne
      Chance none uyu iwe ni free? Murantwenza kweri

  • @schadrack97ngendakumana59

    Adresse ndayishaka

  • @didiernzabonimpa6277
    @didiernzabonimpa6277 Před 11 měsíci +1

    Bishop waduhaye Numero aho mukorera hano kigali

  • @mutarutwafrancoise4593
    @mutarutwafrancoise4593 Před 3 měsíci

    Je parle teres bien le Fancais et l'Anglais en moyen .J' ai A2 en education et A0 peace building . Experience de travail pendent 28 :4;en education et 24 dans l'encadrement des enfents et jeunes non accompagnes.J'ai 50 ans .J'ai deux enfant finalistes du secondaire ,agees de 20 et 28ans . Puis je avoir chance au Canada?

  • @clementngendakuriyo2523
    @clementngendakuriyo2523 Před 11 měsíci

    Help me as your kids to bring my children in Canada.

  • @user-er6id1sm5v
    @user-er6id1sm5v Před 10 měsíci +1

    Muduhe numero ziww bsuii😮😮😮

  • @nsenguweraeliezer2344

    Erega mwibuke ko hari abantu tudafite ubushobozi bwo kugerayo

  • @yvonnendangamira886
    @yvonnendangamira886 Před rokem

    Waduha tel.

  • @mediatricenizigiyimana9019

    Duhe num yiwe Juste Gaël

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 Před rokem +1

    Ivyavuganivyo kandivyose bishobokera uwizeye.

  • @scholastiquentibatwenge591

    Duhe nr ntuzewe tuze natwe.

  • @michaelmymy1307
    @michaelmymy1307 Před rokem

    Abatize University bontibarimwo?

  • @nizeyejunior7199
    @nizeyejunior7199 Před rokem +1

    Nibamuhe numéro ziwe natwe adufashe

  • @mudacumuracelestin6528
    @mudacumuracelestin6528 Před 10 měsíci +1

    muduhe adress yanyu kigali

  • @ntemakojulien2007
    @ntemakojulien2007 Před rokem

    Positif mon Pasteur.

  • @inocentnzamurambaha910

    urabesha nafashe number zawe mdazibona birangira umbeshye .nikuci mubeshya abantu ga ntuzawe

  • @user-uu7go9qg6e
    @user-uu7go9qg6e Před 11 měsíci +1

    akabazo ngira mwirengagije.. kuberiki wewe atariyo ari?

  • @alaine-stessyigiraneza2131
    @alaine-stessyigiraneza2131 Před 10 měsíci +1

    Numéro ziwe twozibona gute?

  • @blessingineza3883
    @blessingineza3883 Před rokem

    Umuntu ashaka ko mumufasha byagenda gute

  • @Ange-NellyKaneza-ty8kk
    @Ange-NellyKaneza-ty8kk Před 11 měsíci

    Ndavye ivyo apotre avuze nkaraba na comment birayobeye kumenya ngo ukuri nukuhe

  • @didiernzabonimpa6277
    @didiernzabonimpa6277 Před rokem

    Yewe uyu mugabo contact ye uramwandikira ntasubiza

  • @SakinaVerinique-pn4db

    I am interested Need more clanfications

  • @kanyamirwejohn9030
    @kanyamirwejohn9030 Před 11 měsíci +1

    Number ya Apotre nayibona gute?

  • @EAH257
    @EAH257 Před rokem

    Black magic nimero ko waciye ukawuka 🤣🤣vyaragucanze nawe!! Naza iyo nime sha

  • @CollineHazimana-vo5bx

    Nagerageje kenshi kubalondera ndababula kandi ndabakeneye caane

  • @manirakizagabriel7482
    @manirakizagabriel7482 Před rokem +2

    😮nimutubwire ingene umuntu yotera imbere ari iburundi

  • @ProsperShimiye-nn3dy
    @ProsperShimiye-nn3dy Před rokem

    Congo bureau yenu iko fasi gani?mutupe numéro yenu muzee napenda nitume kijana wangu Canada ju amemamiza Université kampala kuli est African univeristy.mrc

  • @imanishimwedomina4968
    @imanishimwedomina4968 Před 11 měsíci

    I Kigali mukorera ahagana he cg niba bishoboka mwaduha phone number z'uyu mu Papa tukamenya uko twamugeraho?

  • @yvesbutoyi5109
    @yvesbutoyi5109 Před rokem

    Nn mwebwe mukorer hehe

  • @kg7285
    @kg7285 Před rokem

    None murihisha angahe?

  • @anithandayishimiye2518

    Jewe ndashaka caaaaaaaaane kuja kuba Canada. Vyongendera gute?