SOLUTION COUPLE❤️‍🩹 //PRANK😄: Ibintu solution Man akoze Solution Woman atabizi turumiwe😳🥰

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 18. 01. 2024
  • WE LOVE YOU SO MUCH.
    Solution couple :
    NORASQUE NTARE 6 : +257 72096080
    FANNY LAVINE :+257 79210295
    FEARLESS GENERATION✍️

Komentáře • 294

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v Před 6 měsíci +89

    Ababonako fanny arimwiza nkanje mundemere

    • @michelinemaniratunga7126
      @michelinemaniratunga7126 Před 6 měsíci +5

      Yabaye ikimetemete kweri ntiworaba😊😊😊

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Před 6 měsíci +3

      Umukobwa canke Umugore iyari mu maboko meza ategerezwa gusa neza kandi iyo arikumwe murukundo n,umuntu bafise vision zimwe barafashanya Bose mu gushitsanya kuri vision zabo Bose kuko baba berekeza hamwe
      Ariko iyo umukobwa arikumwe nuwo badasangiye vison igacapo ciwe kirapfa kandi n,umugabo nuko

    • @carmellanishimwe558
      @carmellanishimwe558 Před 6 měsíci +3

      Nukuri Fanny aratesa vraiment 👌👌

    • @HyacintheMunyana-bb9yi
      @HyacintheMunyana-bb9yi Před 6 měsíci +2

      Niko yamye nigi chérie❤️❤️❤️

    • @user-du7wt6uj4r
      @user-du7wt6uj4r Před 5 měsíci

      😂😂😂😂

  • @Benigneakeza
    @Benigneakeza Před 6 měsíci +37

    Guys mbay uwamber abakunz ba solution couple ntimumbanire mukand kakantu❤❤❤

  • @JoselyneBigi-ok1bn
    @JoselyneBigi-ok1bn Před 6 měsíci +10

    Abashikira muri commentaires nkanje twimenyanire😂😂

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o Před 6 měsíci +11

    Mur 3min mbandashitse team saudia tumenyane❤❤❤❤

  • @DianeKamikazi-fc9hi
    @DianeKamikazi-fc9hi Před 6 měsíci +9

    Koko ni solution couple ndabakunda cane murukomez maze ababank babandureko❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jeanettesindayigaya3595
    @jeanettesindayigaya3595 Před 6 měsíci +6

    Abavuga ngo numukecuru uca ubabwira uti agakecuru kanje kandekere nagakunze mureba😂😂

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 Před 6 měsíci +4

    Nkundukuntu wihamahoro✌️✌️♥️♥️♥️ Imana imbere muri vyose🙏🙏

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 Před 6 měsíci +2

    Murakoze bantu bacu mutere mujimbere abavugak9 mwishinze urukundo ngo mutarigukora ngwibik9gwavyanyu ngovyasubiyinyuma barihenda kabisa❤❤❤❤

  • @GhyslaineNishimwe-cs9on
    @GhyslaineNishimwe-cs9on Před 6 měsíci +4

    Solution couple hejuru caneeee disiiii waooo❤❤

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 Před 6 měsíci +4

    Basha mwebwe muri my favourite couple. Ndabakunda kandi ndakunda ingene mukundana
    Ntimuze muhinduke please 🇧🇮🇨🇦💝

  • @SalimaDusabimana-su8qf
    @SalimaDusabimana-su8qf Před 6 měsíci +4

    Nono WE urumugabo pe watumy Fanny atakikira Fanny urimukibanza nyaco sooo love you all ❤❤❤

