Amina cane ! Shimwa Data kuvyo Umaze kudukorera vyose ! Turakweretse kandi n abo satani akoresha kugwanya ibikorwa vyawe n abakozi bawe b ukuri, Ubagendere Data aho bari hose ,bihane vyukuri bareke kugwana na We kuko batazogushobora , mw Izina rya Yesu Kristo, Amina
Shalom shalom.Ego satani ntako adakora ngo aburizemwo igikogwa ca Ndiho.ariko Uwutegeka ibihe ni we nyene ibihe.Ico yatanguje niwe agisozera.Ego twaranezerewe nico Imana yakoresheje Son serviteur Chris .Que le nom de Dieu soit magnifié au nom puissant de Jésus .Amen
Amina cane Turizeye ko Ndiho Ari We Yatanguye uyu murimo kandi ko ari We Azowusozera . Tumusaba vyukuri ngo Awurwanirire kuko uraduhezagira, uradufasha cane
Yezu ndasabiye umugisha aba bipfuza ibibondo ubahezagize uruvyaro nabo bishime uzob ukoze ndaz kur Imana itanga vyose mbisavy nizeye kuzobagirira neza amen
Amen mana ahugenderera muguha abandi abana nanje ntunsige umpe umwana nkomeje ukwizera
Irakwumva ukomez kuyizigira🙌
Bavandimwe bakanguka ndabasaba munsegere imana impe
Imbaraga zogusenga impindurire nubuzima burangoye cyane ndaremerewe nubuzima
Amena ndafashijwe
Imana ibandanye iduhezagirira umukozi w’Imana, umuryango wiwe, abashinga intahe n’abafasha uko bashoboye kose ngo dukurikirane aya masengesho.
Imana ibane Namwe.
Shalom.
Amina cane !
Shimwa Data kuvyo Umaze kudukorera vyose !
Turakweretse kandi n abo satani akoresha kugwanya ibikorwa vyawe n abakozi bawe b ukuri, Ubagendere Data aho bari hose ,bihane vyukuri bareke kugwana na We kuko batazogushobora , mw Izina rya Yesu Kristo, Amina
Mana Data ndagusaba umpe urubyaro ndakwizeye yezu ndakwizeye mpa kuba umubyeyi wishimye nyubakira urugo mubyeyi ntabara ndakwiginze kd ndakwizeye
Amen amen icubahiro kibe ic IMANA halelua🙏
Twasab haricipfuzo twipfuje abavyey ntibaremer twasab ko mwodusabir Amen
Ur NDIHO,uri ADONAI Ur Iman yurukundo uri mugiraneza DATA Ur munyabuntuu😭🙌🏾🙌🏾🙌🏾urabereye gushimirwa DATa habw icubahiro🙇🏾♀️🙇🏾♀️urabereye gufukamirwa YESU niwewe gusaa 🙌🏾🥺🙌🏾Sinzi ngo nkwitende gusa wewe wakoze biriya n'a vyabindi vyose nibi ndiko numvisha namatwi yanj ndagushimiye bivuy ibwina murinje ndagushimiye MWAMI wanje birakubereye kandi nzi neza ntakekeranya nabiriya nsengera navyabindi biri murijewe bimbabaza bikampangayikisha,nazangwara zananiranye nzi neza KO zizokira zose kandi vuba ndizeye neza KO nzoshinga intahe ntakekeranya KO wabikoze neza,ndagushimiye ndanagusaba ahugendera abandi nanje ntunsige 🙇🏾♀️🙇🏾♀️ungirire neza MWAMi kubitarakoreka amen
Hallelujah 🙌🙌 Hallelujah habwa umugishaaaa Mukozi w'Imana 🎉🎉🎉🎉🎉
Mana ndakiriye inyishu yimitwaro yanje nabandi bakwizeye ubagirire neza muri vyoose AMEN
Amen Amen Amen 🙏🙏🙏❤❤❤
Mukama Yezu tutaranagusab ubamaz kubon ibidukwiy nibituberey turagusavy Mukama ishak ryaw riranguk mur twebw Amen
Amasengesho umukozi w'Imana asenga azekunkorer nubwo atomvuga kuk Yesu Kristo uberahose icarimwe ndakiriye gukira irijoro nogusinzira neza mumubiriwose
Ameeen allélua hezagigwa cane mukozi w'Imana nzima
Sharom nimufashe amasengesho njye musazanjye ararway umwaka uraheze ndabingize mumusengere Amena
Mana, uko ugenderera abandi, nanjye unyibuke Mana yanjye, umutwe, nwumaranye imyaka irenga ibiri, njya kwa muganga bakabura ingwara, kandi umutwe uranjya, cyane mana yanjye Murenyi wa byose, munda karokerwa hakanrya, ni wowe Mana ishoboye ibyo abantu babona ko bikomeye, nkwishize imbere, mwizina rya yesu, amena!!.
