Ako gahungu nkikikabona barikumw na kigingi kuko baramana narinzi kwari aga sécurité wa kigingi,kndi kenshi niwe akunda kumutwaza ama fone ya kigingi.ubu rro kigingi naze aragira indero yubahe umu papa
@Kevine ni bn kudashiramwo code Ariko si une fois bayikwivye hagumamwo tes coordonnées nihamwe baca batangura kuyikoresha mu gusaba amahera kuri whatsapp yigira wewe
Beautiful couple , love from Rwanda 🇷🇼
Couple ya bien kweli, ✨✨, ingene amukosoye biratesa, 😂😂, ati karibu iwacu, Murabereye ijisho 👌🏿👌🏿💯
Couple itesa kweri, gusa nari nabayobewe uwo mudame w'inzobe afise visage nk'iyabagabo ...
Iyi couple sinshobora gusimba interview yabo!!! Muraryoshe sana✨
Love over love❤❤❤
Ako gahungu nkikikabona barikumw na kigingi kuko baramana narinzi kwari aga sécurité wa kigingi,kndi kenshi niwe akunda kumutwaza ama fone ya kigingi.ubu rro kigingi naze aragira indero yubahe umu papa
You are so cute guys😍😍,very interesting show
Fureshii sana 👌👌
Baratesa ❤❤❤❤❤❤
Mi fav couple❤️👌
Nice couple ❤❤
Gasongoo😅😂😂
❤❤Coupl tuzi niyi mbese❤❤
Baratesa bafise urugo gwiza
Iyi couple iratesa ❤️👑
Kevine ❤👊
Fresh sana😅😅😅
Nakubali kabobs..
Man yakwishe 🤣🤣
😂😂😂 vibes
Aho hakurya rero😂😂😂
Ni Big Song rivuy mri Big fizzo & Gasongo 😂😂😂
👌👌👌👌👌👌👌
Uyu mugore yahatswe kuba tomboy
@Kevine ni bn kudashiramwo code Ariko si une fois bayikwivye hagumamwo tes coordonnées nihamwe baca batangura kuyikoresha mu gusaba amahera kuri whatsapp yigira wewe