INDIRIMBO ZA CHORALE DU Groupe Évangélique Pentecôtiste Universitaire de NGOZI

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 8. 09. 2024
  • Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Komentáře • 29

  • @claudineniyonkuru-wy4zz
    @claudineniyonkuru-wy4zz Před 10 měsíci +1

    Izi ndirimbo ziriko zirakora umurimo ukomeye mumitima yabantu!YESU Abakomereze amaboko baririmvyi aho muri hose.

  • @SylvaneNiyikiza
    @SylvaneNiyikiza Před 18 dny +1

    Amen amen

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 Před rokem +2

    Amen

  • @nshimirimanajonas1077
    @nshimirimanajonas1077 Před 11 měsíci +1

    Imana ihezagire abaririmvyi. Indirimbo ziraduhezagiye. Nihaboneka izibona nazo murazoziduha.

  • @charlesniyomugisha8138
    @charlesniyomugisha8138 Před 6 dny +1

    haleluya

  • @nsengiyumvaelysee9704
    @nsengiyumvaelysee9704 Před 9 měsíci +1

    Imana ihezagire aba baririmvyi. Turiko turafashwa n'izi ndirimbo

  • @myriamingabire6703
    @myriamingabire6703 Před 7 dny +1

    🎉🎉🎉🎉

  • @horanimanaleonard1028
    @horanimanaleonard1028 Před rokem +2

    Ubwami bw'Imana si amajambo,ahubwo n'ubushobozi.Nta co nokora ngo ubitahure kandi ikosa si wewe,ni igihe.

  • @user-en2mu2gn7o
    @user-en2mu2gn7o Před 8 měsíci +1

    Amen 🙏🙏🙏😢😢😢😢❤❤

  • @user-en2mu2gn7o
    @user-en2mu2gn7o Před 8 měsíci +1

    Ukuntu nari ndazikumbuye weeeeeeeeee😢😢😢😢
    Umunezero urandenzeee❤❤❤❤

  • @severinmajambere9898
    @severinmajambere9898 Před rokem +2

    Ni vyiza zirafasha umutima.

  • @horanimanaleonard1028

    Aho gusenga Imana ngo ibahe indirimbo zitanzwe Na Mpwemu yera,bataye umwanya munini k'ubuhinga bw'amajwi n'ivyuma,none n'ibikatsi mu Mpwemu.

    • @meirratv
      @meirratv  Před rokem +2

      Reka kubacira urubanza mugenzi! Kuko n'Umwami Dawidi yari umuririmvyi w'umuhinga ( Aya ni yo majambo ya Dawidi aheruka: At' Uku ni ko Dawidi mwene Isayi avuga, Ni k'uwashizwe hejuru avuga, Uwo Imana ya Yakobo yimikishije amavuta, Umuririmvyi w'umuhinga w'Abisirayeli;
      2 Samweli 23:1) kandi kuva kera hose bamye baririmbira bacurarangira Imana n'ibicurarangisho bitandukanye!!!

    • @ericniyonsaba3894
      @ericniyonsaba3894 Před rokem

      Iyi commentaire numvise ntorengana ntayivuzeko kabisa. Ayo majambo uvuze ni Mpwemu Yera agusunikiye kuyavuga canke ni akamereremere kawe kayavuze? Wiyubare mugenzi, niba ata mavuta wumvamwo ndibaza ko ufise ikibazo ukwiye gusubira kunaguza kuko uriko urahororokerwa.

    • @niyonkuruiddyernest-4669
      @niyonkuruiddyernest-4669 Před 11 měsíci

      Mugenzi uraraba neza ntuvuze ijambo rivuye ku Mana kabisa

  • @kingofjungle510
    @kingofjungle510 Před rokem +1

    Amen