Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Courage Jado uziko utumye twareka akazi tukorora inkwavu
Mahoro nipfuza gutangura ubworozi bw'inkwavu noronka numero za jado
Twandikire kuri Watsap tuziguhe:68013513
Courage nukuri kandi turabashimira kukuntu mwiyumviriye gushira ahabona umugambi wanyu kugira n'abandi babibonereho kwel
Cool kbs Iam very happy for you
Murakoze. Ngiyegufata. Umwanzuro. Wokworora. Ndabikunda. Cane
Bon Courage Frère Jadot kumugambi wawe, kandi Murakoze kugira umutima wukwereka abandi uwo mugambi.
Komereza ahonye homme
Wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA Watsap yacu ni:68013513
Duhe numéro ya jado
Courage. Kand merci gaciro media ibi nivyo umuntu yarakenete
Murakoze cane namwe
Bon
Homme du Changement ntaho utagera kbx. Komeza utuzanira ibiganiro. Jodo nawewahisemwo ikintu kidasanzwe Kandi uzogera kute
Uwo mumenyeshamakuru kabisa ndamukunda cane natanguye kumubona barikumwe numu mecanicien araho nawe jado komeza gusa ndipfuza kuronka num yawe
Mushobora kumwandikira mukayaga kuri Watsap :68013513
Mukomere cane abo kugaciro médias .Najewe ndumworozi w'inkwavu wo mukirundo ndipfuza akanomero ka jado.
Amahoro ngira ndayafise no mumufuk, iwanje
Basha uyo mugabo niwo
Muzamuze na Jadon
Numwana mwiza cane ari simple noguha numéro yiwe aciye bugufi cane ntaho atazogera
mung agufashe
None ko atatubariye igine achura ayo magaga ya gakwavu?
Terintambwe jado tw abajeunes tur inyumayaw twiga
Courage muhungu wacu
Jado.vyiza.caane.nanj.nipfuza.kworora.ariko.ikibazo.nicuburaro.bwazo
❤❤video nziza cane
Courage.mbe urukwavu runwa amazi anganiki kumunsi ko twakuz twumv ng runyoy amazi ruca rupfa.mb non rurya turtaux yimise irya nyen tumenyerey?
Nivyiza ko ufata akanya ukavyigishwa apana ngaha kuri Media
Jadon uzampe ubufasha ndakwinginze?
Murahoneza?Nanjye nkunda ubworozi bw, inkwavu?Ese wamfashije nkorora inkwavu se?
Turabateye intege
Ayo maganga uba wabitse,ntashobora kugeraho agapfa,cyangwa se akangirika ?
Jadon ndaryohew cane kumugambi mwiza numvis vyinsh ntarinzi mukugaburira inkwavu nanj ndavyipfuza kuzorora mundons numer ziwe
Mwubahwe cane.ndifuza kuvugana namwe kugira muzondose icororo notanguza .mbega Mu Bukeye mukorera amaja hehe?naje niyomba Mu Bukeye umutumba musumba
Andikira AGACIRO ibahuze:68013513
Thanks
Jadot naduhe numéro yiw
Mwoduha numero za jado
None azigurishahe izonkwavu twe ko twabuze isoko???
hew jew ndamukeney kwer kuko ndafise intereran kwer kuba ngah nugufashany
Turamuteye intege kandi ndabona ageze kuntambwe ikomeye non nifuza kuronka numéro yiwe mwoba mukoze
Ndabashimiy caaan jado ham tworonk numéro za jado gt ?
Nimuduhe numéro ziwe
Amahoro neza, tworonka contact zuwo mworoz i?
68013513
Bjr ndashimye ingene usiguye jewe nagomba kuzitora ndagomba kugusaba ko twobonana nokubona gute jewe MBA ngaha kigobe ariko nagomba kuzororera Ku mutakura none wompa numéro tukavugana
Abatitsi tuzi ubwenge...ningombwa ko tuba mubindi tukajya mubindi. Uzampe Numero zawe nzoguterere
68013513 (Watsap)
Uwomugambinimwizawoduhanimerozaterefoneyawe?
Ndabaramukije mwondonsa numéro ya jado
Nimuguhe numero ziwe ivyo tumwibariza
Mwaduha numéro de telephone yiwe
Courage Jado uziko utumye twareka akazi tukorora inkwavu
Mahoro nipfuza gutangura ubworozi bw'inkwavu noronka numero za jado
Twandikire kuri Watsap tuziguhe:68013513
Courage nukuri kandi turabashimira kukuntu mwiyumviriye gushira ahabona umugambi wanyu kugira n'abandi babibonereho kwel
Cool kbs Iam very happy for you
Murakoze. Ngiyegufata. Umwanzuro. Wokworora. Ndabikunda. Cane
Bon Courage Frère Jadot kumugambi wawe, kandi Murakoze kugira umutima wukwereka abandi uwo mugambi.
Komereza ahonye homme
Wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA Watsap yacu ni:68013513
Duhe numéro ya jado
Courage. Kand merci gaciro media ibi nivyo umuntu yarakenete
Murakoze cane namwe
Bon
Homme du Changement ntaho utagera kbx. Komeza utuzanira ibiganiro. Jodo nawewahisemwo ikintu kidasanzwe Kandi uzogera kute
Uwo mumenyeshamakuru kabisa ndamukunda cane natanguye kumubona barikumwe numu mecanicien araho nawe jado komeza gusa ndipfuza kuronka num yawe
Mushobora kumwandikira mukayaga kuri Watsap :68013513
Mukomere cane abo kugaciro médias .
Najewe ndumworozi w'inkwavu wo mukirundo ndipfuza akanomero ka jado.
Amahoro ngira ndayafise no mumufuk, iwanje
Basha uyo mugabo niwo
Muzamuze na Jadon
Numwana mwiza cane ari simple noguha numéro yiwe aciye bugufi cane ntaho atazogera
mung agufashe
None ko atatubariye igine achura ayo magaga ya gakwavu?
Terintambwe jado tw abajeunes tur inyumayaw twiga
Courage muhungu wacu
Jado.vyiza.caane.nanj.nipfuza.kworora.ariko.ikibazo.nicuburaro.bwazo
❤❤video nziza cane
Courage.mbe urukwavu runwa amazi anganiki kumunsi ko twakuz twumv ng runyoy amazi ruca rupfa.mb non rurya turtaux yimise irya nyen tumenyerey?
Nivyiza ko ufata akanya ukavyigishwa apana ngaha kuri Media
Jadon uzampe ubufasha ndakwinginze?
Murahoneza?
Nanjye nkunda ubworozi bw, inkwavu?
Ese wamfashije nkorora inkwavu se?