  • @solangeniragira6716
    @solangeniragira6716 Před 6 měsíci +3

    Ndabakunda cane. Nkunda nukuntu mudaha agaciro amagambo yabantu ❤

  • @user-uv5id8zc5l
    @user-uv5id8zc5l Před 6 měsíci +1

    Basha jew Ndabakunda cane nukr, mwirambire diii

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před 6 měsíci +6

    Abandi nkamwe mwovahe vraiment 😂😂😂❤❤❤

  • @NiyomugishaRachelle-vc6fc
    @NiyomugishaRachelle-vc6fc Před 6 měsíci +5

    Ewe Nono urantwenza iyo uriko uratwenga😃😃

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v Před 6 měsíci +1

    Solution couple ndayikund ❤sana mwubahwe

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z Před 6 měsíci +3

    Ndabakunda cane rero ikiryohera ndamukunda fanny and nora imana ibakomeze

  • @jeannettendayishimiye1066
    @jeannettendayishimiye1066 Před 6 měsíci +5

    Har'akantu ka Barça ubushizemwo nkakwumva sanaaaa😂😂😂😂😂my favorite couple ❤❤❤

    • @BelyseNiyonizigiye-cc5pl
      @BelyseNiyonizigiye-cc5pl Před 5 měsíci

      Cokimw nanj Barça hejur cn nah irimubih bitorosh sinzodohok kk nzi ibih biha ibindi❤❤❤

  • @sandrinebukeyeneza3201
    @sandrinebukeyeneza3201 Před 6 měsíci +3

    Solution couple turabakunda cne❤❤❤muradu tesa sana

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 Před 6 měsíci +4

    Iyondirimbo.ndayikunda.nanje.ngo.dusubije.amaso.inyuma.tutagira.ahoturara.tudafise.nimpuzuz9kwambar...ngotwaritwitwa.zamayibobo iman8giraneza 👌👌👌

  • @user-vh8vo3rn9r
    @user-vh8vo3rn9r Před 6 měsíci +5

    😂😂🤣jye muri kunsetsa wogira ni Ninde murigukina

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 Před 6 měsíci +3

    Ndaryoherwa nukubabona mwishimye nukur😂😂😂😂😂 sinz impamvu❤❤❤❤

  • @necelatenitunga
    @necelatenitunga Před 6 měsíci +1

    Nkunda Ubuntu muri naturel vraiment Imana ibaje imbere

  • @Celinekamwemwe
    @Celinekamwemwe Před 2 měsíci +1

    ❤❤❤❤❤❤ wawooooh icyo bita urukundo

  • @EricEmerimana-pe4sl
    @EricEmerimana-pe4sl Před 6 měsíci +1

    Mukomere muri Yesu ndabikundira💕💕💕

  • @user-bk5rt1ls5s
    @user-bk5rt1ls5s Před 3 měsíci

    😂😂😂😂ntwengejwe naknt ng kubr arije nagutanze kumaraa,ndabakunda❤❤

  • @M-du5cl
    @M-du5cl Před 6 měsíci +3

    Mana ndabishimira mwebwe 😂😂😂😂muranyegura bimwe bibi kimw mur kumutima ❤

  • @SolangeNTAKIRUTIMANA-de1mx
    @SolangeNTAKIRUTIMANA-de1mx Před 6 měsíci +1

    Solution couple hejur cn ndabakund muvyumv ❤❤❤❤

  • @saras1134
    @saras1134 Před 6 měsíci +6

    FANY UNAPENDEZA SANA 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕

  • @agahahhashshsh2923
    @agahahhashshsh2923 Před 6 měsíci +1

    Imana ishimwe kabisa ❤❤❤❤

  • @user-ug1ej1sg5f
    @user-ug1ej1sg5f Před 6 měsíci +5

    Mwihenze hamwe umugabo n’umutwe umugore akaba izosi, impanvu umugore aba arizosi, nuko izosi rifashaumutwe kugira rihindukire. Hatarizosi umutwe ntiwohindukira ngo urabe imbere ninyuma

    • @sarasara-ur6nz
      @sarasara-ur6nz Před 6 měsíci

      Yoooo oyaye suko ngo umugore akaba izosi buretse n'umutima wurugo sha 😂😂 kuko Bible ivuga ko umugabo ar'umutwenw'urugo

    • @user-ug1ej1sg5f
      @user-ug1ej1sg5f Před 6 měsíci

      @@sarasara-ur6nz
      Bible ivugako umugore n'umugabo arikintu kimwe, none umutwe n'umutima bihurirahe. Iyunvire nawe ahantu umutima uri nah'umutwe uri nikumigabane ibiri itandukanye. Ninkaho umugabo yobaba muburundi umugore akaba yinyegeje mubushinwa hagati. Jewe rero nemerako umutwe n'izosi arivyo biba birikumwe mumahigwe nomumagogwa, gonga like nimba uvyemera🇧🇮🇺🇲

