Amakuru Azindutse kuwa 13/07/2024 ITANGAZO ricura Bunyoni💄Ndikuriyo Ahaye P.Ndayishimiye icigwa gi..

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 07. 2024
  • #Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

Komentáře • 22

  • @user-yj8sy2ts4b
    @user-yj8sy2ts4b Před 23 dny

    Iman ishimwe koyatashe tumuhe igihugu yiyondagure

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn Před 25 dny +1

    None niyo nkuru yerekeye irekugwa rya Bunyoni bamureka kubesha

  • @IsaacFredy
    @IsaacFredy Před 25 dny +4

    Teranye,teranye, mwe bagashozantambara mukarere.

  • @UWIKUNDIYIMANASamson-y1t
    @UWIKUNDIYIMANASamson-y1t Před 25 dny +1

    Mureke kubesha

  • @EsperanceNsabimana
    @EsperanceNsabimana Před 25 dny +1

    Reka twiyakire gusa umuvumo uvurwa muri bibiliya mugitabo co Gusubira mu vyagezwe 28:30 - 60 nivyo vyadushikiye mu Burundi

  • @user-ry2yj7gv2v
    @user-ry2yj7gv2v Před 25 dny

    MwAbagabomwe ayomakuru
    Muyavaganububeshi
    Zamubitomoraneza
    Muravangavanga

  • @saragul2340
    @saragul2340 Před 25 dny

    none ubwo ivyo mutubwira vyukuri murazi turi muburundi nivyiza kuvuga ibintu mwatohojeje neza aho uwoja muri prison yigitega mwosanga koko bunyoni yatorotse?

  • @marcbuzoya9879
    @marcbuzoya9879 Před 24 dny

    Kabisa CZcams barakwiye kwisubirako. Harinkuru babesha. Ngo Bunyoni yarekuwe!!!

  • @JulespNdihokubwayo
    @JulespNdihokubwayo Před 24 dny

    Kurota kumutaga

  • @user-uo8jx9en8v
    @user-uo8jx9en8v Před 25 dny

    Soyez cathorique svp reka guteranya abavukana,sabba uburunguzi buhezagiye Yezu Cchristu ka di azobikora n'ummuhazu mwiiiza cane ubutwari bwose buva ku Mana apana ku bantu.Dusenge cane tutiziganya Yezu ari ku Ngoma

  • @NkurikiyimanaFidele-h6q

    Ivyo nukuri

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6t Před 25 dny

    Numvabikazeda Imana ko yategetse kumugabo ariwemutwe none umugore ubwobubasha yabahawe nande Mana duhekwubaha abagabo no Bibiliya ibidusaba😢

  • @MikeNdayi
    @MikeNdayi Před 22 dny

    Uragakoma nyoko
    Ugurisha urusako

  • @harerimanantahompagaze9921

    Mwebwe amakuru muvuga muyakurahehe? Ko muri ababeshi? Canke mukorera leta yaba dd?

  • @FABIOLADUSENGE
    @FABIOLADUSENGE Před 25 dny

    Urumupagani mpa numero zuyo avugayomakuru icondamubwira vyogufasha

  • @jacksonrjackson6979
    @jacksonrjackson6979 Před 25 dny +1

    Ariko abarundi mwabaye ibigwali? Huyo ndaishimiye alishaga washinda kumtoa

  • @imvuratv5412
    @imvuratv5412 Před 25 dny

    Ndi Kigali mu Rwanda nkunda ibiganiro byanyu ariko muburundi mwitonde kuko ndabona bitoroshye