WHO ARE THE BEST DRUMMERS in BURUNDI ? AMAGABA VS AKAYAZWE
Vložit
- čas přidán 29. 12. 2021
- SUPPORT THIS CHANNEL :
support us by buying something on amazon throughout this link
amzn.to/4aGvN0O
If you buy throughout this link , we earn a commission . Thanks
================================================
1.Ihweze wongere utwandikire muri commentaire umurwi ubona warushije uwundi hagati y'amagaba n'akayazwe .
2.Gira subscribe kugirango uzoze uraronka ama video menshi nkaya / @africarttv1
#burundi #amagaba #burundiandrummers
Amagaba
Amagaba yo amagaba turaje you is the best 👋👋😍
komeze mugura ibibanza
❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤ uburundi na barundi nabarundi kazi turateyigomwe❤❤❤❤
Cane gose 😍😍😍
Amagaba arashoboye vrt
Amagaba is the best
Magaba inapiga ngoma za mu got talent haipigi umurisho kama
Bose barashoboye❤❤ it's amazing 👏 😍
❤️❤️❤️ murakoze
Ndabakunda wallah 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤🤙💃💃💃💃💃💃💃🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙌🙌💦forever
Amagaba 👍
This real and natural energy.
✅✅✅
Amagaba vous vraiment meilleurs, naho iyindi migwi ibarabirako ntiyegereza ukuntu muturyohera
Merci, Ntimwibagire kugira subscribe , like na share !!
Bose ndabona ari moto 🔥🔥🔥🔥 kuko iyo ntaza gusoma hasi je nibaza ko ari umugwi umwe ukivuza. Guys murashoboye nakare nta kurushanwa mwese muri abene mugabo umwe
Amagamba🔥🔥🔥
AMAGABA is th best..
Murakaze kabisa
amagaba
Amagaba the best
🔥🔥🔥
Akayazwe is father for Amagaba troupe
Akayazwe🔥🔥🔥
Kirazira kikazirizwa kugereranya umwana na se igitugu kirakura ntigisumba izosi ntaho vyakabaye kandi nabonye barabizi ko akayazwe ari Umuvyeyi wabo kandi azobandanya abigisha nibindi biri mbere
amagaba o n top, duhereye kuntango
Twihweze Captain igikorwa yakoze kumutwe akayazwe bari hasi
Twihweze kuwatwaye inkinzo mumagaba,yakoze igikorwa gikomeye gusumba uwakayazwe
Twihweze umukenyuro,Akayazwe garama yabo iratwika gusumba amagaba,Aho kbs nubwo ndi umufana wamagaba nemeye
Umukenyuro hamwe nudufindo twamagaba twubahwe kuko bandagije
hanyuma jewe mbona basigana ninota rimwe
AMAGABA 8/10
AKAYAZWE 7/10
Murihanganira ikirundi nanditse ngaho kuko sinavuikiye muburundi kandi ntaho ndahonyoza ikirenge ,akarusho hino ntakirundi bigisha
Hala magaba
akayazwe nobaha 94% amagaba 92%.Akayazwe bavuza ingoma kama,amagaba nabo bavuza ingoma z'ibirori.
Ntakamaro kokugereranya abantu ubundiho ivyo nivyo bizana urwanko mubantu!abantu benshi twihenda mukuvuga ngo ninde wambere!ntawambere uhoraho uwakubanjirije yama arimukuru.Akayazwe nintsinzi ko citegerezo kiyindi mirwi ntiwokagereranya nabo kigishije!
Urakoze !
Amagaba is the best