  • @user-lc4gq2tx4v
    @user-lc4gq2tx4v Před 6 měsíci +2

    Solution couple hejuru cn beza❤

  • @LouangeArleneIgiraneza-vt6mm
    @LouangeArleneIgiraneza-vt6mm Před 6 měsíci +2

    Ndakunda couple yanyu vrt ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 Před 6 měsíci +1

    Imana ibajimbere ❤❤❤❤❤❤❤

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha54 Před 6 měsíci +2

    Courage solution couple we love you ❤❤❤❤🎉

  • @ndayikezabella
    @ndayikezabella Před 6 měsíci +1

    Nukur ndabakunda, courage maz🫂

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903
    @ndayipfukamiyeemelyne1903 Před 6 měsíci +1

    😂😂😂wanteze ibitiritiri😂😂 Norasque sha uratwenza.ariko rero ndakunda ukuntu nono ugumubwir fanny kwar mwiza vrt❤ ukomez ubimubwir sh ntibaguc intege ukomez naj ndabivuze Fanny nimwiza vrt

  • @user-ig4vc5kl2d
    @user-ig4vc5kl2d Před měsícem

    Ndashaka kuzajya gusura fanny lavine numva mukunze cyane agira umutima mwiza ntiyiyemera

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i Před 3 měsíci

    Ndabakunda si secret❤

  • @user-mn8ub3yy1e
    @user-mn8ub3yy1e Před 3 měsíci

    Ndabakunda ni chanta dumunyamure di 🇨🇦 ndabakunda cyanaaaa

  • @Odanzeyimana-lv6uv
    @Odanzeyimana-lv6uv Před 6 měsíci +1

    Courage bezaa turabakunda

  • @IradukundaDiella
    @IradukundaDiella Před 3 měsíci

    Yoooo mana ukomeze norasQue na fanny lavine lmana ibakomeze ibagirire neza ndabakunda cn sha mur bez

  • @uwaselove012
    @uwaselove012 Před 5 měsíci

    😄😄😄😄🤭Mana nukur uhezagir abbantu kk btuma nseka nah nob mbbaye🤭😍

  • @user-gb5mu2gx6i
    @user-gb5mu2gx6i Před 6 měsíci

    ❤❤murakunzwe disiii muz mukome uko🥰

  • @jonathanharabandi2707
    @jonathanharabandi2707 Před 6 měsíci +1

    Vyukuri kuba murukundo biraryoshe cane . Courage.

  • @Nimubonaegide-hd7iw
    @Nimubonaegide-hd7iw Před 5 měsíci

    Muraberewe Shaa fani uwukuvuga ngurumukecuri ninryarya ni jalouzi abatovyi balaho

  • @JoselyneKajeneza-ry4tx
    @JoselyneKajeneza-ry4tx Před 6 měsíci +2

    Nora urashobora kuntwenza iyo ntwengo yawe Mana weeee naho noba nshavuye nsanga natwenze😂😂😂😂😂

  • @afsamossi830
    @afsamossi830 Před 6 měsíci

    Nukuri nirubi vrt zugerageza nyene kugira akajwikeza gusa nyene urimwiza nkajewe❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jonathanharabandi2707
    @jonathanharabandi2707 Před 6 měsíci +1

    Courage kabisa !!