Muraho bavandimwe bo muri kanguka amahoro yimana nabane namwe ndabasabako mwasejyera fiticyibazo cyinyatsi ntacyonkorango cyemere mwanyijyijyira Imana ikankuraho izonyatsi mbega nibyishi musabire ku mana
Yesu ndakwiringiye murikigitondo ubwugenderera abandi nanjye ntunsige.
Amen Amen 🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌
Mana turi mubiganza vyaw niw uzi ingen ubigenza turakwizey,Amen!!!
Hallelujah Mana icubahiro nicawe ibihe vyose❤
Mana yanjye ndagusabye unyongerere ukwamera kuko niho hari urufunguzo rwo gukira.
Mana nyiza munda na affection zirajya cyane Mana nzagushima ninyira
Imana igukomez kino gikorwa😂😂kimaz gtabar bensh shalom
Seigneur Jésus touche -moi pour me guider
Amen amen ndabakunda cyane pastor musengere rwose imana induhe umwana nakazi amen
Amen amen nanje imana impindurire azina
Amen imana ibampere umugisha
Amena 🙏🙏 mana umpeamena gukiriea mukanguka🖐️🖐️🖐️🖐️
Muzaduhe intahe mwata
Nguriyeho mutangiye
Kanguka murakoze
Urakoze muvandimwe kudusengera
Shalom shalom muzotegur muzoze igitega naho kuvug ubutumw turabanyotew amen
Nanjye ndizeyeko nzakira sinzareka kanguka Iman irahari
Shalume naumba munisaindiye maombivitu vinanitembiya mwilini
Thank you so much Jesus
Yesu abaheinkomezi🙏🙏🙏
God bless you 🙏
Mana niwaha abana abandi nanje ntunyibagir niw nizey nzogushingirintahe😢😢
Iman ishimwe ndagukunda ibanzakubona hehe
Nakiriye gukira no gukizwa Amen
God bless you
Nyagasani uko ugenderera abandi nanjye ntunsige❤
Ntunceho Mwami nanjye usubize ibibazo byanjye🙌🙌🙌🙌
Amen Amen Amen 🙌
Munsengere nanje nkire ingwara ya helpes ndayirwaye imyaka 25😢ntamuti ntafashe ariko gukira wapi kwamuganga idakira ngo ni virus ifata kugihimba cirondoka ndabinginze benedata mumfashe gusenga muhezagirwe🙏🙏🙏❤
Yesu akwishure mwizina ryiwe ryububasha AMEN
Imana ichimwe kumirimo idukorera umwigicha imana imuhe umugicha hareruy❤
Shimwa Mana kumurimo uriko urakora habwa icubahiro hezagira abakozi bawe nababashigikira bose🙏
Amen nakiriye gukira Merci seigneur
Thank you God 🙏
Nanje ndizeye kvumuns umwe nzogenderw n,Imana nkakira
Yesu Nyiribambe ,Nyirimbabazi dukize,dutabare,Amen❤🙏
Manawee muruyumunsi ndimbereyawe ndindiriye igisubizocanjye unkize uburwayi abagangabavugako bukomeye budapfagukira arikoniwentezeho ubutabazi ubuvuzi buzima❤
Uwutabajwe uhoraho aratabarwa ,amen amen
Amen amen 🙏
Amen amen 🎉🎉🎉
Amen Mana ndakiriye igitangaza zugukira no kuronka umwana Kuko urashoboye gukiza imgwara nyishi zananiranye nanje ndizeye kushoboye kunteturura ukampa umwana wongere unkize ingwara inturira mumugongo no Munda Amen
Amen Amen Amen
Imana ibaheumugisha
God is Good
Amen ububashabwawe mana🙏🙏🙏🙏
Ameen🙏
Amen Amen 🙏🏼
Ameeeeen🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ameeen
