Umwaka uraheze mpevye kuba CANADA//Imigambi natanguje ino//Ingorane mpura nazo//Diaspora ikwiye ku..
Vložit
- čas přidán 29. 04. 2023
- Umwaka uraheze mpevye kuba CANADA//Imigambi natanguje ino//Ingorane mpura nazo//Diaspora ikwiye ku...
@theecember #diaspora #djmbtious #theecember - Zábava
Iyi summer ya 2023 niwe uzoduha show yumwaka🤗🤗nkwemera fo
Let's get itt #djmbtious on top💥🔥🇧🇮🇫🇷
Ibintu bishasha birakenew mu Burundi ako ni keza
Nakubali Bro #Dj
Ni vyiza kuja kuba muri Canara ,,USA,autralia ,France,,,,Kenya ,,Ghana,,,,,,,Brasil,,,Chine,,,hama ukarondera uko abandi bakora hama tukabizana iwacu i Burundi ,,kuko hari vyinshi bishasha vyo kuzana i Burundi,,,,industrie,,agriculture ,elevage,,techologie,,,,i Burundi hararyoshe aliko uriko urakora uronka agahera ,,hama ukaja kunezerwa kuri beach,,,,,Naje ndi Muri Canada ,,nja ndaza gukora akazi kenshi des projets i Burundi,,nukuri ndahakunda cane ,,ni iwacu ,,,,vive le Burundiii
Iciyumviro ciza vrema. Nukuza muribuka gukora imigambi mugihugu catwibarutse
Go go go the sky is the limit
Yagize choix nziza cane,jewe kuva 2018 umwanya mara mu Burundi niwo munini gusumba uwo mara iburaya
This Guy has gotten a Vibe🤞
Gotten nibiki
Abarundi hanze Ntidufashanya iyo Turi hanze!ariko ikintu Mbtious avuze ikintu ciza ugye hanze il ne faut pas rester calé mubarundi vraiment mugihe usanga haba hari communauté menshi
Uwomujama ndamwemera sn vraiment
He looks like Sengazi
Yes
One Love From Kinindo 🇧🇮 Bujumbura
Courge mr gael ubikora neza caane,kuzana abantu bafise icobungura muvyiyumviro vyurwaruka rwacu,nukuri ukwiye support mumpande zose.courage bro.apana bimwe vyabigira aba star arimbwa ngo koreshumwanya,ngokuvumbura...zurabahanura ubereke ukwo bakwiye gukora.
Uwa mbere zana izo like ✌️
Thanks for the interview bisa bien sana murikumwe muri set
Good Guest ❤🎩
Imisi yose wam'ufise ibitekerezo vyadanje😂😂😂
Courafe bro, never give up 💪
You are blessed bro wavuz bitcoin I want to know more about that think
❤️❤️❤️
Muri tourisme bamuhe akazi Visite🇧🇮Burundi
Uwomujama ndamukunze kk ndabona ntarekera nkamavoka
Uyumutama yarakuye draide GSA sha umurasta kumutima nokumubiri
Komera cane brother ndakunze ikiganiro cawe cuko wakurikiranye btc ahonti wazimiye
😂😂😂 much love my people 🗝️
Uyu murasta naho ata drede agira afise ivyiyunviro vyiza. Niyabandanya azoja hejuru ya paulin dj
Broo nihubakwe arena yumuzik nini ikosoy bayitondere
Impwemu zije ntizisanzwe
MB-shoes 😂😂😂😂😂
BTC nuwo murikumwe ntiyatahuye icarico… buy more for the next season is coming soon
uyu muhungu arakerebutse sana kandi ari sincère muvyo avuga.
Uwo numuhimbiri ntamuntu agenda Canada ngwaveyo aj guyayata mumiziki
Aho Imana yokubaza igituma umututse gutyo wokwishura iki?
Il a la nationalité Canadienne il peut y retourner quand il veut, ne t'en fais pas.