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 Před 6 měsíci +1

    Ahobeza banj❤❤❤❤❤

  • @Mugishaviolette
    @Mugishaviolette Před 3 měsíci

    Gusa ndabakunda disiii turinyuma yanyu❤❤😂

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v Před 6 měsíci +1

    Fanny urimwiza slvp❤

  • @user-fz8xh3ov7r
    @user-fz8xh3ov7r Před 6 měsíci +1

    Ic bikoze muraryoheye😂❤

  • @annemarieshemezimana9097
    @annemarieshemezimana9097 Před 3 měsíci

    Jew muzongira ikigugu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂icobikoze Ndabakunda nukur

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 Před 6 měsíci +4

    My favorite couple, Solution couple.
    Love you from #LIGERA_FAMILLY

  • @marieroseniyiragira3236
    @marieroseniyiragira3236 Před 6 měsíci +1

    Murampimbara pe. Mbipfurije kwama muhimbawe ibihe vyooose

  • @sandrinebukeyeneza3201
    @sandrinebukeyeneza3201 Před 6 měsíci

    Nibareke kugutuka sha fanny.gusaza nivyiza cane cane iyo usaziye ikirukuri gusa je mbona numugabo wa 25ans yogutwara

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 Před 6 měsíci +1

    🤣🤣🤣🤣🤣imbavu zanje nukur muranyishe fanny ngo mbape yagiziki?🤣🤣🤣🤣 Mwubahwe kbs🙏🙏

  • @angenellyNinziza-ee3um
    @angenellyNinziza-ee3um Před 6 měsíci

    Umutima wanj urabishimiye beza🙏❤️

  • @yvellaakimana-ne7dl
    @yvellaakimana-ne7dl Před 6 měsíci +1

    Fany wambay ikanzu nziza 🎉🎉

  • @user-sq1rr8kc7d
    @user-sq1rr8kc7d Před 5 měsíci

    Ndabakunda cane courage mugabo Fanny gabanya akokantu kokuz wimyoza wosanga kamubabaza naho atabivugako😂

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 Před 6 měsíci +1

    Nono oya reka ko mwama mujanishs😂😂😂

  • @Cycy129
    @Cycy129 Před 6 měsíci

    Imana izibubakire🎉❤❤

  • @user-vg5cs1jn9j
    @user-vg5cs1jn9j Před 5 měsíci

    Ndabakunda cane❤❤❤

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Před 6 měsíci

    Vyanyu Imana ikomeze kuvyivangamwo

  • @emelynemaisha1150
    @emelynemaisha1150 Před 6 měsíci +2

    Ndaba❤ caaane🎉🎉🎉

  • @AimewaldadigneNiyonsaba
    @AimewaldadigneNiyonsaba Před 6 měsíci

    Mukomere mukaz no mumana no muvyo mukora!!❤❤

  • @user-et9ty4mx5f
    @user-et9ty4mx5f Před 2 měsíci

    Turabakunda cane murabantu bacu ❤️❤️❤️

  • @VestineNdayikeza-de7co
    @VestineNdayikeza-de7co Před 3 měsíci +1

    Muranyish ati kur 11 fanny urarab ntabahorajayo yahameny gt nukur naw yagitsindagiy kur 11😂😂😂😂😂 mug nda❤❤❤❤❤❤ kd cane bant banj bz bz

  • @FabiolaNIYOGUSHIMA
    @FabiolaNIYOGUSHIMA Před 6 měsíci +1

    Vyiza bantu banje ariko Fanny harihukuntu ugomba gukara imbere yakamera ucumenga ugomba kwerekana kumuganza zuragabanya sha mamy tukwikundira kanini❤❤❤

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 Před 5 měsíci +2

    Umu Chérie wa runyuzi afise ninkuru zibiharage😂😂😂😂
    Niko narinje kuraba nsubire muri mood😅😅😅

  • @user-fz8xh3ov7r
    @user-fz8xh3ov7r Před 6 měsíci +5

    Amen❤ ndajabutse on the name of Jesus Christ

  • @evelynehakizimana8519
    @evelynehakizimana8519 Před 6 měsíci +1

    Basha ndabakund mwumveko muntwenza😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Team Nono hejuru cn😂😂😂😂