Amenn
Mana ngushimiyeko ukomeze kutwiho mubushake bwawe . Amen 🙏
Mana nanj ndakwinginze niya aringwara irimuruyu mugongo ifatir mumaraso ndakwingize uyisohore nibyaba arbiters vyabarozi cank abazimu bifise amatwi birumva ubisohoro bisubire iyovyaje biva umugongo wanj ukire burundi kuk kubwimivyimba yaw Yesu Kristo twarakize ingwara zoooze waravungo tuze tuduseng twinginga nanj ikikintu kigendagend mumugongo ugisohore ubituriri uturimbi twose abansi banshingiye ubuturire ubusangangure kubwumuriro namaraso ya Yesu Kristo w'Inazaleti irijoro numve impinduk muruyu mubiri wanje
Amen Amen
AMEN Amen
Amen amen
Shalom shalom.Ego satani ntako adakora ngo aburizemwo igikogwa ca Ndiho.ariko Uwutegeka ibihe ni we nyene ibihe.Ico yatanguje niwe agisozera.Ego twaranezerewe nico Imana yakoresheje Son serviteur Chris .Que le nom de Dieu soit magnifié au nom puissant de Jésus .Amen
Amina cane
Turizeye ko Ndiho Ari We Yatanguye uyu murimo kandi ko ari We Azowusozera . Tumusaba vyukuri ngo Awurwanirire kuko uraduhezagira, uradufasha cane
Amen ❤
Amen 🙏🙏🙏🙏
Nuk7ri ndayishimye🖐️🖐️🖐️🖐️
Amen 🙏🙏
Amen 🙏
Amina Imana ishimwe
KWIZERA Adélaïde mwami yesu ukowakijije abandi ndizeye neza kuzonkiza kumenekumutwe mwizina ryayesu
Mwami yesu ndizeye kunkijijenanje
Uwiteka ndamusabye anyishyurire amadeni munsabire
Amen
Uwiteka akomeze akwagure
Amen Amen 🙏 🙌
Mana ndagusaba unkure mugasuzuguro ka penina mukumpa nanje kwitwa mama uzoba ukoze caneeeee
Mwaramutse kanguka turi mu Rwanda muasbire kand imana ibarinde na kirissi ndikumana
urakoze Mana kutubohora
Data njimbere yaw ahugender abandi nanj ntusige ndizeye ntakekerany konanj ugir untabare unkize amen
Mana nange ndagushi miye kowabanye nange mubikomeye nugenderera abandi nange ntunsige narengeje igihe cyokubyara ukomeze kubana nange
Amena
Mama uko ugenderera abandi najye ntusige umpe kubyara impanga najye nzavuga ineza yawe mana
amen
MANA ya Brahamu ndakwinginze ukukiza abandi nanjye unyize umbohorere abavandimwe udukize imigozi mibi yakarande mbigusabye mwizina rya YEZU
Amen
Ego mana nanje uyumusi unkoreko umpe gusama nanj mvyare umwana muzima ..uhagarike Ama avortement.,..maze gusama inda zitanu ariko ntamwanya numwe mfise.,..MPa kuba umuvyeyi mana...umutima wanje wuzuy agahinda....imyaka itanu iraheze nubatse atakibondo mfise...niwewe rero mana wokumpa guheka....amen
Amene
Mana iyonsenz burigihe ndishugwa nuyumusi ndakweretse gusenga kwanje
Icyubahiro ni icyawe Mana
Mana nkiza nzatanga intahe
Mana ndagusavy Aho ugenderera abandi nanje ntusige,ndizey kubona igitangaza musazanje arwaye amatwi yakire gukira
Mana uko ugender abandi nanje unyibuke mana yanje nzogushingirintahe😢
Mana urakoze