  • @Solene_au1
    @Solene_au1 Před 6 měsíci

    Route là dans la bouch😅😅😅 ndaros umugenz

  • @AlineNizigiyimana-ir5bz
    @AlineNizigiyimana-ir5bz Před 5 měsíci

    Ndabikundiradisi mwubahwe mugir umugisha

  • @AngeUwimana-kd4gd
    @AngeUwimana-kd4gd Před 6 měsíci +1

    Ndabakund Fanny wizey iman vyose birakund twizer iman

  • @user-tm6nx1jd3b
    @user-tm6nx1jd3b Před 4 měsíci

    Yaga mbakundukwo mwaro ntabahemu bavukayo salut Norasque

  • @trinitensengiyumva8090
    @trinitensengiyumva8090 Před 6 měsíci +1

    Nono reka ngufash gutwenga😅😅😅 atigwik papa yatway aratwenza arik nivyo France niyo yagitwaye.nono ndasubiye kuba umufan gose BRCRN oyeeeeeeeee

  • @user-rh8ue9um6l
    @user-rh8ue9um6l Před 3 měsíci

    Imana yaraguhaue ubwiza pe

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg Před 6 měsíci

    Muratesa ndabakunda Imana Ibahezagire ndabasengera mukomeze natwenze imbavu ziratarma

  • @ClaudineNituyimana
    @ClaudineNituyimana Před 6 měsíci

    Murantwenza cane Yesu abiteho bantu banje

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 Před 6 měsíci

    Ahubonamurantwènza nimwirambire❤❤❤

  • @AimewaldadigneNiyonsaba
    @AimewaldadigneNiyonsaba Před 6 měsíci

    Nora n'a Fanny ndabakund❤

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 Před 5 měsíci

    Mwirambire urugo ruhire❤❤

  • @user-xc8vw9fp4i
    @user-xc8vw9fp4i Před 3 měsíci

    Abakunzi ba Barcelona 🎉🎉🎉🎉

  • @user-gt9ew6jz6o
    @user-gt9ew6jz6o Před 5 měsíci

    ❤ muzakundan gushk gupf iman muyibanz imber

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 Před 6 měsíci

    Fanny uraberew kweri❤❤❤❤

  • @user-ko4in4uy1u
    @user-ko4in4uy1u Před 6 měsíci

    Ewuana Mukomere Cane 😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤

  • @user-ln1nw3qc7n
    @user-ln1nw3qc7n Před 6 měsíci +1

    Nukuri fanny nimwiza.nimba nokumutima ameze uko vyoba aramavuta pe

  • @user-sk7dv2hj7g
    @user-sk7dv2hj7g Před 5 měsíci

    Ndakunda Fanny CNE CNE CNE CNE ......

  • @user-ej7vr7vv8z
    @user-ej7vr7vv8z Před 6 měsíci +1

    Nibakureker fanny wawe sha nono numunt munzima uwo naw avug kwarumukecuru ese yaramukecuje ahubwo iyo n bf nono

  • @NsengiyumvaJean-do1lt
    @NsengiyumvaJean-do1lt Před 3 měsíci

    Hahaa agakecuru knje kandeker

  • @patienceininahazwe4513
    @patienceininahazwe4513 Před 5 měsíci

    ❤❤❤ ndabakunda

  • @JoellaNiyomucunguzi
    @JoellaNiyomucunguzi Před 6 měsíci

    Faaanny 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ng Curian mbape ng niw yatwaye coupe du monde reo ugashimikukuntu nyn 🤣🤣🤣🤣 harya hantu hantwengeje gushika naho

  • @nshimirimanajeanine7620
    @nshimirimanajeanine7620 Před 6 měsíci

    Mana ndabakunda Imana izarinde urugo rwanyu ababanka bamaramare

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Před 6 měsíci

    Mwe muranyica 😂😂😂😂😂gusa ❤❤❤❤

  • @odelodel6592
    @odelodel6592 Před 6 měsíci

    Ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤

  • @hgkf694
    @hgkf694 Před 6 měsíci

    Fanny ndabafana cane mwenu mugabo wawe Norasque

  • @antoinetteniyomuhoza-nb2ne
    @antoinetteniyomuhoza-nb2ne Před 6 měsíci

    Lavine araberewe asutse🥰❤️❤️

  • @NiyukuriEgide
    @NiyukuriEgide Před 20 dny

    Fanny kumbe uraziko uhorutubesha ngo ntajwi ufise Yesuweeee